INDOTO PART 3 FULL MOVIE BURUNDI/RWANDA/TANZANIA/UGANDA/KENYA/SUDAN/CONGO,EAC MOVIES COMPANY

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 25 ส.ค. 2024
  • INTAMBARA TURWANA SIZO MU BURYO BW'UMUBIRI GUSA HARI IMANA ITUGWANIRIRA TUTABIZI WOBA WARACIYE MUBIBAZO UGASANGA BIRARANGIYE UTABIZI? KURIKIRANA IYI FILM INDOTO IGICE 3 ARIKO KUGIRA UGITAHURE NEZA KURIKIRANA IGICE CA 1 NI 2 UCA UYITAHURA NEZA
    NDABATUMIYE MUZIRABE KURI YOU TUBE YA HOMEWOOD TV, NDABASAVYE MU CUBAHIRO CANYU MU PARTAGER IYI LINK ATA NZIGO MUBISHIZEMWO KUGIRA IHINDURE IMITIMA YABENSHI.
    DUKUNDE IVY'IWACU
    DUSHIGIKIRE IVY'IWACU
    DUTEZIMBERE IVY'IWACU

ความคิดเห็น • 71

  • @ndayishimiyeemilienne3592
    @ndayishimiyeemilienne3592 ปีที่แล้ว +2

    Murashoboye pe ntanumwe angana namwe mu burundi uwuvyemera ampe like

  • @fistonndabirinde4endgame4091
    @fistonndabirinde4endgame4091 ปีที่แล้ว +1

    Bebe uranyemeje wanje wirambire kuko urabishoboye vrmnt agashimwe mubakinyi ba bagore uragakwiriye vrmnt ❤ ❤❤❤❤

  • @itangishakadine9384
    @itangishakadine9384 ปีที่แล้ว +3

    Kimoko prefer vrmt big up yemwee

  • @Cycy129
    @Cycy129 ปีที่แล้ว +1

    Aboturwana sabinyama namaraso ariko turwana nimwuka mibi isomo dyiza cyane Ndiho abahezagire canee 🔥

  • @chacha9874
    @chacha9874 ปีที่แล้ว +1

    Indoto mukomeze twimanukire 🔥🔥

  • @sssccc3987
    @sssccc3987 ปีที่แล้ว +1

    Good kazi nzuri sana kabisa

  • @uweralionnel7262
    @uweralionnel7262 ปีที่แล้ว +1

    Indoto niyambere vrmnt muga Mugabanye aga cerer vrmnt muratwicisha akanyota kugira turonke ikindi gice

  • @vestineirankunda8102
    @vestineirankunda8102 ปีที่แล้ว +3

    Pls abantu mwakunze iy firme mumpe ako labor💕💕

  • @ggfwtgg1652
    @ggfwtgg1652 ปีที่แล้ว +3

    Indoto welcome twari tubakumbuye congratulations mubikora neza ❤❤

  • @fisteenfisteen5767
    @fisteenfisteen5767 ปีที่แล้ว +8

    Abaza inyuma yanje munsigire link basha ubundi dutwike n'indoto hashe koko😂😂😂

  • @ndayisengalydwine8939
    @ndayisengalydwine8939 ปีที่แล้ว +1

    Love from to much 🙏🙏🙏🙏🌹🌹🌹🌹🌹💖💖💖💖👍👍👍👍

  • @drfenaann7863
    @drfenaann7863 ปีที่แล้ว +1

    Mwubahwe kabisa

  • @alexisbishaka335
    @alexisbishaka335 ปีที่แล้ว +1

    Indoto mwubahwe ❤💥💥 courage vraiment

  • @nostressfreedom8615
    @nostressfreedom8615 ปีที่แล้ว +1

    Mbega film iteyubwoba 😩😩😩😩😩😩🏃🏽‍♀️🏃🏽‍♀️🏃🏽‍♀️🏃🏽‍♀️

  • @ericnduwimana9766
    @ericnduwimana9766 ปีที่แล้ว +1

    My Natasha ndamukunda

  • @randaal1695
    @randaal1695 ปีที่แล้ว +3

    Cauraje turikumweeee👏👏👏👏👏👏❤❤❤❤❤❤❤👏❤

  • @Chanyqueen
    @Chanyqueen ปีที่แล้ว +1

    Yoooo mana weee,umanika agatu wicaye mukukamanura ugahaguruka

  • @deborahofficial6154
    @deborahofficial6154 ปีที่แล้ว +2

    Nari ndayikumbuye nukuri

  • @sososoryne3261
    @sososoryne3261 ปีที่แล้ว +1

    Courage 🔥🔥🔥🙏🥰

  • @MariamMariam-jq4gx
    @MariamMariam-jq4gx ปีที่แล้ว +1

    Mwubahwe

  • @user-sn4tj6qh3f
    @user-sn4tj6qh3f 8 หลายเดือนก่อน

    ❤❤making neza

  • @bonteDivinendikumana3836
    @bonteDivinendikumana3836 ปีที่แล้ว

    Iyi film ndayifana ingorane murayitevya cane

  • @meddynshimirimana5626
    @meddynshimirimana5626 ปีที่แล้ว +4

    Vrma....respect

  • @user-sn4tj6qh3f
    @user-sn4tj6qh3f 8 หลายเดือนก่อน

    Muduhe ikindi gice turabakunda

  • @zainabzainab9803
    @zainabzainab9803 ปีที่แล้ว +1

    Nic abantu bifuza nivyo bararaba ingene bimeze

  • @nshimirimanajeanne2261
    @nshimirimanajeanne2261 ปีที่แล้ว +1

    Indoto welcome again twaritubakumbuy ariko rero kutwima bibi zamunyarutsa ndabakunda caaaaaaaane

  • @hakizimanaleonard635
    @hakizimanaleonard635 ปีที่แล้ว +1

    Waoo

  • @dushimeines4221
    @dushimeines4221 ปีที่แล้ว +1

    Waaooo respect my people 🤙🤙🤙courage kndi mushishikare kuturyohera

  • @kamarizaclaudine5426
    @kamarizaclaudine5426 ปีที่แล้ว +1

    Mukomerezeho nisaw kwl

  • @prospertv9090
    @prospertv9090 ปีที่แล้ว +3

    gracias por tu película indoto, es una película que enseña una lección.

  • @fefavzw4127
    @fefavzw4127 ปีที่แล้ว +3

    Félicitation 👍👍👍
    Suis fière de vous 🙏🙏😘😘

  • @mimimireille2573
    @mimimireille2573 ปีที่แล้ว +1

    Ayayayayayayayayayayayyayayyayy mbega mbega mbega film we ❤❤❤❤

  • @Berrywhitee-Burundi
    @Berrywhitee-Burundi ปีที่แล้ว +1

    Mutama kimoko#GOOD JOB. NA team yawe

  • @rachellenshimirimana6968
    @rachellenshimirimana6968 ปีที่แล้ว +1

    Mbega film iryoshe♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️

  • @amedeemanirakiza9201
    @amedeemanirakiza9201 ปีที่แล้ว +1

    Film indoto hejuru cane

  • @user-bv7oh5xb6g
    @user-bv7oh5xb6g 11 หลายเดือนก่อน +1

    Akandi

  • @nshimirimanajeanne2261
    @nshimirimanajeanne2261 ปีที่แล้ว +1

    Ewe bahebiyake uranteyubwoba kumbe nawe urimumuryango ahahaahhahahha kimoko ntimuzomushobora yarakiriyagakiza

  • @fefavzw4127
    @fefavzw4127 ปีที่แล้ว +1

    Komera kumuheto. 👍👍👍

  • @zalyzayi5667
    @zalyzayi5667 ปีที่แล้ว +1

    Courage naho mwayitebany

  • @ndoro257
    @ndoro257 ปีที่แล้ว +1

    Mwubahwee mbay Umamberee mubikora neza

  • @beolinekaneza7965
    @beolinekaneza7965 ปีที่แล้ว +1

    Courage ndabakunda

  • @komlaakomlaa7465
    @komlaakomlaa7465 ปีที่แล้ว +1

    Komera Mutama kimoko turinyuma yawe

  • @mechacknkurunziza5803
    @mechacknkurunziza5803 ปีที่แล้ว +2

    Uwo mu fundi yandits iyo subtile mumpuze naw arakaz
    Hama vrt iyo film muburundi niyo yamber ikozwe muri ubwo buhinga bwa 3D bikemeraaa

  • @barakatv2575
    @barakatv2575 ปีที่แล้ว +1

    Much love from Baraka TV +257

  • @niyoyankunzedesiredesire2363
    @niyoyankunzedesiredesire2363 ปีที่แล้ว +1

    Abantu Beshi nuko batwaw nivyisi ariko inzira yagakiza naho igoye ishikana mwijuru kandi tuzoshumbushw tukiraha mwisi nomwijuru hari ingororan duhe ikindi gice

  • @faustintwagirayezu5530
    @faustintwagirayezu5530 ปีที่แล้ว +1

    Good film🇧🇮

  • @inyishumedia
    @inyishumedia ปีที่แล้ว

    Ooooh ireresi igezweho

  • @juckelniyo1200
    @juckelniyo1200 ปีที่แล้ว +2

    🔥🔥🔥

  • @impanovideoz632
    @impanovideoz632 ปีที่แล้ว +1

    Tubandanye nama partage (share) kugirango ishikire benshi

  • @impanovideoz632
    @impanovideoz632 ปีที่แล้ว +1

    Film nziza

  • @habibi5688
    @habibi5688 ปีที่แล้ว +1

    Bahe ng ntiwoza kuba ruguru?😂😂😂😂bury we uranyica,maïsha anabadilika😔😔rek kumugerageza kimoko ngumuha zamaterefone,non ko wanka kwabanza kuyasengera Ayo mahera watiny'iki?😂😂😂, courage 🥰🥰🇧🇮🇧🇮

  • @habibi5688
    @habibi5688 ปีที่แล้ว +2

    🥰🥰🥰

  • @mbonihankuyesylvere1994
    @mbonihankuyesylvere1994 2 หลายเดือนก่อน

    😂😂😂😂Gusa ntabeshe haramasura mbona wogira yaremewe kuba ayashetani

  • @nduwimanadiane3609
    @nduwimanadiane3609 ปีที่แล้ว +1

    Ndakubona muzehe kimoko kabisa murashoboye

  • @jeanettekamariza8793
    @jeanettekamariza8793 ปีที่แล้ว

    Lutunyarukirize

  • @nduwayoyvette
    @nduwayoyvette ปีที่แล้ว +1

    good

  • @MariSirive
    @MariSirive 3 หลายเดือนก่อน

    Komutanduha 4

  • @nijimbereaimable9947
    @nijimbereaimable9947 ปีที่แล้ว +1

    kbsa

  • @tuyishimirejeanpierre3279
    @tuyishimirejeanpierre3279 9 หลายเดือนก่อน

    Muduhe 4 kwl turiyikumbuye

  • @diamantburundifilms6790
    @diamantburundifilms6790 ปีที่แล้ว +2

    Numva nyn mbuze ICO novuga .kimw tu mwubahw muhabw ibibakwiye.aga FILM kimyaka 10.ikidali cambere nij nzogitanga.

  • @amilina86
    @amilina86 ปีที่แล้ว +1

    🔥🔥👌👌

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv3976 ปีที่แล้ว +1

    Diamant, Jaa, KLyan Kibutura 🤣🤣🤣

  • @annabellaakimanamurengeran9927
    @annabellaakimanamurengeran9927 ปีที่แล้ว +1

    Kimoko nukwiga kuvuga mw'izina rya yesu

  • @jimmykurugendo9417
    @jimmykurugendo9417 ปีที่แล้ว +1

    ❤️❤️❤️❤️

  • @niyinkijijepasteur963
    @niyinkijijepasteur963 ปีที่แล้ว +1

    Neuza, ariko muzoduh na part4