Well done ladies 👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿 Haters will be haters no matter what. Stay focused on your goals. Improve with each event & give them something to talk about 😉🫡👨🏾✈️
Gretta&Hosy Big up sana, Event twarayikunze mwatumiye abavyeyi bacu, mutumira n'abakurambere. Ikindi kuba hariho uburyo bwo kuriha online navyo nyene ndabibashimiye. Courage nizeyeko iciyumviro co gutunganya OME muri summer aba diaspora benshi bari muma vacances catanzwe na benshi mwacumvise. Much Love, God Bless you
Gretta ndamuzi kuri lycée notre dame de la joie mu ruyigi uwo kuma événement yokwica😅no kwi xchl yarategure show ziyobeye ama club tukaza gutamba twanarishe😅arazi ubwenge fo uyo😅courage mazee ❤️🇧🇮🔥
👏🏾👏🏾 great job ladies!! Nukwiha agaciro mugaha agaciro na hard work yanyu!! 👏🏾👏🏾 jw ni iryambere numvis ngo umuntu yinjira for free Hama akavyita “support” hahahha atari gutwara ibibanza sintahura how atari guhombesha tu!
Gretta, Nova na Hosy mwakoze neza cane old music event yari amateka,mugume mutera imbere abavuga naba contre- succès.Iyo événement itegurwa ababa bashaka kuronka umuco bobaza kare hako baza gutesha umwanya abantu, follow form🇨🇦
Gretta urasa neza kndi tu dois être une femme courageuse et forte komerezaho.Hosy naw urasa neza ariko uraberwa cane iyo wisize aka rouge au lèvre ka rouge sang❤❤ubutesa sanaaaa
Coucou, 3 semaines? Marakaze sana. Encore une fois bravo et merci beaucoup pour votre boulot de titans. Les artistes ont étaient incroyables. Des bises de la suisse
Imana iyo itanze iyerekwa,irariherekeza. Abantu surtout nous les Burundais turakunda gupfuhira abandi kibikogwa vyiza babariko barakora,surtout hoho,il y a une réussite dans ce projet. Nimubareke bavuge,Hama namwe mukomeze ibikogwa Mme Gretta,et Hosy.
vraiment mes filles courage. événements nka zirya muzozirwize kuko zifise trois leçons : d'abord indririmbo za kera ziraryohera amatwi ya bantu Bose, i mean toute generation , ensuite bizokosora quelques erreurs comportementales méthodiques et réactionnelles zabaririmvyi bubu, enfin bizokuza umuziki ndundi encore biwuhe akanovera nishusho nziza mumahanga .
Les chiens aboient................................. Ou laissez les contre-succès braire. Carry on girls, don't mind those bla-bla-bla. Cela dit, Irya event yari top. Nararize pe kubera Nostalgie. Gretta, umbwirire Inès et son équipe, uti mwarakoze cane mu gutsiiiba autour de Rose. Intatana burya ndi umufan kuva bakiri kumwe n'abagumyabanga.
Nkahamwe mwombwira ko muriko mwishura Simbizi kuvyo yavuze mwombabaza. félicitations kwanza mwakoze igikorwa kizima, courage. Hama Rekana na Simbizi vmnt urya ntimuri kuri niveau imwe.
Hallllooo!!! Reka ndabagire inama bavyeyi beza!! Umuntu yipfuza gutera imbere no kubana n'abandi neza yumvira impanuro ahawe , kabone nubwo zoba zitaryoheye amatwi yiwe. Muriko mukorehsa umwanya munini mwisigura mu bidakenewe, ariko the real point mukayisimba. Mukayirengangiza hama mugaca mwongerako excuses kugira ngo mwambike isura nziza ivyo mwakoze. People know you, kandi baremera ibikorwa vyanyu vyiza, ariko this time mwari kwakira the critics babahaye kuri irya event ahubwo mukabikorerako next time. Iyo point nyene muriko murikausha make sens, ariko muriko muyiraba imirazi nkaho mutayumva, simwe ba mbere muteguye event rero kwumvira impanuro zabandi ni vyiza. Instead mwahisemwo kwisigura vyinshi ari navyo bica bijamwo gushira isoni bitari bikenewe kubera hari abantu mubereye akarorero! So be careful, iyo muza kwi excusa basi to cut it short ntaco vyari kubatwara if not naho mukirinda amajambo atabereye surtout ku babasumba. Reka ndagize ndabibutsa Ijambo Washington Denzel yambwiy Will smith umusi uraho: "At your highest moment, be careful, that’s when the devil comes for you’,”. Murarabe neza ko Devil atariko arabazako, kuko the same people mubona bariko babatera amanyama ubu ninabo bazogaruka kubashungera. ✌️. Be careful!!! 😮
HOSY NA GREEE reka kuba munisigura ibikorwa nivyo bivuga kuva ryari presence y umuntu ari support ata invitation afise? iyoba presence yiw yari support nkuko abibona mwari kuba mwamutumiye namwebwe .... aba ba critika nibamw bavuga ko gospel events ziba zikwiy kuba za gusa alors k umu artist naw ataco bamuha kwa gusa ... shame on them la jalousie va les tuer.....
Q'est_ce que tu est en train de faire!!! Quel français ??? Murashishe mwashizemwo ubwibone bwishi. Hosy mpora ndagukunda ariko ndakwase cane. Ibwitonzi c très important
Well done ladies 👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿 Haters will be haters no matter what. Stay focused on your goals. Improve with each event & give them something to talk about 😉🫡👨🏾✈️
Bashaka kwinjira batarishe birya navyo mwakoreshe ntimwarishe !!
Basha ivyomusigura vyose muriko mwigora kuko umuntu yunvise indirimbo mutama yaturirimbiye ngo ahakwisi ningorane harimwo inyishu yumuntu uwariwe wese ntawushimisha bose abavyunva baravyunva abatavyunva nabo barahari ntacomwokora ngo babitahure nahomwomara imisi myinshi mubasigurira
Babwire uti uwo bitaryoheye yiyahure
Félicitations kugikorwa ciza mwakoze pe. vyari bishimishije kubona abantu twakuze twumva indirimbo zabo tutabazi. jewe benshi nukuri narinziko bapfuye 😢
Hosy❤Gege❤babandekere🎉courage caneee
yewe yewee... kuba umu entrepreneur mu Burundi ndumva sicoroshe. mukomerez'aho peee
muze murazimya ibirofa ababasubiza inyuma mubegeze kure cane courage femmes fortes .
abasanunziii le 8 mars murakwiy akantu shn strong women tumenyan
Courage ahubwo mukomeze vyari biryoshe hama ni babe biyubaha bongere bubahirize igikorwa kiba cashowemo imitahe ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nasanze muriki gihugu cacu harabantu bishwe nishari mwe nimwinumire hama mukore❤❤
Nukuri bravo pour ce magnifique évènement kandi twizeye ko ce n'est que le début!
Gretta&Hosy Big up sana, Event twarayikunze mwatumiye abavyeyi bacu, mutumira n'abakurambere. Ikindi kuba hariho uburyo bwo kuriha online navyo nyene ndabibashimiye.
Courage nizeyeko iciyumviro co gutunganya OME muri summer aba diaspora benshi bari muma vacances catanzwe na benshi mwacumvise.
Much Love, God Bless you
Babwire babe biyubaha.wiyubaha kirazira kuja ahantu utatumiwe.ikindi naco akazi nakazi ahashizwemwo imitahe numwanya kirazira kuja kuhafyinira.simbizi na paci nabandi bavyumv.hama ibindi courage ikiganiro cari kiryoshe
Live, ntayo twamenye. Prochainement, muzobitumenyeshe kare. Tumenye naho tuyisanga.
Hosy et Gretta❤❤❤coup de chapeau vrema
Gretta ndamuzi kuri lycée notre dame de la joie mu ruyigi uwo kuma événement yokwica😅no kwi xchl yarategure show ziyobeye ama club tukaza gutamba twanarishe😅arazi ubwenge fo uyo😅courage mazee ❤️🇧🇮🔥
Hosy na Gretha ntitaye kuvyo bavuga nivyo bazovuga ; komera, tera imbere, bandanya abavuga nabo nibakore barenze ivyo mwakoze bagabanye amajambo, ntawuvuga akora, ariko wokora hanyuma ukavuga. Kuri mwebwe komera k'umuheto erega ibiti birere nivyo bihura m'imiyaga ikomeye. courage
Courage di Gretta na grp yawe mwakoze ibintu vyiza cane kand imbere ni heza cane❤❤❤
Icondabasabira kumana satani ntaze abinjiremwo ngo ubugenzi bwanyu mufitaniy ngo buhere kuk biraryoshe musenyera kumugozi umwe nda❤
Nukuri bravo bravo 1000000fois nukuri imana ibahezagire cane mwakoze vyiza cane 👌💃🍾🥂❤️🥰
Murampimbara beautiful ladies ❤❤❤❤ keep shinning.
👏🏾👏🏾 great job ladies!! Nukwiha agaciro mugaha agaciro na hard work yanyu!! 👏🏾👏🏾 jw ni iryambere numvis ngo umuntu yinjira for free Hama akavyita “support” hahahha atari gutwara ibibanza sintahura how atari guhombesha tu!
None ko NDABAKUNDA ❤️ cane bandugu 🫂♥️🤞🔏🥰
Congratulation twese twararyohew kubikorw mwakoze🎉🎉
Ooooooohhh nsinabimenye ko hariho live🥺🥺courage kandi kabisa🎉
Gretta, Nova na Hosy mwakoze neza cane old music event yari amateka,mugume mutera imbere abavuga naba contre- succès.Iyo événement itegurwa ababa bashaka kuronka umuco bobaza kare hako baza gutesha umwanya abantu, follow form🇨🇦
Courage hosy na gretta mwakoze ikintu ciza
Franck sécurité.akwiye gushimigwa,nka jewe narijejwe Sécurité murico giteramo,
Narabanyeko yabikoze kubera ari Passion.kuko twakoranye neza muri OME.
Hama nkuko Mme Gretta abivuze,nugukora ikintu cose avec Passion.
Ndabakeje caane gose, hama abantu nukuvuga nivyo vyabo ntimubihe umwanya mwoca musaza ejo. Naho muzoba mugira muje mw Ijuru bazovuga. Courage🙏🙏🙏🙏🙏👍
Mukomeze mukore cnee avabavuga baba bbatera intege.courage iki nigihe cogukora cnee
Bravo kuri maman Kaïs na Dada Hosy kuri événement nziza mwateguye.reka abavuga bavuge
Courage Hosy na Gretta mwarokeze gutegura igiteramo nkakirya. Mwarakoze cane. Merci bcp
Courage mes dames.mukomez gutegura ibiteramwo
I like the way u're❤from linox turabakunda mazee🥰😘
Hari abantu bama bibaza ko ivyo batakoze atabandi babikora😊
Gretta urasa neza kndi tu dois être une femme courageuse et forte komerezaho.Hosy naw urasa neza ariko uraberwa cane iyo wisize aka rouge au lèvre ka rouge sang❤❤ubutesa sanaaaa
Gretta uraberewe vraiment
Mwarakoze cane kugira aka idée kokuryohera abavyeyi bacu
Bravo Bravo 🎉🎉🎉🎉🎉🎉 vraiment 🙌🏽
Coucou, 3 semaines? Marakaze sana. Encore une fois bravo et merci beaucoup pour votre boulot de titans. Les artistes ont étaient incroyables.
Des bises de la suisse
Imana iyo itanze iyerekwa,irariherekeza.
Abantu surtout nous les Burundais turakunda gupfuhira abandi kibikogwa vyiza babariko barakora,surtout hoho,il y a une réussite dans ce projet.
Nimubareke bavuge,Hama namwe mukomeze ibikogwa Mme Gretta,et Hosy.
Mwiriw neza nukuri vyangeze neza cane gose nukuri muhezagigwe ❤❤❤❤
J'apprécie vraiment votre bravour🎉🎉les femmes fortes 🤗
Mr Nova, ndakwemera coup de chapeau pour la réussite de l'événement. May God bless your deeds.
Mbaye uwakabiri amashurwe yanje
J ndashimiy Gretha na Hosy ,hama j ndakurikirana ibiganiro vya you tube harabantu bintashima ariko bari ahubwo mutegure nibindi biteramo nkivyo twararyohew cane nabo bantu bakera mwatumiy.courage turabatey integ
Bravooo les Dames❤ 👏👏👏 Nukur ntako mutagira vraiment Vous êtes Courageuse 😍
Ndabashimiye de plus ubundi amajambo aba mensh iyo ibintu vyaryoshe
Mwarakoze neza basha bareke kubaca intege
Ndabateye intege kubikogwa mukora burimusi Hosy na Gretta 👊👊
Abantu Agikunda Ibintu vyo kubuntu nibo bazotuma tudaterimbere
Je numva atakosa ririmwo kuko niyo witavy mumanz za vip bagusab invitation atayufis ntiwinjira.nn wumv yaraj gufashiki?nibabakurek urwamo sha.mwikorer maz Imana ibibemwo
vraiment mes filles courage. événements nka zirya muzozirwize kuko zifise trois leçons : d'abord indririmbo za kera ziraryohera amatwi ya bantu Bose, i mean toute generation , ensuite bizokosora quelques erreurs comportementales méthodiques et réactionnelles zabaririmvyi bubu, enfin bizokuza umuziki ndundi encore biwuhe akanovera nishusho nziza mumahanga .
Bavuga bareka siren vibes na family yayo ntakubareka nitwe tuzi valeur zanyu
Les femmes fortes💪ndabakurikirana caneee🇧🇮🇧🇮🇺🇸🎉🥳
Les femmes fortes ndabakunda caaane❤
Vyarivyiza cane kandi twige ko ahubwo iyowateguye ibirori umugenzi nukuri akwiye kwishura akaguteza imbere ntaca yinjira kubuntu kandi .
Ariko vyari vyiza cane .Well done next time bizoba bimeze neza usivye ko je ntaco naneguye.
Good job❤❤❤❤❤
Les chiens aboient................................. Ou laissez les contre-succès braire. Carry on girls, don't mind those bla-bla-bla.
Cela dit, Irya event yari top. Nararize pe kubera Nostalgie. Gretta, umbwirire Inès et son équipe, uti mwarakoze cane mu gutsiiiba autour de Rose. Intatana burya ndi umufan kuva bakiri kumwe n'abagumyabanga.
Nkahamwe mwombwira ko muriko mwishura Simbizi kuvyo yavuze mwombabaza. félicitations kwanza mwakoze igikorwa kizima, courage. Hama Rekana na Simbizi vmnt urya ntimuri kuri niveau imwe.
Ntituzi nivyo yavuze😂
Vyoba nivyo
Simbizi ntanuwomuha umwanya peeèe😂😂😂😂
Hallllooo!!! Reka ndabagire inama bavyeyi beza!! Umuntu yipfuza gutera imbere no kubana n'abandi neza yumvira impanuro ahawe , kabone nubwo zoba zitaryoheye amatwi yiwe. Muriko mukorehsa umwanya munini mwisigura mu bidakenewe, ariko the real point mukayisimba. Mukayirengangiza hama mugaca mwongerako excuses kugira ngo mwambike isura nziza ivyo mwakoze. People know you, kandi baremera ibikorwa vyanyu vyiza, ariko this time mwari kwakira the critics babahaye kuri irya event ahubwo mukabikorerako next time. Iyo point nyene muriko murikausha make sens, ariko muriko muyiraba imirazi nkaho mutayumva, simwe ba mbere muteguye event rero kwumvira impanuro zabandi ni vyiza. Instead mwahisemwo kwisigura vyinshi ari navyo bica bijamwo gushira isoni bitari bikenewe kubera hari abantu mubereye akarorero! So be careful, iyo muza kwi excusa basi to cut it short ntaco vyari kubatwara if not naho mukirinda amajambo atabereye surtout ku babasumba. Reka ndagize ndabibutsa Ijambo Washington Denzel yambwiy Will smith umusi uraho: "At your highest moment, be careful, that’s when the devil comes for you’,”. Murarabe neza ko Devil atariko arabazako, kuko the same people mubona bariko babatera amanyama ubu ninabo bazogaruka kubashungera. ✌️. Be careful!!! 😮
❤❤❤🎉🎉
Muvuze ukuri habantu bibaza ko umuziki utagaburira abantu beshi
🤣🤣🤣🤣🤣😂😂😂😂ico kiganiro nar ndakirindiriye kbsa👌👌
Igihe cose mbonye notification ya @Siren vibes nivyo mba ndimwo vyose nca ndabiheba
Umeze nkanje kweli❤❤
Murakozeeeeee mwese muratesaaaaa❤️❤️❤️❤️
Courage hosy kuko muradutera intege.
Jewe nryama mpejej kwumviriza😂😂
Mwakoze vyiza cne.. Na Cédric Bangy muze mu mushiremwo
Jewe nzobandika mugitabo
Vya sérieux hari umuntu akunda umuziki wu Burundi kandi awuzi neza yarashaka kwinjira kwa gusa?
Munyumvire SHA ng barafis Ivy bakunda
Uko ndababona muzokora n'ibindi vyinshi vyiza ,mbona mufise ubwenge bwa innovation. Mwakoze ikintu cananiye benshi canke abandi batari bwiyumvire!Muzotegure événement nini y'abana nabo baronke akanya ko kuryoherwa avec leurs parents.
Wooooa ❤❤❤❤❤❤
Babaveko wana
Uyu muziki wacu waracengeterewe n'amacakubiri et c'est très dommage
Ntandero mugira mwa ndaya mwe urabonako mwebwe mwosungara Paci !!! Mwibaza kwatamahera yarafise yokuriha
Abagore bingara fizzo arababujije smahoro
Hosy et Gretta ahubwo mukomeze gutegura ibiteramo nkivyo hanyum abarundi mujijuke mumeny ko gutegur événements itorosh gutegur ab ba noyau ba événement bashizemwo imitahe yabo bashoyemwo amafaranga mutokwibaza rer wewe ukac uza ngo winjire kubuntu???Passy uvyumve nab mwarikumw mugutukisha Hosy,Gretta na Nova ng ntibakuretse ng winjire kubuntu ah nimwebw mwar kubafata mumugongo mukabashigikira kugir kiryohe kand ntibagwe manquant ariko ng winjire utarishe ???vrm muhindure mind mwumv ko bakwiye gushigikirana mugafash uwateguy kugir publicité vrm nimwebw mwotuma bimenyekana ariko ng mwinjire for free vrm wapi iy nyifato niyukwisuzuguza.
❤❤❤❤❤
Nimwirambire Hosy et gretta tubakunda kubi.murekane nakarya gakecuru ngo ni Nelly Nath ,les chiens aboient et la caravane passe
ABARUNDI IKITWISHE N'UGUSHAKA KUDATEZA IMBERE ABANDI. MWAKOZE IGIKORWA CIZA BA DIII KANDI MUBANDANYE UKO, ABO BASHAKA KWINJIRA KWA GUSA NGO NUKO BAZWI AHO HO NI BENSHI BAZWI BOCA BINJIRA KUBUNTU. KANDI NTAHO UMUNTU YINJIRA KWA GUSA ATA INVITATION YAHAWE BAREKE GUSWAGANYA. NABO NIBATEGURE RWABO HAMA BAZOREKE ABANTU BATATUMIWE CANKE ATANICO BABAFASHIJE BINJIRE K'UBUNTU. NDAVYANDITSE NA MAJUSCULE KUBERA AGASHAVU UMENGO NI JEWE BAGIZEKO CRITIQUE🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Hahaha message yawe irimwo haut parleur kandi vyari bikenewe😂
Mporeeee🥹🥹😂😍😍😍😍❤️❤️❤️
@kalyka4107 yaba bikunda ko agira audio niyo yari kugira😂❤️❤️❤️
@@kalyka4107 kandi rero mpagaze k'umusozi aho bose banyumva🤣🤣🤣🤣
@@sirenvibestv nukuri I feel you guys , ukuntu ukora ikintu hama abantu ntibashime bakagutera amajambo
HOSY NA GREEE reka kuba munisigura ibikorwa nivyo bivuga kuva ryari presence y umuntu ari support ata invitation afise? iyoba presence yiw yari support nkuko abibona mwari kuba mwamutumiye namwebwe .... aba ba critika nibamw bavuga ko gospel events ziba zikwiy kuba za gusa alors k umu artist naw ataco bamuha kwa gusa ... shame on them la jalousie va les tuer.....
Nibaze ko iryo Ligala mutarigize kubera Pacifique Nzitonda hoba hatarimwo kutubaha abadutanguriye muri industry
Umuntu niwe yiyubahisha s’imyaka imwubahisha. Hama umviriza ikiganiro kigizwe na vyinshi nawe arimwo
@@sirenvibestv Ntandero mugira nimuhore
Ahubwo ntandero afise paci kweri.
Ahubwo ntandero afise paci kweri.
Q'est_ce que tu est en train de faire!!! Quel français ??? Murashishe mwashizemwo ubwibone bwishi. Hosy mpora ndagukunda ariko ndakwase cane. Ibwitonzi c très important
Nahora mbakunda ariko uyumus muranshishe muvuze uburofa gusa
Sorry for you!!
Sha birahera kandi uzogaruka kuraba ibiganiro vya siren vibes biryoshe 😊😊, mediocrité ntijamwo muri 2024
@@cappucinella9120merciiii😂🙏🏽🙏🏽
Nywa amazi uryame birahera
Namwe nimube mureka FIZZO hamw yarikuza harya mwari kumusubiza inyuma mwe ninde aza abarihisha suko muzwi oya vrt nimureke kwishigikira mwarakoze ikosa
Mworeka kuba abagore b’ingare ntibibabereye,Hama mureke kwishigikira Kuko PACI niwe yatumye nivyo mwakoze bikorwa so shame on you
Rahira nukuri? Yakubwiye ko yadufashije iki?
Zirya ndirimbo zone zakera muzizi kubera pacy uruhara yagiz kugir muzimenye murabaza ababizi bazobabwir murek Kuba mugara
None kugira uruhara bica bisugira guca aronka ivyubuntu? icogihe yazikora ntanyungu we yarondera?@@FrankLightlifeirakoze
Yabafashije iki ko indirimbo zaririmbwe nabenezo?? niyaba yabafashije muri production ntiyafashije Hosy na Gretta. kandi nibazako nicogihe yazikora atazikorera ubusa nawe
Ahubwo niyaba réelement Paci mutamubeshera yaje kurondera kwinjira muri event nkirya for free vyoba bidasa neza pe.