ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Abakunzi ba VYAMAHO iyireresi niyogukebura Umwana atubaha Abavyeyi eka n'Abavyeyi badakunda abana babo.Turabasavye mudushigikire kubera ubu ntituzosubira kubanyoteza. Imana ibampezagirire mwese 🙏 muza kuyi partager 🎉
Big UP sana Gus ntihagir icaba ndabon itanguye mumunyenga
Muje mutunyarukiriza uzukuntu twari tubakumbuye ndabakunda cane
None kumenga mwahinduye script
@@xraybam mugabo bahe je mbona umengo ni film zibiri duhumuco
Bahe ko utubeshyeIyi si Byamaho kabisa
Love❤❤from Remy nice officiel
Ndazindutse Mana yanje😂mumpe twa tuntuuu🎉🎉duhit twimanukira❤
Ije itavyorosha nanje nzobampari 5/5❤❤❤❤ miri ndagukunda kibondo❤❤❤
Namba1 mumpe utu Like bakunze abari bakumbuye vyamaho nkanje❤❤❤❤ mur rwarukundo nyene
Wow mudufashe ntimutinde nda bakunda fom uganda
Muradukuyemw umutima erega umenga umuntu yobasanga aho mur mukatwereka ubukwirikira kuko ndabona bwobwo buza kuba burenze kbx mubandanye muhezagirwa may God bless u always 🙌🙌
Nacerewe sha bahe nari ndabankumbuye mwese knx welcome ndabakunda cane mwubahwe Imana imbere❤❤❤❤🎉🎉🎉❤💋💋💋💋
Vyamahoo iyindi sura courage
Mwubahwe murarenze kbx 🙏🙏🥀🔥🔥💚💚❤️
Welcm vyamaho ❤❤❤❤ twaritubakumbuye🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Vyamaho , navarin mûri 🇰🇪 turabakunda knd turabakurikirana cane.
Amashugwe menshi kuri Vyamaho.
Courage mubirimwo neza kwl knd ndabakunda cane muhezagirwe❤❤🎉🎉🇦🇪🇦🇪🇧🇮🇧🇮
Amash mensh Kur Mili love you ❤❤❤❤❤❤❤❤
Welcome vyamaho from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Nitwa Twiringiyimana jclaude mbamu Rwanda ndabakundacyane
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Uwo mu sauda nibik😢vyamaho🎉🎉🎉🎉nar ndabakumbuye ntimusubir kutunyotez nukur courage
Uwambere udatanguye kuyibonz AMP like
❤❤❤AMASHI 👏👏👏 N'AMA 🎉🎉🎉 kuri X-Ray BAM.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
Urakoze cane
Ndabashimiye kuba mwa tuzaniye so 2❤❤❤❤
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢nsubiye kurira kubwa Nono
Waaaao twari tuyirindiranye igishika
Courage vyamaho twari tubakumbuye cane❤❤🎉🎉
Karibu karibu vyamaho❤❤❤
Ndazindutse cn gs Mana yanj 😂mump twatuni 🎉❤ ndabakunda cn courage bro 🎉🎉🎉
❤❤❤love vyamaho
Welcome vyamaho 🌺💐🌹🥀⚘🌷
Safi sana kabisa🎉🎉🎉🎉
Iranditse neza vraiment amashurwe yanyu mwakire❤❤❤
Waaaaaooooh mwari mwaradutebeje cne❤
❤❤❤❤❤mwubahwe kandi courage
Abakunzi ba vyamaho ababibonye KO ije kumuvuduko udasanzwe musige like muri gwarukundo ❤❤🎉🎉🎉 abaza nyuma mushikira muri commentaires musige utwotuntu ndabasavye 🎉🎉🎉🎉😅😅
🎉🎉🎉🎉🎉kuri x raybam
Courage hejuru cane ndaba❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Ahwiiii narimbakumbuye❤❤
Yoooooh disiii milly wanj❤❤
My super hero bahe ndakwemera sana
Naratanzwe nukuri gusa hano murwanda turabakunda ♥️♥️♥️
Good work ❤
Courage bakunzi bavyamaho🎉🎉🎉
🎉🎉🎉🎉🤝🤝🤝🤝💯🤗🤗🤗🤗abakunzi ba nono tumenyane
Wlcm vyamaho kuyind sura💃💃💃💃
Behe ww ndagufan cn ❤❤
Ndabakunda cyanee narimbakumbuye
Ndabasavye mwongere iminota mwoba mukoze❤❤❤
Courage cane none na bahe
Wawoooh vyizaa cane GS ikibazo canyu muradutevya tukanyotegwa caneeee murakoze
Courage cane bavandimwe 🎉🎉❤❤
Welcome vyamaho🎉🎉🎉🎉
Waaoooo vyamahor mwarimwarayitebanye kl❤❤❤
Yioo narinkunyotewe vyamahowee❤❤
Uhakika mwanangu 🎉
Yoooo nari natevye kuyiraba gusa reka ntoragatebe sinoryama ntayibonye
Naribakmbuy ❤❤❤❤
Vrt mudufash ntimutind muduh ep 2 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤
Welcome vyamaho
Welcom pamella uwamahoro ndabaku❤❤❤❤❤ vub duhabw ikind gic
Mwubahwe murakoze kutuzanira bishasha gusa utund duce muzekutiduha
Welcome vyamaho abanz nyum mundemer ut Link ❤❤
Ndabkundaaa🥰🥰🥰🥰🥰
Correct mes amies muze muranyarutsa kuduh ikindi gice
Ego vraiment
Wahoouo narindayikumbuye tu❤
film nziza cane
Amashurwe nayanyu🎉🎉
Ndakund iyi film gus ntamus ndayirab mpez ntumvis amarira😢😢
Vyamaho hejuru cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️🇧🇮❤️🇧🇮❤️🇧🇮❤️
❤❤❤❤😮
Welcome again vyamaho
Cool guys big up goodjob❤❤❤❤
Ndabakunda ❤❤❤
Vyamaho❤🎉🎉🎉🎉
Ndaba❤❤❤ mugire courage
Kabis❤❤❤
Ngo ugiye gukorora amarira😮 Aho rero ikaba iratanguye
Bahe et Milly disii 🥰🥰
❤❤❤🎉 Trésor From Ihangiro tv
Miri ndamukunda cneeee ufit impano nziza kibondo❤❤
Ihangane disi najye nukumbayehp
Vyamaho my favorite movie
Giheko ari murukundo niyi film❤❤❤❤
Karibu twari tubakumbuy
Waaaaaooh good ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Bemurek kubesha nivyamaho atariyo😮😮
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Courage xanaa 🎉❤❤🎉
Nice ❤
Vyamaho wlh
Kaze vyamaho
Waaaaooooohhhh
Nono hejuru cyane
Amajamb mili abwiye bahe atumye nkorora amosozi😢😢
Vyakweri!!!!
Vyamaho nahishikiye 💪💪 courage 🎉🎉🎉😂😂
Courage X ray
Xray wubahwe turagukeje kuko ukor ibkorwa vyinshi mumis mike imana ikongerereze imigisha
Murakoze cane
❤❤❤🎉🎉🎉mwubahwe❤❤🎉🎉
🎉🎉🎉
Twari tuyikumbuye cane muduhe iyikurikira
Courage my xray
❤❤❤❤❤
Kbx mukina neza mwubahwe🎉🎉🎉
Abakunzi ba VYAMAHO iyireresi niyogukebura Umwana atubaha Abavyeyi eka n'Abavyeyi badakunda abana babo.
Turabasavye mudushigikire kubera ubu ntituzosubira kubanyoteza. Imana ibampezagirire mwese 🙏 muza kuyi partager 🎉
Big UP sana Gus ntihagir icaba ndabon itanguye mumunyenga
Muje mutunyarukiriza uzukuntu twari tubakumbuye ndabakunda cane
None kumenga mwahinduye script
@@xraybam mugabo bahe je mbona umengo ni film zibiri duhumuco
Bahe ko utubeshye
Iyi si Byamaho kabisa
Love❤❤from Remy nice officiel
Ndazindutse Mana yanje😂mumpe twa tuntuuu🎉🎉duhit twimanukira❤
Ije itavyorosha nanje nzobampari 5/5❤❤❤❤ miri ndagukunda kibondo❤❤❤
Namba1 mumpe utu Like bakunze abari bakumbuye vyamaho nkanje❤❤❤❤ mur rwarukundo nyene
Wow mudufashe ntimutinde nda bakunda fom uganda
Muradukuyemw umutima erega umenga umuntu yobasanga aho mur mukatwereka ubukwirikira kuko ndabona bwobwo buza kuba burenze kbx mubandanye muhezagirwa may God bless u always 🙌🙌
Nacerewe sha bahe nari ndabankumbuye mwese knx welcome ndabakunda cane mwubahwe Imana imbere❤❤❤❤🎉🎉🎉❤💋💋💋💋
Vyamahoo iyindi sura courage
Mwubahwe murarenze kbx 🙏🙏🥀🔥🔥💚💚❤️
Welcm vyamaho ❤❤❤❤ twaritubakumbuye🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Vyamaho , navarin mûri 🇰🇪 turabakunda knd turabakurikirana cane.
Amashugwe menshi kuri Vyamaho.
Courage mubirimwo neza kwl knd ndabakunda cane muhezagirwe❤❤🎉🎉🇦🇪🇦🇪🇧🇮🇧🇮
Amash mensh Kur Mili love you ❤❤❤❤❤❤❤❤
Welcome vyamaho from 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Nitwa Twiringiyimana jclaude mbamu Rwanda ndabakundacyane
🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Uwo mu sauda nibik😢vyamaho🎉🎉🎉🎉nar ndabakumbuye ntimusubir kutunyotez nukur courage
Uwambere udatanguye kuyibonz AMP like
❤❤❤
AMASHI 👏👏👏 N'AMA 🎉🎉🎉 kuri X-Ray BAM.🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥