Aptre Ferdinand NIYIBIZI"Nimba hari ikibabaje ni ugutora umuntu uziko muzobana neza hama ntibikunde"

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 ส.ค. 2024
  • 🔴 Apôtre Ferdinand NIYIBIZI asanzwe arongoye urusengero Spirit Garden ngo yarababajwe n’amajambo menshi yamuvuzweko ku gutandukana kwiwe n’umugore wiwe, kandi ari umukozi w’Imana.
    Kubwiwe agira ati: « Nimba hariho ikintu cambabaje cane ni ugutora umuntu nzi ko tuzobana neza hama ntibikunde. Kubijanye na Destin yatahukanye primusic, abantu basaba ko nomuca mu rusengero. Abakizwa ntibababajwe n´uko yaririmvye fou de Toi, bababajwe n’uko yaronse imiliyoni 30.» Nimumwumvirize!!
    #lesbeautesdecheznous #akezanet #gospel #Burundi

ความคิดเห็น • 17

  • @prospernimbona9528
    @prospernimbona9528 5 หลายเดือนก่อน +1

    Avuze ijambo rimaramaje ngo dufise culture(umuco) itariyo.
    Hama yibagira yuko utaye umuco ubutaye ibanga.

  • @gentilledushime3876
    @gentilledushime3876 10 หลายเดือนก่อน +1

    I feel so so bad 😢you was the best couple ever

  • @prospernimbona9528
    @prospernimbona9528 5 หลายเดือนก่อน +1

    Hama niba mudahengamye canke ata fanatisme mukora,turakeneye ikiganiro n'umugore wiwe bahukanye nawe atubwire ivyiwe.

  • @gaspardniyindagiye7012
    @gaspardniyindagiye7012 9 หลายเดือนก่อน +1

    None ntimwama mwatwigishije KO atakinanira Imana??
    Vyagenze gute ngo inanirwe no kugufasha guhitamwo neza, cnke ngo inanirwe no gukuraho ibibazo urugo rwawe rwagize?'
    Apôtre kweri aba afitaniye connexion directe n'Imana.
    Nivyo nzi !!! Arerekwa kndi akavugishwa n'Imana directe cnke Yesu.
    Ataruko hoho woba uri umukirisu asanzwe nk'abandi. Izo grade ntazo woba ufise. Erega n'ubwo mwokwitwa aba Évangéliste, ntakibazo ?? Apôtre, prophète ( Paul na Moussa)

  • @uwimanaamandine3312
    @uwimanaamandine3312 10 หลายเดือนก่อน +3

    L'humilité wapii piii...waramugaburiy waragiz ibi who need to know????

  • @Shlek839
    @Shlek839 10 หลายเดือนก่อน

    Oooh so sorry Apôtre

  • @user-ck6gr1ig9b
    @user-ck6gr1ig9b 10 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤

  • @Chrystale_Iyubuntu
    @Chrystale_Iyubuntu 10 หลายเดือนก่อน

    🔥🙏

  • @biravukanwa4356
    @biravukanwa4356 10 หลายเดือนก่อน

    ...❤❤❤❤

  • @joe-mani
    @joe-mani 10 หลายเดือนก่อน

    🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥❤❤❤❤❤❤❤

  • @steveirakoze155
    @steveirakoze155 10 หลายเดือนก่อน

    Amahoro,nashaka mbaze uyo mu journaliste kubera iki uriko uramuciramwo canke kubera iki uriko uramwunganira??

  • @uwimanaamandine3312
    @uwimanaamandine3312 10 หลายเดือนก่อน

    Journalits pourquoi why whyyy😢umuciramwo cank umwunganira??

  • @uwid007
    @uwid007 9 หลายเดือนก่อน

    Hhhhh ngo Matabaro Patient ntiyarafise abungere nkawe, ohooo ko bikaze noe ko bibabaje noe ikindi sinibazako arivyiza kudefanda iyo divorce en plus uvuga nkuwufitiye inzigo uwahoz ari umugore wawe😢

  • @sarahakimana5123
    @sarahakimana5123 9 หลายเดือนก่อน +1

    Non non je ne suis pas d accord pas ce pasteur nasubirane numugore nibiyunge uwo mwuka WA divorce nibawusenye ico gicaniro nibagisenye

    • @prospernimbona9528
      @prospernimbona9528 5 หลายเดือนก่อน

      Ikibabaje nibo birirwa barigisha ko dukwiye kugiriranira neza nabose,ngo ntirirenge tukiratse......

  • @muhirweclaudine3221
    @muhirweclaudine3221 9 หลายเดือนก่อน

    Pasteur ico nukumenyesha nuko watewe n' abazimu n' abarozi ntiwabimenya🥵. Ushobora kuguma uzi ngo uracahagaze kera uri hasi. Reka ku défenda divorce. Non non...nimba vyakunaniye, ihorere wemere échec🥵🥵. Nimba usenga, uri Apôtre, womenya uzohezagira abageni? Canke uzoba transfera imyuka mibi ya divorce? C dommage🥵🥵. Wananiwe, ihorere, ureke kudéfenda amakosa. Abagukurikira muri Eglise bari n' ikibazo pe!