Inyuma ya Kenya, nzogendera Tanzaniya, Uganda na Sudani, twubake amahinguriro kuko inoti turazifise.

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 11 ก.ย. 2024

ความคิดเห็น • 37

  • @niyorukizaelias8142
    @niyorukizaelias8142 22 วันที่ผ่านมา +15

    Abipfuza iterambere ryuburundi mumpe like tumushigikire samuel

  • @gilbertnimbona3282
    @gilbertnimbona3282 22 วันที่ผ่านมา +5

    Hongera sana Bwana Samuel.

  • @MporanimanaDonacien
    @MporanimanaDonacien 21 วันที่ผ่านมา +3

    Kabinsa ahondimo❤

  • @nizigabosco3359
    @nizigabosco3359 21 วันที่ผ่านมา +2

    Vyiza cane

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 22 วันที่ผ่านมา +5

    ariko na zambia turabakeneye

  • @habibumasenga6213
    @habibumasenga6213 22 วันที่ผ่านมา +3

    Love you brother samwel🎉🎉🎉❤

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 22 วันที่ผ่านมา +4

    uyumutama ndamukunda

  • @bigjohnnevergiveup
    @bigjohnnevergiveup 21 วันที่ผ่านมา +2

    TERIMBERE BURUNDI DUBAI OF AFRICA BURUNDI DUKENEYE ABABOYI KUBWISHI BATURUTSE MURWANDA NA UGANDA KUBWISHI I LOVE MY COUNTRY BURUNDI IGIHUGU CAMATA NUBUKI NIZAHABU

    • @nizigiyimanayves9485
      @nizigiyimanayves9485 21 วันที่ผ่านมา +1

      Ababoyi bavuye mubindi bihigu? Wapi twanka ubuja ntitwojakaza abandi baraza kudushorera ivyo twashizemwo imitahe

  • @theafricanhauler3396
    @theafricanhauler3396 22 วันที่ผ่านมา +5

    Mr le President,
    Ndemeranya neza cane n ivyo uvuga gusa Hari Ikintu ntumva Neza Kandi ntazikwigera numva:
    Kuki Umugambi canke Imigambi ikozwe n Abarundi ubwabo bonyene k ubushobozi bwabo yokwitwa
    " Diaspora Business centre"
    Amazina y Ikirundi Meza yuzuye y Ubuhizi yose yuzuye arateye Isoni gushika aho muyiha Amazina mvamahanga😢
    Jewe mutanyemereye ko Imigambi ya Diaspora izoba mu Mazina y Ikirundi nsinzojamwo
    Patriotism ihera kUrurimi niho ukwikukira n Ukwiganza bihera .
    Mu Mico y Abarundi,n Imisozi,Imitumba,Inka,Imbwa vy Abarundi vyagira Amazina y Ikirundi none ttunanigwe guha Inyubakwa n Umugambi Amazina y Ikirundi????
    Ndabasavye numero yanyu jewe tuganire Kuri kino Cukwikukira nyakuri.

    • @KennoKanse
      @KennoKanse 20 วันที่ผ่านมา

      Ariko nawe ukoresheje ijambo "patriotisme"...

    • @theafricanhauler3396
      @theafricanhauler3396 20 วันที่ผ่านมา

      @@KennoKanse Ugukunda Igihugu na Patriotisme bija gusa ariko birasumbana Uburemere.

    • @KennoKanse
      @KennoKanse 20 วันที่ผ่านมา

      @@theafricanhauler3396 N'ukuvyumva uko nyene lero ,ikirundi co kimwe n'izindi ndimi cane cane za Africa birumvikana ko zishobora kubura amajambo arashe ashira hanze iciyumviro canke intego umuntu agomba kwumvikanisha.

    • @theafricanhauler3396
      @theafricanhauler3396 20 วันที่ผ่านมา

      @@KennoKanse Oya ntivyumvikana Kandi nibizopfa vyumvikanye ko Igikorwa Abarundi bakenye n abakize bikoreye mu Buryo bwabo
      Citwa Diaspora Business Centre
      Iryo n Ibara k umutemere.
      Ariko jewe n Abarundi benshi ntibitugwa neza
      Abarundi barazi kwita neza ntibobura Akaziza k Ubuhizi.
      Iryo zina ry Icongereza rihinyuza nde?ko Abarundi twese twumva Ikirundi c'Iwacu.Ibintu atamunyamahanga yubatse Kuki twobiha Izina ritumvwa n abenshi mu Gihugu.

    • @KennoKanse
      @KennoKanse 20 วันที่ผ่านมา +1

      @@theafricanhauler3396 😂😂😂😂😂 Ubwo wenda navyo vyoba arivyo da. Aho lero heraho uterera iyindi nyito wumva ko yoba ibereye.

  • @yesunimwema4497
    @yesunimwema4497 21 วันที่ผ่านมา

    Samuel hejuru ❤❤❤Burundi bwejo nitwebwe kweri,mana nfashs nzoronke nama dollar $5 yoguterera kweri.

  • @shukurujface8119
    @shukurujface8119 22 วันที่ผ่านมา +2

    NukurI urumugabo wabagabo imana ikuturindire nabarundi bose bakwigireko

  • @IsufuRajabu-v9c
    @IsufuRajabu-v9c 21 วันที่ผ่านมา +1

    Mozambique naho ryari kumutaduharura kandi naho hari abayafise???

  • @cedrickbudrick5679
    @cedrickbudrick5679 22 วันที่ผ่านมา +1

    Nimuze na zambia hari abarundi benshi

  • @bizomenyimanaelias5455
    @bizomenyimanaelias5455 22 วันที่ผ่านมา +3

    komera mutama

  • @anicetnijimberepinzi6790
    @anicetnijimberepinzi6790 21 วันที่ผ่านมา +1

    DRC turaguhaye ikaze utubwire nuko twoterera

  • @SheikhIkhlaq-z1d
    @SheikhIkhlaq-z1d 19 วันที่ผ่านมา

    Ndakeneye kuganira na Samuel please

  • @LovelyForestHills-vm2wy
    @LovelyForestHills-vm2wy 22 วันที่ผ่านมา +1

    Samweriuritwari. Umukama aguhangaz urakundaigihugucucu jewemuvyombona imbono 2040twahagez

  • @comendikuriyo8564
    @comendikuriyo8564 22 วันที่ผ่านมา +1

    Je noshimira cane iyo mu diaspora cane kuko aba diaspora bariko barakora ibikora Inka bamwe bamwe Hama reta yoreka abanyamitahe bakazana imitahe bagakora boroherejwe atakubazuruma kugira natwe batobato dushikirwe.

  • @KennoKanse
    @KennoKanse 20 วันที่ผ่านมา

    Ijambo ngo abarundi "BASHWIRAGIYE" rirabishe kwumva...

  • @user-mc8nw8rj7k
    @user-mc8nw8rj7k 17 วันที่ผ่านมา

    Nivyo caane, capa kazi Samuel turi nyuma yawe. Nanje nshaka guterera muruyo mugambi .Komera

  • @isaacvtv547
    @isaacvtv547 21 วันที่ผ่านมา +1

    When in Ohio

  • @thewest0
    @thewest0 19 วันที่ผ่านมา +1

    Ego ni sawa nagende kuvugana n aba diaspora bari murwanda kugira twemere ko atarungitswe n’a leta iri kubutegetsi

  • @bucumiisaka4982
    @bucumiisaka4982 21 วันที่ผ่านมา +1

    Umuntu TV oye

    • @umuntutv9139
      @umuntutv9139  21 วันที่ผ่านมา

      Oyeeeeeee@@bucumiisaka4982 oyeeeeeeeeeeeeeee

  • @niyonsabaemmanuel2671
    @niyonsabaemmanuel2671 21 วันที่ผ่านมา +1

    Uyu muntu arikubaza akakazi yarakigiye canke

    • @isaacvtv547
      @isaacvtv547 21 วันที่ผ่านมา +1

      Ntimugaye

  • @TelesphoreNiyokwizera
    @TelesphoreNiyokwizera 22 วันที่ผ่านมา +2

    Komera mutama

  • @nsabimanaeric3006
    @nsabimanaeric3006 18 วันที่ผ่านมา

    Jewe mumpe number yuwo muntu uwuyifise muzoba mugize neza!.

  • @LovelyForestHills-vm2wy
    @LovelyForestHills-vm2wy 22 วันที่ผ่านมา +2

    Samweriuritwari. Umukama aguhangaz urakundaigihugucucu jewemuvyombona imbono 2040twahagez

  • @FrankeIgiraneza
    @FrankeIgiraneza 22 วันที่ผ่านมา +1

    Komera mutama