ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Murakoze cane kutubwira iryobanga, bandanya mutubwira nibindi mwoba mukoze
Merci beaucoup mon frère murumugisha kumahanga kuvyukur mwarahezagiw gos muramfashij
Turagukunda cyane uratunyura nigrace igasonjy
Waoooo.... courage bro. Nivyagaciro gakomeye gusangiza abandi ico Imana yaguhaye.
Imana iguhezagire kuruta uko uvyiteze... Turagukunda cane
Gad bless you David ndamukunda caane umwamikaziwawe
Muhezagirwe ❤❤❤❤
Murakoze cane
Waaauuu ndagukunze can ndimucibitoke carugombo ariko bandana nkwigireko vyinshi
Mwubahwe mwarahezagiwe n'Imana
imana iguhe Umugisha nukur
thank you Mukozi w'Imana
You really inspire me.God bless you
Gute David. Wombwira uko nabona contact zawe?
David turagusavye uturwirize tutoriale nkizo cane please just wadufashije cane ,turagukunda cyane
i love you to Frère uririmba neza kabisa
Thank you my bro God bless you
Murakozecaaane mwaduha numéro akoresha cank urubug twamwandikirako
Big up MOG
Hezagirwa mon frère
Shalom?tworonka num yiwe gt?cnk site akoresh yitwa gt?
Imana iguheza hire mukozi wimana. Uri akarorero keza kuri jewe.
Hello David!you realy inspire me how you sing.how you use energy.God bless you
Yes davi merci
Nduhe numéro yawo cnk nukubu wodushira murigrp ukazuratwigisha wabubae uwanje kbx
Ako kantu niko basha nakubali papa
Turagukunda cn wubahwe kand imana ize iraguha vyinsh vyo kuduha
emen
Hezagirwa nukuri turifuza izindi Nyigisho nyishi
#Noted
Wubahwe vrt mwana w' Igihugu cacu.
Ndagushimiy
Vyiza cane
Jew ndagusabe unyigishe
Hallo David wamaye number yawe plz
Urampezagira cane

i love you to
Frère uririmba neza kabisa