Abarimyi b'ibiraya barahimirizwa kwijukira imbuto zibiraya bishasha vyitwa SHANGI vyateguwe na ISABU

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 2 พ.ย. 2024
  • Umushikiranganji w'Intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n'Umutekano ahanura abarimyi b'ibiraya kwijukira ibiraya vyo mu bwoko bushasha bwitwa ''SHANGI'' vyateguwe n'ikigo ISABU, kuko biboneka ko bitanga umwimbu mwishi. Gervais NDIRAKOBUCA afatira akarorero ku murimwa wiwe uri muri komine Kabarore aho yateye ibiro 200 ku murima w'ihegitari 2 akimbura amatoni arenga 40.

ความคิดเห็น • 4