LES JUMEAUX MUSIC - ABAPAPA (Official Video )
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 3 ต.ค. 2024
- •Director : Logic Jamal
•Assistant Director : Benit Coalitch & Ding Rugamba
•Lighting : Benit Coalitch & Ezra Khalifa
•Editing : Logic Jamal & Ding Rugamba
•Color Grading : Director HG & Ding Rugamba
•Stylist : U One B Shop
•Set Designer : Ding Rugamba
•Audio Producer : Dred Master
•Location Manager : Logic Jamal & Ding Rugamba
•Solo : Shukulu
•Bass Role : Didi
•Cultural Dancers : Club Amayagwa
Follow Us:
www.facebook.c...
...
soundcloud.com...
Audiomack
ABAPAPA LYRICS
Papa araje
Papa araje
Papa araje
Papa araje
Verse 1.
Oya oya oya rekana n’abapapa
Ntare idatanga izindi gutaha/
Mugitondo ikazinduka guhaha/
Naho ikubitika ntihaha/
Ikizira n’uko itahana ihaha/
Kuko ubwayo yo ntiruha/
Iruhuka aruko ishikanye
Yaseruka mw’irembo
Bose bati ng’uyo Papa ahaaa
Papa araje
Papa araje
Papa araje
Papa araje
Umupapa iyo arwaye arahangayika/
Kuko ubuzima bwiwe bugizwe no kwiruka/
Ikibaye mumuryango niwe acerekwa/
Nubwo yoba aremvye ntashobora guceceka/
Chorus
Oya oya oya Rekana n’abapapa X2
Abapapa bubahwe, abapapa (abapapa)
Abapapa bubahwe,abapapa(abapapa)
Papa araje, araje
Papa araje,araje
Verse 2
Mukirwi c’abandi ntahatangwa/
Kuko ariho ivyiza birangwa/
Abatabizi ngo ahari irengwe niho arangwa/
Harya umugabo ntaja mubunywero/
Aba agiye kurondera ivyiyumviro/
Uwoguhenda ngo umugabo araborerwa/
Yigira ingwangwa ngo arabe abamuhimbarirwa/
Umugabo ntasinzira agatiro kaba kamwivye/
Ukwihengeka kwiwe
Ni nko kuryamira amajanja
Ni nyamutanga umutwenzi guseruka
Uwo n’umupapa
Si nyamupfantibarire
Umugabo ni kiremesha mumuryango
Umugabo naho yoba ari muyabira/
Arigumya ntiwigera ubona amarira/
Inyungu z’umuryango arazirwanira/
Asuzugurwa kenshi nabo akorera/
Ariko kenshi akihorera/
Kuko wewe aba azi ico arondera/
Uwo n’umupapa/
Mpore mpore Papa/
Mpore mpore Papa/
Bridge 2
Umupapa iyo arwaye arahangayika/
Kuko ubuzima bwiwe bugizwe no kwiruka/
Ikibaye mumuryango niwe acerekwa/
Nubwo yoba arwaye ntashobora guceceka/
Chorus
Oya oya oya rekana n’abapapa
Oya oya oya rekana n’abagabo
Abapapa bubahwe,abapapa/
Abapapa/
Abapapa bubahwe ,abapapa/
Abapapa bubahwe,abapapa/
Abapapa/
Abapapa bubahwe,abapapa/
Abapapa/
Papa araje,araje
Papa araje,araje
Nc song vyukur bubahwe kk abakenyez baribaratwifatiy burigihe twahor twumv indirimb zabo gusa Les jumeaux music mwubahwe
❤ Amsterdam turabakunda caaane! Mwubahwe goose the big brothers
Nakubari guys Félicitations
ARIKO WARANANIWE KUBATUMIRA MUKUGANIRO CAWE KANDI TWARI TUZI KURI UMUTANANIRWA KUMBURE WARIGIRISHIJE🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Abapapa bubahwe🎉🎉🎉❤
Mambo 😂Guys
Tugiye twaronka abaririmba abagabo😅
Guys Komera
Wowwww
Iyo song iranduhura
Ndumu PAPA
B BLSD
We for really support this idea. ❤❤❤
Aba pap bubahwe🔥🔥🔥🔥🔥
Nimwirambire bashaaa ndabakunda cne
Komez bane bigihugu imbere niheza turabakunda ❤❤❤❤❤
Go ahead
Waaaoooo, mwarakoze umuti kweri
Umukama abandanye abaja imbere
Les jumeaux music songa mbele. Ndabakunda cane. Week end iza aba papa ntizobure muri karaoke
inguvu nyish les jumeaux ibikorw vyanyu biratwubaka❤
Indirimbo🚢👏
Woauuh! Aba jumeaux bubahwe nk'abapapa nyene kuko ni abambere barirmvye indirimbo ihayagiza aba papa🤗🤗🤗🤗
Abapapa Oyeeeee🕺
Abapapa Twubahwe Love from #UoneburundiFashion🇧🇮🇧🇮
Komera k'umuheto basaea bacu ter'imbere nk'umuzinga
Kweli. Umu papa wese ahari yubahwe cane. Ijambo ryinshi kuri les Jumeaux Music.
Les jumeaux music niwo mugwi wonyene uriko uragarura akanovera k'umuziki w'ikirundi, umuziki Umuntu ashobora kwumiriza ariukumwe n'abana akawureka ukabandanya uvuga !
Rero les jumeaux turabashigikiye tubitezeko ukugarura akanovera k'umuziki twakuze twumva
Upo vizuri nyimbo zuri ❤❤❤❤❤
Mbakunda runini, les jumeaux music club
Aba Papa bubahwe. Nice job brothers.
Nice song papa araje wallah
Asha bahora bahayaguza abakenyezi , none namwe Les jumeaux muradukoreye umuti n'atwe ava @PAPA
Nice song❤❤
Courage kabisa indirimbo imez bien sana 🎉
ABAPAPA hejuru Indirimbo Nziza🇧🇮🇺🇸🤝
Namwebwe nyene mwubahwe Les jumeaux
Go ahead ❤
Aba papa twubahwe kabix Respect
Ndabakunda murashoboye
Sha ngo nibubahwe evo🎉
Heppy father's day
Good work abapapa twubahw
Nice song ! Go ahead Les Jumeaux music
Nous sommes derrière vous
Aba papa twubahweeee😅😅❤🇧🇮🇧🇮
Great work my guys Murakoze Umuti ndake abapapa bubahwe
felicitations vrema iyi ndirimbo ikwiye guhabwa agashimwe nigihugu
merci xana kumpanuro mutanga kbx zirubaka kbx
Go ahead Les Jumeaux music💪
Merci muratwibutse basha mwubahwe👍
Waratwubahishije nawewibahwecane❤❤❤🎉🎉
Papa Araje 👌👌👌
Muratwemeje. Aba Papa twubahwe 🎉❤
Mukomere vyiza cane
Aba papa bubahwe
Turakeneye abantu baririmba indirimbo nkizi nyene
🎉uyo ni umupapa
Papa araje🎉🎉
Mwubahwe mwaraduserukiye
Woow! Nice job
first comment is mine
❤❤❤❤
❤❤❤
🔊🎶🎹🎸🎧 papa araje
Namwe mwubahwe
Les jumeaux 🇧🇮🔥🔥🔥🔥🔥👏✔️✔️✔️✔️✔️✔️✔️
So good
Mukomere
Big UP
Aba papa mwubahwe
Très bien 💯
Can cane bubahe aba pap😊
New hit song❤❤❤
Best song ABAPAPA
Karameze neza
Good song m'y brother papa raje
Mukomer kbx,tubari hafi
Rekana n'aba Papa
Ka bien les jumaux😮😮go up
Les jumeaux Music , You deserve more
🔥🔥🔥🔥🔥👏
You get my support ❤❤❤
Kabx aba papa bubahwe
mukomere murashoboye
Merci bcp Les jumeaux. Donatien izo mesheee zirakaze
Great job brothers .This song will be for happy father’s day .
Keep up . The future will be shine for you 🎉🎉🎉🤝
Good song
Nice song
Good bro
Nice
Good job
Nice song i like it
Papa araje
Mwubahwe
Abapapa bubahwe kabisa. Big up les Jumaux, Nice song
Abapapa bubahwe
Mots bien écrits
Mutere muja imbere 🙏🙏🙇🙇 Oui nos papa ni kirumara mumuryango nibo mushinge w'urugo! We have to respect them 💪💪
None ko mwaririmvye abapapa mugaca mwambara peruke z'abagore bisiguriki?😂😂😂Abapapa barangwa no kwimwesha. Iryo n'ijambo ry'Imana
Good et very nice
Bravo
Indirimbo ikomeye cane.
Komera tera imbere.
Bubahwe cane
Mukomeze nivyizacane
Muzondondere ndabahe akantu nabandi bose babarabire
🎉🎉🎉🎉
Iyindirimbo maz kuyumviriza keshi irarenz
Courage les jumeaux !
Nice song
Nice one
Ni nziiza.