Maze kwumviriza iyi ndirimbo kuva nkibona notification gushika Ubu If you want to learn riffs and runs...🤩💥🔥 Imana Ibahezagire cane Ndabuze n'ivyo mvuga Nguma numviriza en boucle
Ibintu bikomeje kuba amavuta y umugisha . Igikorwa kizima imbere n inyuma Tnx sana @David umupentekote wo mu kinama. Uyu muzungukazi yubahwe cane ku kirundi c iwacu
Amen 🙏🙏
Be blessed man of God
Ndagukunda cane David Nduwimana. Imana igukomeze. 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 hejuru cane
Bandanya ubiza ikirundi.
Amen
amen!for sure God is my light and my salvation,He anointed me and my cup is over flowing❤
👌🏽👌🏽
YOOOOOOOO AMEN
KWIHANGANA NIMBUTO YUBITSINZI❤❤❤ IMANA IBAHE IMIGISHA
DAVID IMANA IKOMEZE IKWAGURE NSHUTI Y'IMANA
Maze kwumviriza iyi ndirimbo kuva nkibona notification gushika Ubu
If you want to learn riffs and runs...🤩💥🔥
Imana Ibahezagire cane
Ndabuze n'ivyo mvuga
Nguma numviriza en boucle
Imana iguhe umugisha mwinshi cn uramfasha wewe
Niwe muco, gakiza kanje🙌🙌🙌!! Narorereye Uhoraho nihanganye nawe yumva ugusenga kwanje!! Waaaaaouhh !! This song ayiiiiiiiiiii💥💥💥💥
Niwemuco nagakiza kanje Emanuel imana muritwe ''''''' Amen.
Love this from Ngozi-Burundi.
Muririmba neza ariko imyambarire yacu n'uburyo dufata imibiri bikwiye kuba ivya gikirisu rwose.
Inzara z'umukirisu ntizikwiye kumera nk'iz'igikoko,nk'iz'inkona,wapi.
Kwisiga amarangi nk'inzu wapi.
Sa nk'uko Imana yashimye ko usa.
Nikibazo mukundwa
Yansize amavuta kumutwe igikombe canje kirasesekaye oooooohhh💃💃💃Uhoraho niwe mwungere wanjx sinzokena
Hallelujah Ndunva nsubijwe mo Imbaraga pe Imana niyacu pe nanubu iracyakora
Her Kirundi is so amazing. Wonderful song.
Muraduhezagiye. Imana ishimwe ko iriko irigisha ikirundi abanyamahanga
Amen amen David ulashoboye kuk ulampezagir🙏🙏🙏🙏
I you are reading this may God bless you hundreds of times amen
Hezagirwa n'Imana kabisa naw urahezagira bensh mungabire wahawe
Niwe muco Gakiza kanje, Emmanuel Imana muri Je. Hallelujah. Thank you for the song Sir David.
Niwe Muco , amavuta yarasesekaye Amen 🙏
❤❤❤❤❤❤❤ cool indirimbo nziza cane imana iguhezagire
Proud of you our Singer love from Radio voix d'espoir Buja Burundi
Innocent Ciza wubahwe kuri Radio voix d' espoir, ijwi riremesha. Murampimbara cane kuko ataco mudakora ngo mwamamaze, mukuze impano mpimbaza mana.
@@Chadrackniyoofficial Amen vyose tubihabwa nuwuduha inkomezi knd Murakoze caane
@@Innocentciza namwe murakoze cane. Muze muradushigikira gutyo muzobiheregwa umugisha.
8)9
]9999[[[9
Waouh🥰
Big up sana muraduhezagira Iman'ikomeze kubasesekazo amavuta yayo
Waouh! Imana ihabwe icubahiro yo yatubereye umuco n'agakiza kacu.
Bro shukuru Mungu saana sauti Yako inatisha saaana umebarikiwa
Waouh waouh Waouh
Kari Clean
Hallelujah
Imana Ibahezagire cane
Nice song God bless you
Yesu aguhezagire kubwiy ndirimbo🙏
Oooohh haleluyaaaa🙌🙌🙌🙌🙌 amavuta Menshi mukozi w'Imana David
🙏🙏🙏🙏🎙🎙🎙🎤👌👌
Dave w ndakwemera sana. indirimbo y'intahe, en plus ugaca ugirana featuring n'iyo ntahe yawe. congrats bro. Eliza Kate turamwishimiye.
Proud of u my big brother i'm. Ericsson from south African ❤️❤️❤️
Ibintu bikomeje kuba amavuta y umugisha . Igikorwa kizima imbere n inyuma
Tnx sana @David umupentekote wo mu kinama. Uyu muzungukazi yubahwe cane ku kirundi c iwacu
Good sound 😊
Good my bro
God bless you my lovely singer David ❤️❤️❤️❤️❤️
Niwe muco gakiza kanje 🤌Emanueli Mana murije🥰🥰
Nsubira gukora akazi mpejeje kuyumviriza!
Love from Melbourne I always been your fan since 2007
Urashoboy cane
Dukunde abarundi cneeeee Gosper
Halelua, niwe Muco w'ubugingo bwanje
Waoooo mbega indirimbo nziza. Muririmba neza cane
Abafinga nkamwe murabo kwubahwa muri Gospel y' uburundi
Amen🙌🏿 muhezagirwe🙌🏿🙌🏿🙌🏿
Hallelluaaaaa UHORAHO numwungere wacu ntituzokena nice song
God bless U🎈 Man of God Imana ikomez ikuzuza Mwempu wayo 🙌Indirimbo zawe ziradufasha caane gose .Imana ibandanye ikwihishurira
Komera mukoz wimana ubikor neza
Wow mbg ibint biryosh ikirundi n'abazung ter uj imber David ahur hos murund wac
Thadee Imana yarakoze kuturokora muba pacipaci
Ndakurahiye uririmba neza pe. Ukomeze kuko urashoboye
Amen nanj ndakunze ino ndirimbo ndumu kunzi w gospel
👍👍👍👊👊👊❤❤❤✍ haleluya haleluya nice gospel ilove dis🎧🥁
Amavuta ntashire ,mukozi w'Imana uranyubatse p
None in EAC can do the work like yours ,,,hard works seriously 😒😒😒😒 may God continue to be there for u our Burundian 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 artist
Turakumbuye iryo jwi hino muri vya biteramo mutama. Ntaco tuzotinya turikumwe n Uhoraho
Ashaurakaze Iman ibafash uyomuzung nawe nimependa saut yake
Amen ndavyakiriye cane
All the best from Burundi ,my favorite song ,keep it up
Ijambo ryiwe ni umuco
Warahezagiwe mon frère, nukuri komeza nabazungu urabigisha ikirundi bakakimenya ,niteka nokugihugu cacu kbs wubahw David ,turakunezereregwa caane ndabakunda cane
Imana ikwagurir imbimbe nice song♥️👌🙌🙌
God bless you big brother David amazing song the lady singing in kirundi ❤
Mwarahezagiwe cn mubandanyukwonyen
God is my shepherd I lack nothing 😔😔🙏 thanks Jesus 💞
Indirimbo nziza cane Imana ishishikare kukugirira neza
I won't be tired to listen this good song♥️♥️♥️♥️
Yes Davd wubahwe cane.
🔥firee
God will make great our Gospel music 🙌
Amen! I shall not want
Be blessed
niwe muco, gakiza kanje❤💯
Wodufasha ugashira youtube zanditimbo zawe zose za kera
Good job my big brother
May God bless you more
Nice song
Love from Burundi
THX A LOT MY BROTHER CS YOU SHOW HOW YOU BELEIVE IN JESUS AND HOW YOU LIKE YOUR MOTHER LANGUAGE
Mon frère wari icitegererezo cabandi baririmvyi à ton départ iburundi Gospel yasubiye hasi cane nawe warabibonye nigiki utegekanya gukora ngo twongere tuduge
Amen amen
Ndahezagiwe👏❤️❤️❤️
I'm the first to watch this nice song
Amen muhezagirwe cane
Can't stop listening to this song be bleesed my bro David🔥
Welcome in festival Burundi Himbaza 2023 with your worship team
What amazing song 😲 😲 😲 be Blessed
Amina ....
I loved the song but keep shinning Mtumishi mwenzangu 🙏🍷💵💒
David we bless you
Proud of you my Brother
Iyi sms iremesha benshi Nanjye ndimo
Woow David God bless u,you were good teacher
Courage David, what a beautiful song, ama image yiyi songs ari clear👍 watching from Canada 🇨🇦 🇧🇮
Amavuta arimwo nukuri
Ndorere Uhoraho nihangane ,nubwo ibihe bigoye azonkiza amarushwa yanj Yose I'm blessed ❤️😍😍🙏🙏🙏🙏
Bravo, Imana ibahezagire. Indirimbo nziza
Imana ibahezagire gose
Love from Burundi 🇧🇮🇧🇮❤
Muhezagigw caneee
Uri ko ukora neza vmt kuririmbisha abanyamahanga ikirundi nikintu Ciza cubutwari kbs nabandi bakwigireko komeza uter imbere my brother
We miss you too much in our country please come back
Song ya bien abarundi hejuru umurundi mushasha araz il rundi bien kwel
Vyiza mukoz wimana