ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Nimba wakunze ino video usabwa gukora subscribe kugirara ubashe kuraba izindi video zigiye gusohoka! @/ihurirotv
Nyakwigendera Famba is back🤣🤣🤣🤣
Kumbe uramwemera nawe?
Hongera xna mazee,rusutime ivyokigira
🙏merci mwakoze kuba munyerets famba kl congratulations 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤣🤣🤣🤣
Love from Mutama Gerrard♥️
Hapo sasa🕺🕺🕺urugamba ruratangiyeCheval na rusutime banyoye karungu.
Mbay 2 ndabakund ihuriro tv famb warukumbuwe peeee 🔥🔥 hashyeeee 🔥🔥🔥♥️🤣😁😂🤗👍☝️👏🕺
Dany pole San tenda wema nezako abant bashim bakirya
Igeze aharyoha kbsa courage
Ewe famba sha warafyonz ibiher non urakabony guma hamw wangu 😂😂danie pol nukuri kandi courage 🤗🤗🇧🇮🇸🇦
Danny polesna Imana izokurwanirire.rusutime na cheval iyomitwe barimwo izojahabona
🌟🌟 Up Ihuriro TV
Kbs ndazindutse abarundi bose aho muri mwubahweee ndabakunda❤❤❤
Aaaah serie itanguy gushash ndkBut DANNY is a good writer (director)I appreciate🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Wamugorewe ndagusuhuje Aho warikwegey kuzana mama Danny
Famba ndamubonye urugo rwanse nukuri s'ukwanika amenyo.ndasaba Imana intabarire Danny ivyo komanda yamubwiye kubagenzi biwe birabaye ariko ndizera ko azotsinda urugamba kuko Iruta ingabo
Iyi yoyo ije ar fire🔥🔥🔥🔥🔥 muranyemej pe
Iyi episode yarinryohey kombony famba ariko sinryohew kko urugo rwaba Yvette ngwongey guhungabana
Ahooo rero ntubona mukayibandanya narindabakumbuye
Daniella nagaruke akingire uwo muryango watoye maman Danny Hama yongere akosore cheval na rusutime kuko bagemukiye Danny vrmt nayo ubundi film iriko ibiha.famba emera sha kuko wariko ufyonda ibihere,pole sana.
Yeye danny buramwiriyeko 😭😭komera warugombo nukur uranyishe🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Love from AMAYARWA TV
Ewee famba Shaa 😂😂😂😂guma hamwe murugomb hamanz hagushir kumurong 🤣🤣🤣😍
Ndonsa Nime yaw ya watp soso
Mwubahwe
Film ni nkaho ariho igitangura kabisa 🔥🔥🔥🔥Gusa Acteur ntaza ananirwa
Mbe famba wahorahe karibu warukumbuwerrr
Mbega adui wewww
Good film
Gasuguru wagaruce
😭😭😭😭😭😭😭😭Ntinryoheye nagaruke Daniella kwr iyo ntuma ndeka kuyiraba Dany arambabaj kwr😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Iraryosh kwl
Muzotebamu mubatwe sha
Famba number one kbsa
Fama giswi cinobera rufyondibihere well come
Famba warukumbuwe kweri gusa uranyishe 😅😅😅
Wawoooooo 🔥🔥
Ndasezeye mario mutazanye Daniella kuko igiye kubiha🤦♀️ wapi
Yooo dany pore sana ibibazo bikubanye umirengera
Good
Yooo Basha Dany ' birababaje kwel
Courage ndabakundacane
Ihangane Danny barya wita abagenzi nibo basi bawe
Mwakinyeneza mugamuburundi abantunkabasheval babahokwel
Film kumengo itangiye kumera ukuntu garukana daniela
Courage🥰🥰🥰🥰
Ewe Famba ngo " mwaku mwaku mwaku"
Yoooooo famba coming back kbx narinkukumbuy
Famba yarakumbuwee vrtm
👌👌👌👌👌
Cheval wokwitwara neza
Ingaruka zokwizera abantu nizo ndabaye kubona Danny ahemukiwe yemwe nihatari abarundi nihataripe niyompamvu umuntu yokorabeza canke akareka estime n'a shevari murambajepe😭😭😭😭😭ariko bizomenyekana mwishe canke mureke bijoja ahabona famba ngongwiki nibakurekepe
Cheval uranyishe ngurimumadiri yogushikira ivyoturuhiye.kandi urinzekugiriranabi mushikawe
Famba nakomando nibo bubatse vrai Abakinyi
ewe estima kuki film zose ukina baguha scene yubugome kwica kwiba gusambana hahah gs murashoboy team ihuriro
Daniella komutamuza jew niwe nkeneye kandi niwe atuma iryoha cane dani garukana Daniella abanze ankorere umuti kuri estime na cheval bit aruko sinzongera kuyiraba.gusa mwubahwe kandi courage ❤️
Courage ihuriro tv
Ndabemeye ariko estime na sheval murabagome ndak bisaba ukurikujahabona
famba umufyonzi wibihere warukumbuwe 😅😅😅😅ese lmana ikunyeretse umunyarungimbo !!!!❤❤❤
Nn Yvette numunyavyago
Yooooo😭😭😭😭😭😭Dany pore Sana ntanvura idahita rusutime na Chevalier iyodiri nibo bayipanze kugira Ivette abe umugore wa estime famba nawe nanatasha nibatekane ntabuzima butamenyerwa🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
The serie is finna be lit 🔥 now.
Famba ngo koma shetani 😁😁😁
Garukana dany daniyera abakosore turabemera kandi famba pore
Danni famba ntiyakubwiy ko shevale arinzok aragukomora
Ivety imana yama yamuzigamye nubu izomurinda
Mugeragez film ntibona neza uwuzejwe sanamu agerageze
Danny hagarara kigabi wanjye urugamba uzarutsinda
Next
cheval na estime murabagesera ndababay ikinico ciza cabana babantu niyonyishu mumwishuy niciza Danny yabakoreye
Danny yama mubibazo ndake
Chevalie narusut akogakino kanyu kazobapfana munyuruje ivet murajanye ngoni Dan icompa daniyera akagaruka akaba chwamagurira amamwizanira mwebwe nyene
Famba yariyaratevye
Man weeee Danny uraguy mubibazo pl x abis nuko🙆🙆🙆
Dany pole sana kwl😭😭. Umurundi n'uko yimereye, umuha utwenga igihe ukiriko uratwenga nawe agaharura Ayo azoguhongora ingene angana. Famba nawe uti uwuvyiteye ntibimutera isoni wote niwe wawucanye.
Ndakumbuye daniella ankosorere cheval
Danny kanguka uhumuke vrt ivyo vyose ni cheval abirinyuma ahubw nimugira muzane Daniella abihishure vyoseeeee abishire ahabona sihez turabe uko cheval uko azoza asaba ikigongwe Mario mwese ndabakunda
Cheval ivy urik urakor bizpj ahabna hubw nibazane Daniella abereke ham mamq Danny ndabna ury mugabo agomb yandure mukanya gato
Hagiye gusha peeeee !!! 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Daniella nyaruka utabare ataruko.ncandayiheba
Daniella mumuzane akore akazi disi kk Danny ntiyorica wenyene
None komutakizanye ikindi gice
Famb yagaruts mur Mario twaritumukumby
Harahiy
cheval numuhimbili yahukanisha mushikiwe.
🥰🥰🥰
🔥🔥🔥🔥🔥 Next episode full plz
Estime wew kuvankimubon ntiyigez anaryoher ukwafisisurambi nikwafis numutima mubi
Cheval jewe aranyica ngomirongitanu imihato yiwe iranyica
Cheval uransesema buryawew uribuka iciz Danny yagukoreye?Danny wihangan Iman irakubona kand izokurwanirira ndagusavy ugarukane Daniella ndakwinginz lumugarukane
sha nta buzima buamenyerwa famba wee menyera ubwo buzima ni we wavyiteye pe
Ooooy ski Dan skokwashida raki non war kina cheval na estim warmuteka nyara
Famba gaburirumugore arasonze
Dany pole sana binadamu tumeumbwa ivo brother estime ntanisoni vmt ???
mana yanje iyisez irambabaje gukora nez nogukor nabi vyose nicokimwe cheval na estime barambabaje kubon bongey guhemukira dann mbebasha daniela yagiyehe kwataza gutabar musazaw danny 🤭🤭🤭🤔🤔
Famba uratubesheye abanyarugombo turababogari
Itanguye kuryoha
Igikenewe nukuzna Daniella agakosoro iyomihimbiri estimé n'a cheval kand ukur kuzoca kumenyekana turindire épisode 8
Komanda arampotoye neza neza🤣🤣🤣
Imipango ya Cheval na Estime irashobora kugirira nabi Danny turindir agakurikira
Ndabasavye munyarukane Daniel niwe yo bakosora
Turabak❤️nda Can Mw🙏hwe
Nimba wakunze ino video usabwa gukora subscribe kugirara ubashe kuraba izindi video zigiye gusohoka! @/ihurirotv
Nyakwigendera Famba is back🤣🤣🤣🤣
Kumbe uramwemera nawe?
Hongera xna mazee,rusutime ivyokigira
🙏merci mwakoze kuba munyerets famba kl congratulations 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🤣🤣🤣🤣
Love from Mutama Gerrard♥️
Hapo sasa🕺🕺🕺urugamba ruratangiye
Cheval na rusutime banyoye karungu.
Mbay 2 ndabakund ihuriro tv famb warukumbuwe peeee 🔥🔥 hashyeeee 🔥🔥🔥♥️🤣😁😂🤗👍☝️👏🕺
Dany pole San tenda wema nezako abant bashim bakirya
Igeze aharyoha kbsa courage
Ewe famba sha warafyonz ibiher non urakabony guma hamw wangu 😂😂danie pol nukuri kandi courage 🤗🤗🇧🇮🇸🇦
Danny polesna Imana izokurwanirire.rusutime na cheval iyomitwe barimwo izojahabona
🌟🌟 Up Ihuriro TV
Kbs ndazindutse abarundi bose aho muri mwubahweee ndabakunda❤❤❤
Aaaah serie itanguy gushash ndk
But DANNY is a good writer (director)
I appreciate🙏🙏🙏🙏🙏🙏