ไม่สามารถเล่นวิดีโอนี้
ขออภัยในความไม่สะดวก
Indundicomedy : ibikorwa vyugufata abanywa inzoga kandarabakizwa Mutima yakibandanije
ความคิดเห็น • 213
ต่อไป
เล่นอัตโนมัติ
Mutima le Commedien ngo uburyarya bwarajeIndundi TV
มุมมอง 39K
Amakuru ya BBC GAHUZA yo KU wa 15.08.2024 ku#RWANDA#UBURUNDI#CONGO#Life Maximum
มุมมอง 16K
小丑和奶奶被吓到了#小丑#家庭#搞笑家庭搞笑日记
มุมมอง 4.5M
[UNCUT] หวั่นขาดความเชื่อมั่น ศาล รธน. วินิจฉัยคดีถอนถอนนายกฯ เศรษฐา | คนดังนั่งเคลียร์ | 14 ส.ค. 67ช่อง8 : Thai Ch8
มุมมอง 426K
Nkunda Football, nkinira Intamba mu Rugamba ariko sindashika mu Burundi - Pacifique NiyongabireThe Story Room TV
มุมมอง 4.9K
Mutima le comedien atukiye indya Cisha Ado ababanyi barumirwaIndundi TV
มุมมอง 41K
AKA KANYA🛑Perezida KAGAME yinjiye mu KIBAZO Cy'insengero/Avuze ku bahanuzi n'aba Pastor b'IbisamboIYOBOKAMANA TV
มุมมอง 134K
Cisha Ado akoze ibitangaza, Mutima aciyamufata ngwahindure amazi Akayoga.Indundi TV
มุมมอง 22K
Mutima Le Comedien atwengeje aba DIASPORA Bamusukako Inoti zibisazi😂🔥💰💴Umukuru w’igisagara...The Real TV Show
มุมมอง 48K
ศึกมวยไทยพลังใหม่ 14/08/2024True4U
มุมมอง 62K
จู่ๆ CEO มีเด็กอัจฉริยะเรียกเขาว่าพ่อ แม่ของเด็กชายกคือวันไนท์สแตนด์เขาตามหาShop ละคร
มุมมอง 943K
🔴LIVE : ด่วน! นายน้อยเข้าวิน "อุ๊งอิ๊ง" นายกฯคนที่ 31 | Dailynews Talk 15/08/67Dailynews Online
มุมมอง 248K
ถึงเวลา "อุ๊งอิ๊งค์" ? | เนชั่นอินไซต์ | NationTV22NationTV
มุมมอง 207K
หนังตะลุงน้องเดียวลูกทุ่งวัฒนธรรม ตอน หนุกหนัดคนกับสัตว์ผลัดกันฮาเบื้องหลังหนังตะลุงน้องเดียว
มุมมอง 59K
Jewe sinahura neza uko kwizera kwabarundi bamwebamwe . Umuntu yishakira gufata kamwe nafate kandi ntabikore mumisho kuko umuntu arinze abikora mumisho aba ariko ariyaka Freedom. Pasteur ntabubasha nabumwe afise bwokumbuza Kunywa canke kurya ivyo nunva nshaka. Niguhindura ingendo. Ibintu nkivyo bibanyene iyo muburundi ngira nivyo bihugu duhana imbibe.
😂😂😂😂😂😂 Kabisa mwubahw ndabifurije kuramba mwese
Wa wacerew arik ga mana umunyamwem ukorr arihangan 🥰🥰🥰
Uwomtarino,arimugihugu😂😂
Muzungu niho uriii?
@@jeanclaudengabonziza3365 yeg Ndikureba agasobanuye kuru fire
Numvankukunzeee arikooo raburongoree ukirimuto😂😂😂😂
What I love about this team is they teach real life advice❤️🔥🤦🏾
😀😀😀😀😀😀😀😀😀ndabafana my Team
Mutima uracaruwamber🔥🔥🔥🔥😂😂😂💃 mugihungu cuburundi
Atamadayimon munyamitender 🙈🙈🙈😂😂
Ndashaka kubabona. Very amazing. You are real teaching/preaching the gospel
Nawe ukina neza ❤️❤️
Yooooo nacerew reka ntore agateb ndaziko ngira ntonek imbavuzanje😂😂😂😂😂😂😂
Ndibaz ko ukiri uwa mbere🇧🇮😃😃
Kweli hii ni ujimbe mkamilifu
Endeleeni, kuhubiri habari njema
None Mutima wewe ufise ikibazo nyabaki? Reka abantu binywere sha!😂😂🤣🤣🤣
Uranywa wenyeneee sawa??
Asante sana mtima mafundisho yako mazuri sana .by majembe ya yesu from arusha tanzania
Sinorengana ntaravye ibikorwavyanyu 😍😍😍
Kbs inyigisho nzima Team Mutima hejuru cane💞🔥🔥
Respect my Big bro and your team 🤛
Love from kadogoComedian on TH-cam ✌️❤️
Mutima comedien hejuru caneee kbx 😅😅😅😅😅😅😅
Ndabakurikira cane gose murabantu bigisha umumumbi w, Imana
🤣🤣🤣 ako muragahamije kabisa nuwo mugenzi wawe super ❤❤❤👍👍✌
Boke barenzako cafe😁
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ndabakunda cane.
😂😂😂🤔🤭. Mafundisho mazuri kweli🙏
😆😆😆😆😆😆😆😆mutima Imana iguhe kuramba kuko uranyongerereza imisi vrt😂😂😂😂
Hahaha aciye aravumbuwe acaba nkumupfuma apfanywe n'umuntu
Hano mu RWanda turabakurikira cane , iyi film ni nziza ..iratwubaka . rwose mukina ibintu biriho munsengero, zuyumunsi
Courage mwese turabakunda
Burya mutima ntaramenya kwafisimpano yogusigura ijambo ryimana respect bro vyokubera ubaye Pasteur
mutima turagukunda from Rwanda##
Mutima nibashire umupira hasi ntanahamwe haba muri bible nahandi habuza umuntu kunywa inzoga.....
Imana ibahe imbaraga ,komera
Basha ndabemey....aka kantu karabay réussi basi....
Like it from busiru full comedy! Big up Mutima grp
#MUTIMA #BGFIZZO URAKORA NEZA FROM🇧🇮
Imana itabare itorero ryikigihe
Mutima nibar nawe ndabir🤣🤣🤣
Ndapfuye nukuri😃😃😃😃😃
Unwa icayi ninzoga icarimwe hhhhhh
Ntacahishijwe kitazoshigwa ahabona💕😁😁😁🇧🇮mutima wubahwe
Hahahaha 🤣🤣🤣🤣🤣 nzoguma ndaba fentafenta
🤣🤣🤣🤣😂😂😂🥂🥂🥂...nice sketch...bravo à l'équipe...
Hahaha Team mutima peeeeee
Aracadandaza ibisweka kwa sioni?🤣🤣🤣🤣ibisweka nibiki?
Vayura😂😂😂😂😂😂🙆♂️🙆♂️
🤣🤣😂😂😂😆😆
Amster na café 😥😅🤣🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂ariko anwa bock, café irimwo amata na crème glacée🙆🏻♀️🙆🏻♀️😭😭😭
Ibisweka nibiki?😂😂😂
i think it was ibishweka , donc impuzu zitari nshasha atari na second hand, donc zishaje
i think it was ibishweka , donc impuzu zitari nshasha atari na second hand, donc zishaje
Le type yariko anywa agacupa yabishoboy sana.....yakiny neza
Nukuri mukina komedi nanje ncandayibona mubanti beshi
Non mutima uri pst wagiy gukorik mukanar?? 😂😂😂
Mutima shaa 😂😂
Hahahaha minina waaaa
Mwasarishije iryo cupa riri vide nta zoga irimwo😅😅😅😅😂
Mutima ndagukunda
Team mutima oyeeee
very creative
Love 💕💕😘💕😘 my friend Mutima
Mutima ntabakizw bagihari n'uko' bimeze besh babikora binyegej🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Kizira kudandahirwa.nayo twaravyemerewe vyose😎😎😂😂😂
Nwa mutima avyibonere
Mutima
Nimwubahwe.murashoboy
nice boss
Yoooodisi birababaje
Mutima Komesha kweri.
Wamuretse akanywa
Love from bantu bwoy fans
Mutima y're th best nukuri
Love from myself👌👌🙋
ufise ikibazo nyabaki cotuma unywa kuyo ndiko ndanwa 🤷♀️🤷♀️🤷♀️😂😂😂
Woow
Team mutima murigisha muvyo mukina mukomere...
Mwampanimero yanyu
Vraiment respect to you guys
🤣😂🤣😂😂😂😂😂😂😂😂 ngibisweka kwa sioni
Mutima 🔥🔥🔥🔥🔥✊
Mwubahw 👌
Team mutima mutwigish nez
Nibaze ko brarudi ibabona kuko publicité mubagirira irarenze pe ,nibarabe babahe vrt akantu ndakabasabiye🤔🤔😀😀
🤣🤣🤣🤣uduhurumutwe kwer mutima wacu
Turabukudunda team Mutima
hahahahahahahah aracandaza ibisweka kwa Siyoni
💪🏻💪🏻💪🏻💪🏻
😂😂😂Mutima imanirakubona😂
bagir bakor umuti
Kwl
Umvukukuntu inzira z'Imana zitangaje, ukuntu Manudi yagiye iburayi atazi gusoma peeee🤭🙆♂️🙌❤️
th-cam.com/video/lTDEj7-mH_Q/w-d-xo.html
Kanguka
Ewe joba urumuhatari
No 1🔥🔥🔥🔥
Mariko baramuyoye haaaaaaa pole
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🙏
Mana weeeee nukuri Imana iturengere
Team Mu Love 🤣👌🔥🔥🔥
Vyiza
Love from🇷🇼
👌👌👌👌👌👌👌👌👌
Respect team Mutima
Hahaha muranyeguye
😂😂😂😅
🤣🤣😍😍💗❤💛💚💙
Ibikorwa vyimana bifisurutonde
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
My teams mutima ndabafana mubikora neza💖🇧🇮✌️✌️
Mutima yeretswe😂😂😂
Hello guys 👋 nigisha Camera 🎥, Editing 🖥️ 🎞️ ✂️ na Photography 📸 munsure hano mbigishe umwuga 👇 👇 👇 👇 👇
th-cam.com/video/x-9tsS4nLhs/w-d-xo.html