Kubera hari ibiti vy’inshi. Izuba ntirishobora gushika neza ahari abantu kubera ibiti biba ari vy’inshi; alors qu’içi, nta biti, y a des voitures, des stations mu mabarabara bref mwatahuye muca mubona ingene i Bujumbura hameze. J’espère que je vous ai aidé du moins.
Nelly uribabarira Simbizi agusunvya ubusazi.
Haha😅😅 Vibes
Simbizi niwe wenyen amushoboye 🤣
Ako kantu simbizi yama avuga Nelly Nat ndagakunda biraboneka Kari indaya.
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣