ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Ego kweli Kuba kw'isi nukwitonda courage Femi🙌
iyi ndirimbo ifise amashusho menshi kandi meza hama ikoze neza
Ni ukwitonda koko, ni ukuri kwuzuye.
Great Job.Big up
Indirimbo nziza cane igihe cose ndayiraba irampindura 👌👌👌 courage gose Femi ukomeze kubaka izina ryigihugu cacu Hose
Vyiza cane , iyi ndirimbo amajambo yayo afis akanovera
Komera mutama twubaha kumpanur mugend muraduh
Indirimbo ni nziza cane, eka n amasanamu nimeza kabisa courage Femi de j'Abat hamwe nuwakoze iyo video
Ma chanson préférée... Félicitations femi
Vidéo nziza vraiment
Mbega indirimbo uryosh !!!yuzuye impanuro ninyigisho p
Nice song God bless u papa
Yoooo
Ino ndirimbo ni nziza cane ifise amajambo afasha gose mu buzima bwa misi yose, ikigisha kubana neza n'abandi. Imana iguhezagire cane Femi
❤❤❤❤❤