NGIRIRA UBUNTU SAINTE CECILE

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 23 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 62

  • @JeanboscoTuyisabe
    @JeanboscoTuyisabe 3 หลายเดือนก่อน

    Ngirirubuntu mwana wa dawidi ❤❤❤

  • @Félixking-224
    @Félixking-224 5 หลายเดือนก่อน

    Best song God is good. ❤️🙏❤️🙏

  • @daphrosenahayo8467
    @daphrosenahayo8467 5 หลายเดือนก่อน

    Amen muhezagigwe. Mwahisemwo inzira nziza

  • @ReverienNkengurutse-f3u
    @ReverienNkengurutse-f3u หลายเดือนก่อน

    bien fait cheza kinanda mkude

  • @FiacrepaçifiqueNsabimana
    @FiacrepaçifiqueNsabimana 5 หลายเดือนก่อน

    Umukama abandany kutuba hafi 👏👏👏👏

  • @ClaudineIrakoze-x8x
    @ClaudineIrakoze-x8x 4 หลายเดือนก่อน

    Courage banwanyi

  • @Joellamugisha
    @Joellamugisha 5 หลายเดือนก่อน

    Ngirira Ubuntu Yezu mwana WA Dawudi!!! Birahimbay can ese Umukama ivyiza adukorera !!! Muhezagigw can mwabikoze neza can!! kandi muranadutahuza amajambo avugamwo🙏🙏🙏

  • @desirentakirutimana-n4k
    @desirentakirutimana-n4k 5 หลายเดือนก่อน

    Imana ibandany ibakomeza muriyo ngabirano

  • @KimugaJuma
    @KimugaJuma 5 หลายเดือนก่อน

    Ooh vyiza cane mutima mweranda abakomeze ndabakunda cne!!!!

  • @IrakozAudace
    @IrakozAudace 5 หลายเดือนก่อน +2

    Imana yabahay ingabirano yukuyikorera nukuyiririmbira twihetse kur cicilia mweranda niyuhir choral saint Cécile kanyosha turabakeje kwiyontambw mugezeko imana ishishikare kudukomeza twebwe twatorany umwerand cicilia muhezagirwe

  • @desirentakirutimana-n4k
    @desirentakirutimana-n4k 5 หลายเดือนก่อน

    Vyiza cane umukama abahezagire

  • @MJL_4EVER46
    @MJL_4EVER46 5 หลายเดือนก่อน +2

    Louer Dieu l'éternel🎉🎉

  • @SAMUELNDAYIRAGIJE-q4w
    @SAMUELNDAYIRAGIJE-q4w 5 หลายเดือนก่อน

    Indirimbo nziza cane. Turabakeje, mukomere

  • @MOlivier-kt2sm
    @MOlivier-kt2sm 5 หลายเดือนก่อน +1

    New song ❤❤❤❤❤❤

  • @JeanNorbertTuyikunde-c2z
    @JeanNorbertTuyikunde-c2z 5 หลายเดือนก่อน

    Courage

  • @joselynensanzimana8331
    @joselynensanzimana8331 7 วันที่ผ่านมา

    Fiacre mugume kwibanga

  • @DaphroseMfukamensabe
    @DaphroseMfukamensabe 5 หลายเดือนก่อน

    Vyiza caaane komera mukwemera

  • @silasmanirakiza8861
    @silasmanirakiza8861 4 หลายเดือนก่อน

    Mwubahwe muduhe utudituryosh

  • @ReverienNkengurutse-f3u
    @ReverienNkengurutse-f3u หลายเดือนก่อน

    ngirirubuntu mwana wa dawidi

  • @benjosephbigirimana9602
    @benjosephbigirimana9602 5 หลายเดือนก่อน

    Vyizaaa Cane !!! Umukama akomeze kubanzigamira Nukuri 😂😂😂😂a

  • @BonifaceNkunzimana
    @BonifaceNkunzimana 5 หลายเดือนก่อน +1

    Ndabakunda

    • @YESUNIMWEMA-i3b
      @YESUNIMWEMA-i3b 5 หลายเดือนก่อน

      Natwe turabakunda umukama abakomeze

  • @Nana-lr7po
    @Nana-lr7po 5 หลายเดือนก่อน

    wao Vyiza Imana ibakomeze

  • @NdikuriyoYolene
    @NdikuriyoYolene 5 หลายเดือนก่อน

    Vyiza cane mukomere mukwemera

  • @Yezunimuzima
    @Yezunimuzima 5 หลายเดือนก่อน +1

    Courage❤

  • @JamesNdayiragije-zg2fc
    @JamesNdayiragije-zg2fc 4 หลายเดือนก่อน

    Beshi baramwamira ngo nacereze abantu ningoran

  • @MathieuSibomana
    @MathieuSibomana 5 หลายเดือนก่อน +3

    Abaduteye integemwese murakoze cane

  • @ToussineFifi
    @ToussineFifi 5 หลายเดือนก่อน

    Muryoherwee goose.murakoze

  • @جوليبروندي
    @جوليبروندي 5 หลายเดือนก่อน +2

    Iraryoheye koko Umukama abakomeze

    • @YESUNIMWEMA-i3b
      @YESUNIMWEMA-i3b 5 หลายเดือนก่อน

      Murakoze cane muvukanyi tubasabe mubandanye gutanga link kubandi kugira bayibone nabo
      th-cam.com/video/FsEJUH9oGwE/w-d-xo.htmlsi=Mu64JZbfCYXMx1kW

    • @YESUNIMWEMA-i3b
      @YESUNIMWEMA-i3b 5 หลายเดือนก่อน

      ❤❤❤❤❤

    • @YESUNIMWEMA-i3b
      @YESUNIMWEMA-i3b 5 หลายเดือนก่อน

      ❤❤❤❤❤

  • @Audrickniyubahwe
    @Audrickniyubahwe 5 หลายเดือนก่อน +1

    Mwubahwe

  • @TelesphoreNiyokwizera
    @TelesphoreNiyokwizera 5 หลายเดือนก่อน +2

    Muhimbarwe munezerwe kk impera yanyu izoba Nini mw'ijuru

    • @YESUNIMWEMA-i3b
      @YESUNIMWEMA-i3b 5 หลายเดือนก่อน

      Komera mutama 🖐️

  • @fredericbukuru6153
    @fredericbukuru6153 5 หลายเดือนก่อน +4

    Good

    • @YESUNIMWEMA-i3b
      @YESUNIMWEMA-i3b 5 หลายเดือนก่อน

      Murakoze cane tubasabe kuyisangiza abandi

  • @MathieuSibomana
    @MathieuSibomana 4 หลายเดือนก่อน

    ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @omarmuhimpundu
    @omarmuhimpundu 5 หลายเดือนก่อน +3

    ❤❤❤❤❤

  • @LaurentNsabimana-w3p
    @LaurentNsabimana-w3p 5 หลายเดือนก่อน

    Ndabakej imeze neza koko imana nitugirirubuntu bwishi

  • @manirakizaferdinand2130
    @manirakizaferdinand2130 5 หลายเดือนก่อน +2

    Ndabakeje

  • @Donformidable
    @Donformidable 5 หลายเดือนก่อน +2

    Birahimbaye ,ndabakeje

  • @زياد-ذ5ف5ه
    @زياد-ذ5ف5ه 5 หลายเดือนก่อน

    Mukomeze 2028 turikumwe

  • @Nana-lr7po
    @Nana-lr7po 3 หลายเดือนก่อน

    Komera

  • @TelesphoreNiyimubona
    @TelesphoreNiyimubona 5 หลายเดือนก่อน

    Mwabikoz neza cn

  • @YESUNIMWEMA-i3b
    @YESUNIMWEMA-i3b 5 หลายเดือนก่อน +1

    Indirimbo irameze neza cane

  • @IrankundaMechaque
    @IrankundaMechaque 5 หลายเดือนก่อน +1

    Mukomere ntimunyiganyige

  • @dcashmusic7707
    @dcashmusic7707 5 หลายเดือนก่อน

    🫡💯💯💯💯💯💯