"Ishusho y’umutwakazi imeze gute ?" 🤔

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 8

  • @macjoy4897
    @macjoy4897 ปีที่แล้ว +2

    Ntabwoko busumba ubundi…abari bazi ko bari supérieurs y’abandi ibihe vyarahindutse 😊 Restes fière de toi ma sœur

  • @ADIELKARANGWA
    @ADIELKARANGWA 6 หลายเดือนก่อน

    Ooooh ba Umurundikazi birahagije

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 ปีที่แล้ว +1

    Ukomeze ugire urupfasoni witonde kandi ukurikirane indoto zawe zose uzoshika kure.

  • @hombredeyah1764
    @hombredeyah1764 ปีที่แล้ว

    Respect to Yah's Chosen People, I Bless the People of The Land "

  • @duraduura3726
    @duraduura3726 ปีที่แล้ว

    Ntawobimenya yaba nari umuhungu nokwikozek😂😂

  • @gak-j6167
    @gak-j6167 ปีที่แล้ว

    None ko tuzi ko abantu bambere batanguye kuza kwisi yari adam na eva,ivyo vy'ubwoko mubikura hehe?
    Nta bwoko buhari kuko no hanyuma abantu bose barahonye hasigara umuryango wa nowa.
    Ubwoko n'ububeshi mwihaye

  • @mireillemizero1377
    @mireillemizero1377 ปีที่แล้ว

    Uranezereye cane. Uciye ubwenge cane kandi wararezwe neza mwana. Uri intore cane.

  • @gak-j6167
    @gak-j6167 ปีที่แล้ว

    None ko tuzi ko abantu bambere batanguye kuza kwisi yari adam na eva,ivyo vy'ubwoko mubikura hehe?
    Nta bwoko buhari kuko no hanyuma abantu bose barahonye hasigara umuryango wa nowa.
    Ubwoko n'ububeshi mwihaye