ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Urakoze uturangire numuti wamaso atukura
.ibumba gera twaribonagute ndimurikonho
Pa😊
Murakoze cane mukundwa . Hama iryo bumba ryera norikurahe ? Je mfise uduherehere turya tukavamwo ibintu vyera kandi ndatumenye umubiri ugaca uvyimba mwomfash mukundwa
inbox
Murakoze cane ariko mwoturangira umuti wabana bisobako aho baryamye
murakoze cane ndabikora uno munsi♥️
Woww. Nukuri nagukuze
urakoze ncuti yanje
Merciii saana
❤️❤️
Arijire verte niki twayikurahe
mubadiventiste
Murakoze kumpanuro yi miti none akarura gasa gute canke kagurirwa hehe murakoze
Bwira sha ikivura fibrome?
Ibumba ryera twarikurahe mukunzi wacu?
mubatempera
Jewe iryo bumba bavuga sindaritahura niriwe bahora babumbishinkono?
Umutiufasha uwutaravyara?
Argiles verte iratera constipation barifata gute?
Merciiiii❤
😅😅😅😊
❤️✅
Ibumba tworikura hh?Urakoze mazeu🥰
Duhe namba yawe tukubaze aho twarikura kuko turandika ntudusubiza?
ziriko
Bonjour, tetracycline kagurwa 1000 pe, kandi urakoze cane no kuri iyo argile blanche.merciiiiii
🙏♥️👍
Urakoze Jeannine.Ese argile blanch buriya siyo bita ingwa.imwe batera mu nzu nk'irangi?
yooooo oyaye
rihingirwa ukundi❤️
Muratubwire ibikurako ivyo bita mu gifaransa ( des poches sous les yeux)kuvyimba ku maso uzoba ukoze.
None ukoresha vyinshi wumva twomeny icatuvuye?
none ncuti uriye épinard uno munsi ,ejo ni irengarenga,canke n'ibindi kandi zose n'imboga kandi zikora kumwe
Bose nibinzobe gusa?
sintahuye
nitwa Jonathan watura ngiye umtu uvura imvi avuta ya kokonati twarayabuze kanda rimwo
ngo yarabuze ndiko ndarondera ibindi
Turagukunda caane mbega abafise uruhu gwirabura KO mutaruvugaho
yoooo ibi bikoresha peau zose ugira peau usanganywe nziza
Duhe nimero zawe tuzohore tukubaza ibintu
ziriko hejuru
Amaso yambaye ndanse nihatari😢😢non iryobimba worikurahe??
nugusenga Hama tugafata imiti
Duhe numero yanyu tuzohore tubabaza vyishi
kuri Jeanine tv ziriko
Ibumba ryera tworikurahe????
mubatempera ncuti
Tubwire aho iryo bumba tworikura,gusa ndagukunda.
mbwira ubahh
Mbega olive oil n'a blanc de l'oeuf bikora kuri cheveux naturels gusa?Si c'est défrisé comment faire?Thank you
bikora hose 'mugabo iyidefrige nayo birakunda naturel Niyo sawa
Muri ville haryaa kumashurwe winjiye indani hariho umuntu arindandaza,adandaza ubwoko bwinshi ,uramubwira iryo ushaka
bacuruza iki
Ibumba ryera rivahe
Iri bumba riboneka he?
bivana nahuri mubatempera nisawa
Jeanine wacu turagukunda caane, utwigisha ibintu vy'akamaro cane.
amen nanje ndabakunda ncuti yanje💯❤️🙏
Nukuri mwadufasha cane ariko vidéo yawe irarambirana kuko mukuvuga urikwega cane nukurondera umuntu atraita vidéo yawe aho urandira mukabikata kugira ibe ngufi
None iryo bumba ryera barigurira hehe?
mubintu kama
Mbwra ah norikura mb gitega
mubatempera ngira mworironka murabaza mwumve ,Jew NDI Buja uribuze iyo urambwira gutumire
Mudufash mutubwire iryobumba ryera ahorigurigwa
mbwira bivanye nahuri
None iryo bumba ryova he?
ubah
Akarura mu kinyarwanda bakita gute?
Umwami wishamba❤
Akaziraruguma
Murakwiy cn
👍
Ibumba ryera tworironka gute?
Gtg norikurah?
Uzadukorere ubushakashatsi kwisabune imwe yirabura bita runyenyeri ya savonere
ninziza sawa
Ibumba ntiwari kurikorogesha ikiyiko. Bakoresha agati. Kandi ntibarishira mu kintu c'icuma canke plastique. Bashira mu kintu gikozwe mw'ibumba
murakoze cane
Urakoze uturangire numuti wamaso atukura
.ibumba gera twaribonagute ndimurikonho
Pa😊
Murakoze cane mukundwa . Hama iryo bumba ryera norikurahe ? Je mfise uduherehere turya tukavamwo ibintu vyera kandi ndatumenye umubiri ugaca uvyimba mwomfash mukundwa
inbox
Murakoze cane ariko mwoturangira umuti wabana bisobako aho baryamye
murakoze cane ndabikora uno munsi♥️
Woww. Nukuri nagukuze
urakoze ncuti yanje
Merciii saana
❤️❤️
Arijire verte niki twayikurahe
mubadiventiste
Murakoze kumpanuro yi miti none akarura gasa gute canke kagurirwa hehe murakoze
Bwira sha ikivura fibrome?
Ibumba ryera twarikurahe mukunzi wacu?
mubatempera
Jewe iryo bumba bavuga sindaritahura niriwe bahora babumbishinkono?
Umutiufasha uwutaravyara?
Argiles verte iratera constipation barifata gute?
Merciiiii❤
😅😅😅😊
❤️✅
Ibumba tworikura hh?Urakoze mazeu🥰
mubatempera
Duhe namba yawe tukubaze aho twarikura kuko turandika ntudusubiza?
ziriko
Bonjour, tetracycline kagurwa 1000 pe, kandi urakoze cane no kuri iyo argile blanche.merciiiiii
🙏♥️👍
Urakoze Jeannine.Ese argile blanch buriya siyo bita ingwa.imwe batera mu nzu nk'irangi?
yooooo oyaye
rihingirwa ukundi❤️
Muratubwire ibikurako ivyo bita mu gifaransa ( des poches sous les yeux)
kuvyimba ku maso uzoba ukoze.
None ukoresha vyinshi wumva twomeny icatuvuye?
none ncuti uriye épinard uno munsi ,ejo ni irengarenga,canke n'ibindi kandi zose n'imboga kandi zikora kumwe
Bose nibinzobe gusa?
sintahuye
nitwa Jonathan watura ngiye umtu uvura imvi avuta ya kokonati twarayabuze kanda rimwo
ngo yarabuze ndiko ndarondera ibindi
Turagukunda caane mbega abafise uruhu gwirabura KO mutaruvugaho
yoooo ibi bikoresha peau zose ugira peau usanganywe nziza
Duhe nimero zawe tuzohore tukubaza ibintu
ziriko hejuru
Amaso yambaye ndanse nihatari😢😢non iryobimba worikurahe??
nugusenga Hama tugafata imiti
Duhe numero yanyu tuzohore tubabaza vyishi
kuri Jeanine tv ziriko
Ibumba ryera tworikurahe????
mubatempera ncuti
Tubwire aho iryo bumba tworikura,gusa ndagukunda.
mbwira ubahh
Mbega olive oil n'a blanc de l'oeuf bikora kuri cheveux naturels gusa?
Si c'est défrisé comment faire?
Thank you