UMVA YA MAGAMBO YA MINISTRE WA JUSTICE YAVUGIYE MURI GEREZA INGARUKA ARI KUGIRA KU BATUTSI I CONGO

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 11 ธ.ค. 2024

ความคิดเห็น • 7

  • @bfreebabi5398
    @bfreebabi5398 6 วันที่ผ่านมา +2

    ikindi naco, uyomukobwa yafatanywe nuyo musirikare, yaje ava mu Rwanda canke yarumunyamurenge nawenyene ..? Ariko nimba uyomukobwa yaraje ava mu Rwanda.. nuBurundi bwarikumufata pe....? Paul Kagame akoresha abantu batandukanye..mwarumvise ivyo wamugore Mignone yashaka kukorera uBurundi dernierement,,,..

    • @Rud636
      @Rud636 4 วันที่ผ่านมา

      Niba Pastor Mignone yafata uburundi, nta gihugu mufite nimuhunge😂

  • @bfreebabi5398
    @bfreebabi5398 6 วันที่ผ่านมา

    Umusirikare wumunyamurenge azakurongora canke kucigiza umukobwa avuye murwanda..murikigihe..nibitasanzwe..pe.. Mbega Paul Kagame yoreka kubaza umusirikare wiwe acikize umukobwa avuye Kishasa..bahwaniye muri Hotel..??? Please...

  • @bfreebabi5398
    @bfreebabi5398 6 วันที่ผ่านมา

    President Paul Kagame arazwi neza yuko yishe President wuburundi Cyprien Ntadryamira..none ngo ntibamuvuge pe ,...est ce que vraiment mwebwe mura Banyarwanda canke aba Congolais..? USA yirigwa iratuka abandi ba President none se komutaravuga ikintu nakimwe kibi kuri Trump canke nabandi ba President ba USA..? Umubi abwirizwa kuvugwa,, ukwari..

  • @rosettefurahakalonda7275
    @rosettefurahakalonda7275 5 วันที่ผ่านมา

    Wa murundi uko lofa saba
    Président Kagame yishe ntarymira Uzagende umurege iryo n'ishyari na comprex turabizi mwanga
    Urwanda

  • @bfreebabi5398
    @bfreebabi5398 6 วันที่ผ่านมา +1

    None Nonese komufite affection cane ku Rwanda …kushika uhuko mudefendant Paul Kagame….?