ความคิดเห็น •

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 11 หลายเดือนก่อน +1

    Iyo affaire Bunyoni, nivyo bapfa kubera Bunyoni yari yatunze birenze urugero aho akengera Never n'abandi barikumwe. Habaye ivyo kugira inzigo. Ariko nivyiza ko bamushize imbere y'ubucamanza. Never wewe mu maze imisi mwumva ko ivyo kurongora uBurundi yabivuyemwo, ubu ararima, akadandaza, ubu afise na microfinance, mu misi iza azotanguza i banki. None uyo mutahe Never yawukuye hehe, muri za nsazi, imisiba, n'inkwavu.🙂🙂🙂🙂

    • @JustineNizigiyimanajustine
      @JustineNizigiyimanajustine 10 หลายเดือนก่อน +1

      😂😂😂😂nihatari muhungu Ubu turirongoye reka babanze bwatwicishe inzara

  • @هاجرالدوسري-ش7ض
    @هاجرالدوسري-ش7ض 11 หลายเดือนก่อน +5

    😊 Neva wewe azorira ayokwarika umuntu arinda arira ahiriwe umusi azoba agowe hoho azorira bingana iki!!?😊

  • @nduwayolobert2679
    @nduwayolobert2679 10 หลายเดือนก่อน

    Ntakibura comenter

  • @desireirambona2319
    @desireirambona2319 11 หลายเดือนก่อน

    Francis yari umu CNDD-FDD yarabivuze mu biganiro. Yavuye mu mugambwe abonye akarenganyo kahari, kandi abona CNDD-FDD ata vision, na projet de societé yubaka uBurundi ihari.

  • @هاجرالدوسري-ش7ض
    @هاجرالدوسري-ش7ض 11 หลายเดือนก่อน

    😁😁😏 ariko naragenze ngonze mbone hariibintu bitwengeje ariko binababaje .. mbega ikiganiro.!!!

  • @JohnMukasa-w5b
    @JohnMukasa-w5b 11 หลายเดือนก่อน

    We rofa, kuberiki ushiraho Publicité nyinshi mukiganiro?

  • @HakizimanaDonatien-c4x
    @HakizimanaDonatien-c4x 10 หลายเดือนก่อน

    Wicisha inkota ukicishwa iyindi

  • @anesiendaz9890
    @anesiendaz9890 10 หลายเดือนก่อน +1

    Uwapfuye yarihuse pe

  • @هاجرالدوسري-ش7ض
    @هاجرالدوسري-ش7ض 11 หลายเดือนก่อน

    Bunyoni akwiye kuja kuburanira mukindi gihugu ataruburundi ivyobintu banyegeza bikaja ahabona

  • @kabatesialoysie9331
    @kabatesialoysie9331 11 หลายเดือนก่อน

    Tout se paie ici bas; Abo bicanyi nibahanywe!