B-Face Na Lino G n Kirikou'Double jay n EstherNish bahuriye Kuri Stage Imwe Ibujumbura muri Primusic
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 8 ก.ย. 2024
- @kirikoua-kili4591 @doublejayonceagain9102 #hittoptv1 #landrypromoter #bface @bfaceofficial #esthernish @EstherNishOfficial @hittoptv #primusic #primusicBujumbura
Felicitations Legende wacu werekanye icushoboye....Brarudi ikurabe ryiza kuko Urakaze....
Wema entertainment musically vibes linoG hitmaker
Aba legend 😎 na cane cane mukayanza ✌️
Abarundi turabamere kwisi dukunde ivyiwacu 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮 turashoboye Bdi IS the first
Kirikou ari kuri swaaaag wowww 💗💗
Kirikou Akili baze bamwongere inot KK niw ashusha abantu
🙏🙏🙏💪
Double jay hejuru cane ❤️❤️🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Kumbe igeze ibujumbura ahoho iraheze
B face yaduhay vibes zubugeseraaa wallah
Ça e
So muzoza ibubanza Kuri centro ville
Eeewe kiliku alalenze🤣🤣🤣🔥🔥🔥🔥👍💪🇧🇮
Wow 😊
Nyinaaa
Kuki mutaduhay Esther Nish 🥺🥺🥺
🔥🔥🔥🔥
Iyi commentaire ndayanditse kugire nerekane urukundo nkunda LinoG🙌🙏🔥🔥🔥
Nkiyi ngoma ya lino g arahandi yociye aba umutunzi
LEGEND 👏👏👏
Abobantu bararenze
Mwubahweee mwese. Ndabakunda❤️🇧🇮
Congratulations legend ariko twese twitwa abarundi❤🇧🇮❤🎤🥁🎺🎧🎻🎸🎼💃💃💃💃🥳🥳🥳💯✅🔥🔥🔥🔥🔥🔥👊👊👊✌
Kilikou arasumvya bos abar mur primusic
Iryobutura rya Kirikou ndk
Eg ndk gus Kirikou ahari hose yubahw sn ndk
Double Jay izo ndirimbo ziw zimaze igihe narabe asubire muri studio ahige bishasha
🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Double jay wapi ntavyazi gutang Vibe mur public kwl numusani womur studio
Muntiriz iryobutur kirikou😅😮
Iyompuzu kiri kou yambaye🙈🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣Nibazekwari ikirotee🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
Vyabintu nakavuyo hhh nn muri game nkiyi barahurira kuri stag imwe
Bololee
Borore benewanyu
Double we are with you but improve
Double Jay nimba araho avyibushe kur stage wapi ndake😂😂😂Kilikou nawe azonabica wallah 🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Reka reka double Jay niwe hits Maker nukuryosh primusic niwe yayiryoshej ntawundi