ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
nago abeshya. ahubwo. izinimero zikora kumoko atandukanye ya tele phone
Nibagiye code nokugurura gute ?
Nibyiza
I am from Rwanda but you Burundians 🎉😢😢 so amazing sister
Ndashak mumbwira application za fne yanje zose zaravuyemwo nobikora gute??
Nigute wakongera volume ta tephone igie ivuga buke?
Nigute ubona uwumviriza ubutumwa bwo muri telephone yawe?
Ndagukunda cyane . .. jya utubarira ubwo buhinga bw'ikoranabuhanga
@@bugingoJosie urakoze cyane nanjye ndabakunda muri ab'igiciro.
vyiza cne. hma nashaka mutubwire iyumunt ashaka kumeny am sms naho bandikiraniy nuyundi twoca kuyah code?
Mwiriwe cane none kuri telephone yamatushe birakunda?
Merci kuriyo video muradutohereza gute ushobora guformata telefone mugihe ufise irya code ya Email ya telephone
This cod you can use it for small phone?
None iyo kode yoguformata fone yose ntabwo haca hinjiramwo kode WiFi ??? Ikagorana gusubira kujako numurongo merci pour votre information
Mbwira ukuntu winjizamwo izo kode,ucahe kugira ibishitemwo? Chr wanj arancanga
None ko bavuga ko code n1 ikora usangahe amajwi yahakinzwe?
×#06# iyo bakwivye telephone uvuzeko iyo code igufasha kubloka telefone,bikorwa gute?
Mukomeze mwungure ubwejye ababakurikira
Urakoze cne. nnx nigute bareba ibintu wasibye udakoreshej kode
Nonese ko iyi code *#30# ko idakora biraterwa niki??
None izo code ubikora ata carte sim zirimw?murakoze
nisawa,none zino code zitwa gute ?
Ikibazoi iyikode uyemezahe?
Umuntu yabona ate telephone imukurikirana?
Igukurikirana mubuhe buryo? Mukumva call zawe, cyangwa se Hack isanzwe? Kuko biratandukanye
Umwe iyo afite pfone Atari smart phone birakunda?
ibi uvuga ubikurahe,wagiye ureka kubeshya?
Don't say without thinking a lot!
Ese nismt ikoraho?
Urakoze muvandi baducaginyuma pe
Duhe video wabikorute uri American?
birakora kbsa mercimudufashe mutubwire code umutu weseu yakore wamuhamagara ntumubone knd atakuyeho 4ne
Nisaw? Ndabasabe muzoje muravuga izo amaphone zikorako
Iyo ushyizemo kode wishyura angahe?ariko mujye mudusubiza.
muza twereke uko na block phone ukoresheje EMAIL
Urakoze gose
Amusing & iphone ,techno.. bikoraho hose
Kombona atishura ibibazo abazwa nikuk??
None kodeyaga3 ubonamessaje??
None iyokode uyemeza nkakurya wokwemeza nimero?
None ufunze simukadi wakoresheje iyo code wayifugura gute konibeshye nka yifunga
Oe ushiramwo inimero yande?
Murakoz cane icontamenye nikimwe igihugu cose uburimwo wifachicha izokode nyene
Murakoze
Urakoze disi imana ikumperumugisha nari narabuze uwobinyereka 🥱umugabaraho ndamuziye pee😂
Nigute wahackinga wifi
Thx!
Ndagukunda
Byiza cane ❤
Umugongo wumurogano
Duhe vidéo ushaka gusoma SMS yiwe
HHhH! Curious person
Izo codes uzemeza gute?
Good nice 👍
Okey mubamwitayekuntu
Urakozepe mazigihe nshaka kumenya izicode
Warateguye komeza
Uwo washizemwo number yiw arabibona?
Murakoze cyane ibi ningenzi
3:04 3:08
Nonese umuntu acahe? Ashyiromo code 4 kwariyo shaka gukoresha murakoze
Mutubwire iriya code ituma uwo ubikoze ava kumurongo
Mwirineza nigute wakugara phone yawe mugihe bayikwivye mufashe munkorere video yuko nabigenza
Nange byanze bysnze mwamfasha iki**21 ntikunda p
oe bikora kuri fone izihe jew mfise digno vyase
Ese abantu bamuhamagara Bose urabumva bose
Urikwigishabantu ubusutwa nokwinjirira abantu mubyabo ibyontacobyakumarira mwiterambere ryawe.
Yego rata abagore twishakiye Badu ca inyuma batashye
ndasavy ababiz bampe code ishobora gutum menya sms abayandikiraniy n'abandi
Asante sana wangu
Urakoze cane mwiza❤❤❤❤
Nonese konayisizemo ntibikunde
Ni fone zosen. Nantoya zirimwo
Mwiriwe. Ni smartphones gusa
None vyaba bikora kumirongo yose yaterephone
Uratwereka ukuntu tworotira amafranga twinjije kuri za apk watwigisha
NIGUTE TUYINJIRAMWO KUGIRA TURABE UBWO BWOKO BWA APPAREIL PHOTO
Uzatubwire uko uzimya telephone uloresjeje emei
Ni Gaby ya nshuti yawe mugashyushya
Sawa komera
mukomere
Merci
Ndigukunda ukuntu arikuvugango uzaba ubihebye burunduburundu 😂
Good ni byiza
Jewe naragerageje gushiramwo iyo code ##002# vyaranse
Narabikoze byaranze **21# iyo code yaranze pee
Birategwa n'ubwoko bwa téléphone Muvandi. Uzanyandikire kuri mnawetv@gmail.com umbwire ubwoko bwa phone yawe ngufashe
Na Jew vyaranse
@@Menyanawe-Tv9kk 5:42 😮😅
None nigute womenyako umuntu akumviriza
Nice
Reka ngerageze ndabe kuvuga ukuri
Komaza uduhugurepe
Ndakwemeyep
Murabeshya😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
Thank you
❤
Byaba byiza mugiye muduha urugero
Wipfuza kumenya vyinshi kuvyerekeye phone fyonda hano:th-cam.com/video/7hwgmVZ56us/w-d-xo.html
Ureke kubeshya
Nsigurira nigute nasiba appurication ntacyeneye.murakoze
None izi code wazikoresha mugihugu waburimwo cyose
Njewenda hamagala bikang
Kabx unkoreye umutsi peee
Oya haribishoboka nibidashoboka
none izi codes zikora kkuri telephone zose
Hello ndagusabye ukande kwiyofoto ukore subcrebe ndagusabye 1
Nonese ubyumva unyuze hehe
Uratubeshye mwn
None kowatubeshye mupfasoni😢😢😢😢
Hari ibyo atubeshye pe arko harimo n'ibyukuri
Njyewe ndabona arumutubuzi
jyusobanura neza nonese izo nimero abarizawe cg abarizundi muntu

birakora kbsa merci
mudufashe mutubwire code umutu weseu yakore wamuhamagara ntumubone knd atakuyeho 4ne