RABA ukuntu KAMIKAZI sandrine yaraye yahukanye numugabo wiwe uyu musore wumu diaspora araduhaye

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 24 ม.ค. 2025

ความคิดเห็น • 25

  • @hanifaalia5476
    @hanifaalia5476 3 ปีที่แล้ว +1

    Ubu rero kugire turabe ibiganiro byanyu titre ni Kami hhh Sandra wubahwe mama usigaye urenze🥰💞💃

  • @hakizimanageorges8753
    @hakizimanageorges8753 3 ปีที่แล้ว

    Nukuri alvella ndagukunda arik kwandik titre yoguchafuza Kamikazi ni kuberik umukobw wacu i muramvya mumuveko kbs nkubu wubats bakaguma bakuvuga KO wahukany kandi utahukany vyokuryohera wew

  • @avillavilla9925
    @avillavilla9925 3 ปีที่แล้ว +3

    Salut mwana nikundira❤❤

  • @ابوكلنك
    @ابوكلنك 3 ปีที่แล้ว +1

    Courage avella

  • @peggemegennaineza7952
    @peggemegennaineza7952 3 ปีที่แล้ว +3

    Wawooo nduwamber nabatanz mwese.

  • @niyogushimadorine6086
    @niyogushimadorine6086 3 ปีที่แล้ว

    Muvuge inkuru zo apana ububeshi Alvella urakijijwe muze muduha inkuru zo zukuri

  • @mariammunezero2444
    @mariammunezero2444 3 ปีที่แล้ว +1

    Iyi titre niyo 🙈🙈🙈

  • @sshh5464
    @sshh5464 3 ปีที่แล้ว

    None alvella aho nukuri utaduhenze ahico kiganiro ukoze nayo majambo wanditse ya kamikazi ngoyarahukanye aho koko Ntanisoni wabikoranye 🤔🤔😎🤔

  • @hgcbj635
    @hgcbj635 3 ปีที่แล้ว

    Za mwandik titre zijany nikiganiro apan kubesh

  • @mugishasifa-rq9qs
    @mugishasifa-rq9qs 6 หลายเดือนก่อน

    ndanj ndivuz kumenyekanish ivyanj

  • @velylovesabushimike4126
    @velylovesabushimike4126 3 ปีที่แล้ว

    Alvella unyarukane ikindi gice nubwo mwabanje kutubesha

  • @ريمالريم-ح2خ
    @ريمالريم-ح2خ 3 ปีที่แล้ว

    Ukubesha gusa nivyuzi

  • @angedarlene1770
    @angedarlene1770 3 ปีที่แล้ว +1

    Iyi titre alvella ngongwiki cank nasomye nabi🤦‍♂️🤦‍♂️🤦‍♂️

    • @harerimananadia3433
      @harerimananadia3433 3 ปีที่แล้ว

      Oya barashish ama titre yaba yose Kuma TV yose bandik Yuko kamikazi yahukany murakwiy kwisubirako kuruzi titre

  • @omanni5212
    @omanni5212 3 ปีที่แล้ว

    Nihatari.mumbonero birakaze

  • @nadegekwizera2633
    @nadegekwizera2633 3 ปีที่แล้ว

    Ba mureka kutubeshaa mwishakir vues gusaa

  • @chantalbutoyi1330
    @chantalbutoyi1330 3 ปีที่แล้ว

    Ivyo muvuga kuri kamikazi mubifiriye ubuhamya

  • @emeryhabinganji9840
    @emeryhabinganji9840 3 ปีที่แล้ว

    Mugaba kutubesha bizobafasha

  • @mutamatv7128
    @mutamatv7128 3 ปีที่แล้ว

    Yemwe yemwe Bantu mufit ama tv
    Nimpamvu iyihe muvuga kamikazi sandilinne ese ko mumugerera kwahukana wibaza ko murimwebwe Ko hr umunt aromusubirir ndabona mwe muramufitiye is ari ariko nkuko yaririvye at uroba ho nawe arobah
    Iteka ryose urucira mukaso rukarya nyoko uyu numugani wabaker
    Aho amatv aziriye abantu babaye abasazi kimwe mureke kwama mumukoza amate mukanw non nkubu yoca aguhamagaza at bisigurire non wobimubwira mubonana bemurekaa. Uburofa