Zombie hejuru cane gose 🔥🔥🔥🔥 uyo mu G arashoboye sana arakwiye guhabwa amahirwe yokubandanya kubera afise lyrics imeze Bien sana 👌kurusha uyo bari kumwe ikindi n'ijwi ryiwe rirafise power kbx 🔥 Ahubwo umengo yarabuze aga Time ko gutegura Bien ariko amahirwe mbona mwoyamuha arashoboye sana
Bose nta bishasha mais bagiy muri studio biraboneka ko zombie ariw yokora hit kuk araz kwandika abuz gusa preparation ikwiye. Pana boy confidence ni yose ariko lyrics nta kigenda nk kuya 3 hoho wapi kabisa
Pana, thé rosons star👍🏽🔥🔥🔥wote wanahitaji kumuona Pana
Pana Bwoy n soooo kuri rap ndkeeee 🤭💣💪🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Pana boy afise lyrcis itesa sana🙏✊
Go ahead pana boy,you're able give them fire they're still kids 👊
Pana bwoy nuwambere
Pana bwoy hejur cane mukazi kose kuk abikora neza biri mumutwe💪💪💪💪💪💪 apana Abo babisoma ah vyanditse
Pana the rising star
Zombie hejuru cane gose 🔥🔥🔥🔥 uyo mu G arashoboye sana arakwiye guhabwa amahirwe yokubandanya kubera afise lyrics imeze Bien sana 👌kurusha uyo bari kumwe ikindi n'ijwi ryiwe rirafise power kbx 🔥
Ahubwo umengo yarabuze aga Time ko gutegura Bien ariko amahirwe mbona mwoyamuha arashoboye sana
Narek pan boy azivyarimw. Arashoboy san pan boy umwam waban🔥🔥🔥🔥
Pana arshoboy kuk ntah abisom uw wundi arind ku tricha bic vyerekan k adashoboy vrt pana nabandany🔥🔥
Eminem Ari muri studio wibaza k ataho aba Arik arabisoma ck ndagih link?
Pana Boy Hejuru cane ariko akora ibimurimwo ntariko arasoma ikindi ntabwo biriko biramucika muri rusangi ariko avuga ivyazi arazi ivyo arimwo kbx
Pana ni mkali saaaana
PANA Boy Hejuru caneeeeeee
Pana bwoy Kure cane vrm niho kwifurije vrm utakuwa wa kwanza bro
Zooooombie njew mbona ari 🔥🔥 yohabwa kandi chance, je suis sûr ko yobashimisha kusuvya. Zombie Big Up brooo ndinyuma yawe🔥🔥
Pana ni mkali saaaana❤
Pana boy
Pana boy flow yiwe irakaze uwo mujama haciye acika😂
We wapi kabisa Pana boy vraiment Aho uri serieux?
Ntazi kwandika
Zoombie arashoboye kugira lyrics imeze neza ariko abuze confidence muriwe mugihe mwomuha ayandi ma chance vyoba ari vyiza yomenya ico akosora kabisa
Pana boy arashoboye arashoboye
Pana boy abikora neza vyose muhe amashurwe yiwe
Ndamuhaye amaherwe mumureke zombi vrt arengan
Weeh Zombie 🧟♂️‼️😅 haujuii
Pana Boy niwe azi ivyarimwo uwo mu type ariko soma ivyo yanditse rero ivyo nuguhambiranya utuntu
Zombie nisawa gusa azoze aritegurira ibintu vyose, umenga yavyanditse aje
coppin zombie courage 👏
À mon avis coppin arabizi cane mais malheureusement ntiyavyerekanye pendant la compétition donc Pana boy is a winner
Pana bwöy arashoboye
Pana bwoya aratabura Alvin
All of em still need improvement 🤕coppin zombie confidence uyikorereko pana boy lyrics uyikorereko
Coopin zombie arafis flow nziz
Aracarumwan gut yagusiz has .
Pana boy 1
Ntanumwe aho kbsa😂😂
Uy mu pet zombie ngerageje kuraba arabiz ahubw soit ntiyateguy cank ugasanga kbr ar ubwamber nyn vyarmugiy arik numv ar cool mur lyrics na vivacite
Zombie 🔥
zombie arabizi kurusha pana kndi naho atiteguye bikwiye biraboneka koyari kumufuta
Pana boyz ararenz
Coppin aruaruenze
urumvakamaramaza kazombi abomuzana bosse ntabishshs hubwo nkajewe iyocensi sinayigiriwe kandicanz icensi zzarimwe ntakundi rekanze nirterera vrt
Zombie hejur 🔥🔥
Bose nta bishasha mais bagiy muri studio biraboneka ko zombie ariw yokora hit kuk araz kwandika abuz gusa preparation ikwiye. Pana boy confidence ni yose ariko lyrics nta kigenda nk kuya 3 hoho wapi kabisa
Pana bwoy arashoboye
Copain arabiz afis flow afis lyrics nuk nye yague mal chance tu pana bwoy n birenz
Nuwank urukwav aremer k rwiruk ban non wob urumurirumvy waheh hamw ugum uzim kuvy wandits
Zombie
Zooooombie njew mbona ari 🔥🔥 yohabwa kandi chance, je suis sûr ko yobashimisha kusuvya. Zombie Big Up brooo ndinyuma yawe🔥🔥🔥
Pana ni mkali saaaana
Pana boy
Zooooombie njew mbona ari 🔥🔥 yohabwa kandi chance, je suis sûr ko yobashimisha kusuvya. Zombie Big Up brooo ndinyuma yawe🔥🔥🔥
Zooooombie njew mbona ari 🔥🔥 yohabwa kandi chance, je suis sûr ko yobashimisha gusuvya. Zombie Big Up brooo ndinyuma yawe🔥🔥🔥