Dj Paulin je t'admire beaucoup ariko mbona Mb data utari kuvuga ivy'abaye hagati yanyu behind the scenes kuko ngaho bimwiciye image cane kandi mushaka que les artistes burundais(es) bategerezwa kuba united.
Kabisa ariko ukabona kuma TV yurwanda baduz amadarapo abarundi ntidukindivyiwacu ni kindi kintu nabonye dukunda anyamahanga cane kuruta a iwacu so duhindure dutangur gukunda ivyiwacu après dukunde nivyo hanz 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
DJ Poulin jewe ndakwemera
Merci beaucoup DJ, uri un ambassadeur de la musique burundaise kabisa
I love 💘 Dj Paulin !!! Urabizi ko Dj ko afis akamaro kanini muuziki gusumvya prezida wa amical de musiciens !
Dj Paulin Imana ikujimbere ubandanye ugra uw mutima w'urukundo bavuga ng kora iciza uzogisanga imbere 🙏🙏🙏
6666o u
Paulin uri umukunzi wumuziki ndhndi avenue,kuko iyataba ukunda umuziki ndundi uba warabihevye kera kuko umaze guhemukirwa kenshi cane.
Big up bro
Ikiganiro nicambere... Dj Paul ari mubantu bafasha gose umuzik.... Imana ikuje imbere
help me banyita wisla please mfise talent
Dj Paulin je t'admire beaucoup ariko mbona Mb data utari kuvuga ivy'abaye hagati yanyu behind the scenes kuko ngaho bimwiciye image cane kandi mushaka que les artistes burundais(es) bategerezwa kuba united.
ikiganiro ni top kbsa pl yubahw
Dj Paulin yubahwe afis indoto nzinza nuko abantu bacu badahanugwa pee
I like dj paulin
Interview ya bien Dj Paulin wubahwe vrt kuri support wamukorera aba artistes bumuziki indundi, Juste big up sana kumutumire wamateka watuzaniye.
Big up polin irakora ibikogwa vyiza
❤❤
Paulin ntuzucike intege uze wama ufasha abaririvyi babarundi hazogera igihe mushika kuco mushaka 💪
Juste Gael amashure wize urayakoresha neza, ubaza ibibazo bifise inyishu n'intumbero,
Ego vraiment uvuze neza cane numwe muba journaliste bafise indero abaza neza cane 👌
Imwe munkingi zikomeye zuyu muziki DJ Paulin
Na Paulin bamuh passport diplomatiq kbs...
Lolilo asumba Big fizzo reka kudendemba
Helloooo
Tugusabe uzotuzanir Bruce Melody
Vyiza cane 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Paulin urumugabo kbx batanu nkawe uburundi bwohinduka paradiso
turasavye Gael muzoturonderere Mb Data umukoreshe ikiganiro
Waòoooooo ndanezerewe niki kiganiro kweli
Vyiz can!
Ariko shaa kuki wiyemera waka Dj we katazwi kazwi bujumbura gusa 😂😂😂 music ntimwakoraho kbs chameleon urumva ari dange kwelii kkkkkkkk
Ariko Gaël micro irakenewe pee ukozimyaka myishi ntiwobura aya micro
Dj paullin Legand🙌🙌
legend..
Paulin ndabona ibikorwa vyie bitazokwibagirwa muburundi kabisa nubwo mutobivuga ubu harigihe muzobivuga
DJ paul umukozi vrt
Dj Paulin ikiganiro ciwe cama kiryoshe kabisa komera mutama ufasha urwaruka rwuburundi
J nn ubiganir vyongah ntamunt arimugwand abirar zamura amadarap yany ngah from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kabisa ariko ukabona kuma TV yurwanda baduz amadarapo abarundi ntidukindivyiwacu ni kindi kintu nabonye dukunda anyamahanga cane kuruta a iwacu so duhindure dutangur gukunda ivyiwacu après dukunde nivyo hanz 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@@lionelniragira5083 kbisa
Paul nuwamber ndamwubaha ntavyinshi
wovuga yuko big fizzo aliwe yakoze kurusha lolilo jewe sinkwizeye
Turose abameze nka Paulin ba 5 umuziki wotera imbere.
MB Data yubahwe, birakenewe ko umu artiste yiha agaciro kuko nabo bo hanze babaha ifaranga rikwiriye. Ntiyakudesevye ahubwo yakweretse ko nabino bakwiriye guhabwa agaciro.
Dj paulin nukuri wubahwe kumpanuro utanga kubaririmvyi mbe kurigusa hoho ntiyari kuririmba nibamenye gutegura kazoza apana kugara
Iciyumviro ciwanje novuga nuko muburundi muze murategura ibintu kumurongo ugororotse kuko ntakuntu mwoha amahera abaririvyi atangana gerageza gutanga amahera angana apana kuyatanga mwibanga
Belgium is Belgique in French 😂 . Bruxelles is the capitol of Belgium 😂 but he said in Belgium & Bruxelles
birashika
GUSA NDISHIMIYE IKI KIGANIRO PAULIN NA JUSTE GAËL MWUBAHWE
Kkkkk ifite views 170 only in 11 days 😂😂😂😂😂😂
🤣MB Data🤦🏽♂️
DJ P🎩
😢😢😢😅
KURYABANA VYABAYE INTAMBAMYI YITERAMBERE RYABASORE BENSHI: URUKUNDO AMAHERA VYACANGANIJE IMISORE
th-cam.com/video/a1TZpD6qxm8/w-d-xo.html
uyu mugabo jewe sindamwizeye kabisa mumuziki ndundi
Raba ibindi hano👎👎👏
th-cam.com/video/S1PLKDmC49Q/w-d-xo.html
A