"YESU YANTUMYE KUKUBWIRAKO AGUKUNDA"By Pastor NUNGARARO Charles

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 ม.ค. 2025
  • Shalom tubahaye ikaze kuri uru rubuga IRIBA RYIZA aho tubasangiza ubutumwa butandukanye buhindura imitima bukayitumbereza ku mwami wacu YESU CHRISTO. Turabizi neza iyi si ntituzoyamamwo hari igihe tuzoyisezera twigire iwacu kuruhuka.Turagutumirira kwakira Yesu mu bugingo bwawe Kugira akwuzuze amahoro yose. Yesu abahe umugisha #Iribaryiza #62053102 #love #compassion #humanity #christianity

ความคิดเห็น • 2