FULL MOVIE // DON'T TRUST WOMAN// INO FILM IZA GUTUMA UTIZERA CANE UMUGORE 😭😭AMOSOZ NIY AZAKUKURENG😓

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 11 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 290

  • @mrsammyofficiel9246
    @mrsammyofficiel9246  10 หลายเดือนก่อน +34

    Murakoz CANE iyi niyo film yanje ndangirijek umwaka DON'T TRUST WOMAN mukur irababaje ndayituye abagabo bose baciyemw muri bintu

    • @annetybizimana571
      @annetybizimana571 10 หลายเดือนก่อน +2

      Merci

    • @DenisNdayikengurukiye-f4f
      @DenisNdayikengurukiye-f4f 10 หลายเดือนก่อน +2

      ❤❤❤❤❤

    • @dastellaharerimana7192
      @dastellaharerimana7192 10 หลายเดือนก่อน +2

      You have to bring don't trust man nayo😌kuk nabo ntibera ntihab coté faibl kuruhand rumw gusa😅

    • @stiveniriho6698
      @stiveniriho6698 10 หลายเดือนก่อน +1

      Danny yashaje kwl hma film irigisha pee

    • @franckarmelnkoribirama1000
      @franckarmelnkoribirama1000 10 หลายเดือนก่อน +1

      Itumye kurongora ndavyigiza inyuma umwaka .😤😤😤😤.thanks kunyigisho mutanze 🔥🔥🔥

  • @lilianeerica3318
    @lilianeerica3318 10 หลายเดือนก่อน +6

    Mr salemani wubahwe kweli iyo role irakubereye kandi urayishoboye❤❤❤❤

  • @nduwimanadidjaaimee5964
    @nduwimanadidjaaimee5964 10 หลายเดือนก่อน +3

    Sammy kuvaho wakinanye ninzingo zabakobwa ubu uza wakinanye na nyamunini😍😍😍😍😍

  • @joselynedusabimana8046
    @joselynedusabimana8046 10 หลายเดือนก่อน +7

    yooooo!!!!!!samy ego vrm warayiteguye neza ndayikunze gusumba izumaze gukina zose kwl abagore twihanure😢

  • @Yirene-o5q
    @Yirene-o5q 10 หลายเดือนก่อน +4

    Sammy urabona kwiyi film wayiteguye neza ntavyogusomana félicitations 🙏🙏🙏

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 10 หลายเดือนก่อน +6

    Bitama rôle yimborerwa arayishoboye nukur👌Sammy courage❤️❤️❤️🙏

  • @Emmanuelbaragiye
    @Emmanuelbaragiye 10 หลายเดือนก่อน +9

    Mbay uwmber ndkund mr Sammy official ❤❤❤❤

  • @gogoloveofficial5666
    @gogoloveofficial5666 10 หลายเดือนก่อน +3

    Love from GOGO LOVE OFFICIAL to BURUNDI

  • @alinekubwimana9520
    @alinekubwimana9520 10 หลายเดือนก่อน +4

    Cfr umubanyi😢😢😢 abagore turibabi twishakiye kbx ibaze kurera umwan ngonirwawe ugasanga suwawe nukuri 😢😢😢😢

  • @candidihail6999
    @candidihail6999 10 หลายเดือนก่อน

    Yoooo ntabaqnga musi yijuru mugore wihangane kuba waratonye kuvugisha ukuri gusa nyene ndab❤❤❤❤❤❤❤cane

  • @NduwimanaSandra-cc6bh
    @NduwimanaSandra-cc6bh 10 หลายเดือนก่อน +4

    Courage Sammy nicondagukundira uduha inyigisho

  • @faustintwagirayezu5530
    @faustintwagirayezu5530 10 หลายเดือนก่อน +3

    Ndabon iyifilm bayikameyr neza kl . courage gahungu and all are in this film❤

  • @OlineIrahezagira
    @OlineIrahezagira 10 หลายเดือนก่อน +5

    Nanj ndimubambere like nizanj

  • @itekaalima3223
    @itekaalima3223 10 หลายเดือนก่อน +6

    Emelyne umunya rumonge wiwacu,🤝kure cane niho nkwipfurije kugera💪

    • @AlineKamikazi-y6i
      @AlineKamikazi-y6i 10 หลายเดือนก่อน

      Kumbe ni emelyne??nanj narinamumeny arik nakekeranya

    • @itekaalima3223
      @itekaalima3223 10 หลายเดือนก่อน

      @@AlineKamikazi-y6i 🤣🤣

  • @gloireininahazwe
    @gloireininahazwe 10 หลายเดือนก่อน +2

    Love from Gloire Gogo Love Official.

  • @AGASOBANUYEROCKYY
    @AGASOBANUYEROCKYY 10 หลายเดือนก่อน +12

    We love you Mr Sammy ❤❤❤❤❤

  • @Nidivin
    @Nidivin 10 หลายเดือนก่อน +4

    Gira fast kuri part 2 wana 💥💥💥❤️🇧🇮🇧🇮

  • @ntungwanayoodette752
    @ntungwanayoodette752 10 หลายเดือนก่อน +10

    Kombona hahava hasha ndatemanda ndayirebe❤❤🔥🇧🇮🇸🇦

  • @setaseeta9779
    @setaseeta9779 10 หลายเดือนก่อน +3

    Iyi film ni fire❤❤❤

  • @franckarmelnkoribirama1000
    @franckarmelnkoribirama1000 10 หลายเดือนก่อน

    Thanks kucigwa mutanze .don't trust woman

  • @stitore2388
    @stitore2388 9 หลายเดือนก่อน

    Mr sammy felicitations vyukuri wubahwe uratwitayeho film nziza cane iteguteye neza imezeneza so courage mukomeze

  • @ericnshimirimana3079
    @ericnshimirimana3079 10 หลายเดือนก่อน +4

    Nanje Ndayirindiranye Igishika Yatevye Kugurukakwl Gs Ndabakund❤ ❤❤❤❤❤

  • @ClaudeNzeyimana-n3b
    @ClaudeNzeyimana-n3b 9 หลายเดือนก่อน

    Iyi film irarenz vrt sammy courage nukur ibi bintu bibaho mungo nyinshi arik vyashits umugor bikamushikir vyar bikwiy k abwiz ukur umugab wiw knd ikind binyigishij nuk ikosa ridakosozw irind kosa kuk urya mugore ntiyar kwemerera urya mugabo k baguma baryaman motif ng ariko agomb guhisha ivyabay

  • @Igiranezaemmanuel
    @Igiranezaemmanuel 10 หลายเดือนก่อน

    Mbega film samy ww ndakwemer be nuyo mugor yakiny good🇧🇮film nziza caneeee

  • @DorcasHAZIYO
    @DorcasHAZIYO 10 หลายเดือนก่อน

    We love you meme empire courage film movie💪💪💪💪

  • @Chazontime
    @Chazontime 10 หลายเดือนก่อน +3

    Ndayiteze kabisaaa

  • @Nidivin
    @Nidivin 10 หลายเดือนก่อน +1

    Nc my blood Sammy ❤️💥

  • @InnocentIrakoze-r5d
    @InnocentIrakoze-r5d 10 หลายเดือนก่อน

    I'm very happy cz of this film u have prepared well

  • @GenevièveNijimbere-l3y
    @GenevièveNijimbere-l3y 10 หลายเดือนก่อน +1

    Félicitations sammy courage

  • @سيسيلبونيد
    @سيسيلبونيد 10 หลายเดือนก่อน +1

    Mbegi firm❤❤❤weee irimwibirung bikwiy p🎉🎉🎉🎉

  • @NimbonaClodine
    @NimbonaClodine 10 หลายเดือนก่อน +1

    Iyi flim irakwiye kubandanya ❤❤❤❤❤

  • @EstellaNtunzwenimana
    @EstellaNtunzwenimana 10 หลายเดือนก่อน +1

    Mr Samy urikubikor nez cm ❤❤❤

  • @francinekezimana9212
    @francinekezimana9212 10 หลายเดือนก่อน +2

    Waouh film nziza cane yigisha...en tt cas bravo hama nawe papa Baido urasarisha umwana wa 5ans mutari bwamukurikoze😂😂😂😂😂maman Baido iyo gateau wiyankisha yinzanire hano ico nikorera di😂😂😂ehe ka Baido nako ntanukurira ko bakambuye nyina kagiye kara 😂😂😂😂😂

  • @asanatiniyonkuru7593
    @asanatiniyonkuru7593 10 หลายเดือนก่อน +2

    Eme courage cane❤❤❤

  • @ndikuriyoaline9801
    @ndikuriyoaline9801 10 หลายเดือนก่อน +15

    I am sephora from south Africa and my parents are burundian so I watch your movies I love u guys😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘😘💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗

  • @saprens9574
    @saprens9574 10 หลายเดือนก่อน +4

    Yi film gayemw sinzi ❤❤❤ ariko yakinyee nivyamamare

  • @smbest5881
    @smbest5881 10 หลายเดือนก่อน +3

    Welcome 🎉🎉🎉

  • @nilvinenimbona-uc3sk
    @nilvinenimbona-uc3sk 10 หลายเดือนก่อน +3

    Terimbere diii mwana womukinama🎉🎉🎉🎉

  • @Chazontime
    @Chazontime 10 หลายเดือนก่อน +1

    Mbega film weee❤❤❤ mans,and big up sana

  • @EllaIgiraneza-nw6ei
    @EllaIgiraneza-nw6ei 10 หลายเดือนก่อน +1

    Mr sammy iciyumviro ciza💞 couragee❤❤

  • @ngendakumanaalphonse9994
    @ngendakumanaalphonse9994 10 หลายเดือนก่อน +6

    Brother urafisimpano yokwandika sana ama film yawe yose ameze neza inhigisho zirakwiye kand mukina ibibaho ds la vie habituelle

  • @reemaalwad3ani616
    @reemaalwad3ani616 10 หลายเดือนก่อน +1

    Filme ndundi zisigaye zingyohera sana❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @KmHn-qq4gi
    @KmHn-qq4gi 10 หลายเดือนก่อน

    Pore sana sami

  • @AaAa-wz6wy
    @AaAa-wz6wy 10 หลายเดือนก่อน +1

    Danny waooh ndakunda film zaw

  • @EvelyneNshimirimana-z8n
    @EvelyneNshimirimana-z8n 9 หลายเดือนก่อน

    Ndagkund mr
    Sammy❤❤❤❤❤❤

  • @blankoblanko1550
    @blankoblanko1550 10 หลายเดือนก่อน +1

    Eg rek mbe ndateram gus mbanzenkomant nah ntarayirab simpav nibagir murakoz ndabikundir maz❤❤❤❤❤❤❤❤❤

    • @فرنسينا
      @فرنسينا 10 หลายเดือนก่อน

      Eeeee iyoooo abagore bkaba mwisubireko abagabo benshi bareze abana batari ababo kweri lman irihanfan😢😢😢😢😢😢😢😢

  • @SandrineIgiraneza-v7q
    @SandrineIgiraneza-v7q 10 หลายเดือนก่อน +1

    Crg sammy❤❤

  • @KwizerJackson-is7fh
    @KwizerJackson-is7fh 10 หลายเดือนก่อน +3

    Kabisa ururudemu nirwiza ndake sami dakwemeye

  • @francoisniyakire8822
    @francoisniyakire8822 10 หลายเดือนก่อน +6

    Gahungu ni kinyota kweri kuga bottle numwe😂😂😂😂😂😂❤❤❤😊

  • @MagnifiqueIrakoze-s9i
    @MagnifiqueIrakoze-s9i 10 หลายเดือนก่อน +3

    Yoooo courage nda❤🎉🎉🎉

  • @nadiamugisha2913
    @nadiamugisha2913 10 หลายเดือนก่อน +3

    Hhhh ndatwenze kand Mbabane Sammy aranyish kukanyuma,vrt uw mügore Araz kwactinga mukiny ibintu biba kand cne

  • @kamanzikhadija3951
    @kamanzikhadija3951 10 หลายเดือนก่อน

    Samy muvyukuri iyi film warayiteguye neza cane image nziza murimake ndagukunda❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉ego niyokurangiza umwaka kabisa

  • @IveteIrankunda-nj1sq
    @IveteIrankunda-nj1sq 10 หลายเดือนก่อน

    Uhisha ukuri ugira ngo uriko urikingira ugasanga uriko wiyicira carrière.ok Sammy bien joué zana suite

  • @alicenibigira
    @alicenibigira 10 หลายเดือนก่อน

    Muyibandany nukur iraryosh can 🔥💪🥰🥰

  • @KwizerJackson-is7fh
    @KwizerJackson-is7fh 10 หลายเดือนก่อน +3

    Ururudemu dake narukuze dake

  • @happyhappy-s6t
    @happyhappy-s6t 10 หลายเดือนก่อน

    Film😢😢😢😢😢😢😢😢courag Mr sammy

  • @francoisniyakire8822
    @francoisniyakire8822 10 หลายเดือนก่อน +3

    Gusa part 2 turayikeneye turabe iyo vyahereye

  • @Mediatrice-s1c
    @Mediatrice-s1c 10 หลายเดือนก่อน +1

    Courage

  • @OrnellaNdabarushimana
    @OrnellaNdabarushimana 10 หลายเดือนก่อน

    Mouvie nzoza cane 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @GrâceHarumukiza
    @GrâceHarumukiza 10 หลายเดือนก่อน +3

    MBAy 3❤❤❤❤

  • @hahajah7189
    @hahajah7189 10 หลายเดือนก่อน +1

    Non nimuzane igice cakabiri jew ndacarumwigeme ariko ndafashijwe kweri courage ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ Sammy bimwe wivugisha ngo final ndagutabira zana igice cakabiri dukomeze kwirabira inyigisho nziza disi

    • @miracleange1588
      @miracleange1588 10 หลายเดือนก่อน +1

      Jewe nifitiye ikibazo none uyu mugore vyukuri bizamugendera gut

  • @IrakozeNadia-mz4bz
    @IrakozeNadia-mz4bz 9 หลายเดือนก่อน

    Mr sammy courage kbx urategura neza firme

  • @PhilbertHabonimana-o1z
    @PhilbertHabonimana-o1z 10 หลายเดือนก่อน

    Courage sammy

  • @WilliamPrincesses
    @WilliamPrincesses 10 หลายเดือนก่อน +1

    Courage Sammy wubahw 🙏🙏💪💪💪

  • @BukuruDelphin
    @BukuruDelphin 6 หลายเดือนก่อน

    Courage mes amis

  • @urumurifilmsBurundi
    @urumurifilmsBurundi 10 หลายเดือนก่อน +4

    Yamigani yakera ngo inkuba zibiri ntizisangira igicu kumengo ntigikora😂 kombona abami babiri bahuriye mugikogwa kimwe knd kikagenda neza?😂 sha iyi film nanje ndayiravye incuro4😂😂 wallaah ahubwo natubwire igice kigira ka2 niryari❤ 😂😂😂 vrt je suis fière de participer ici😂😂😂😂😂😂

  • @Kfkdkdlxkdk
    @Kfkdkdlxkdk 10 หลายเดือนก่อน +1

    Nacerew kweri mbay uwa 11 gus naho ntarayibon Mr Sammy courage broo

  • @manenosadiki4982
    @manenosadiki4982 10 หลายเดือนก่อน

    Mr Sammy thx

  • @DianeNdihokubwayo
    @DianeNdihokubwayo 10 หลายเดือนก่อน

    Courage kwl iyo film ni nziza pe abagore bigireho n'abagabo

  • @NiyogushimwaJeanClaude
    @NiyogushimwaJeanClaude 10 หลายเดือนก่อน

    Asante sana Dani,Mr.Sammy

  • @joselynejose2951
    @joselynejose2951 10 หลายเดือนก่อน

    Courage Mr sammy

  • @samiauwiteka2319
    @samiauwiteka2319 10 หลายเดือนก่อน

    Courage ❤❤❤

  • @nadegemucowimana-ws1mu
    @nadegemucowimana-ws1mu 10 หลายเดือนก่อน +1

    ndabakund cn

  • @Salama-i8j
    @Salama-i8j 10 หลายเดือนก่อน

    Sammy uratwenza.❤❤❤❤❤❤❤❤ happy birthday 🎉

  • @Darcy641
    @Darcy641 10 หลายเดือนก่อน

    Courage mutama turakwemera🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮

  • @JoshuaDjuma-rw3dw
    @JoshuaDjuma-rw3dw 10 หลายเดือนก่อน

    I was so late to watch this movie it's so wonderful movie I like it
    Mr Sammy and your team
    Keep forwarding

  • @kirezirosette8139
    @kirezirosette8139 10 หลายเดือนก่อน

    Yoooooooooooooooo samy scene yawe warayikinye nez caaane urashoboy peeeee uraz kwandik peeeeee intabwe kuyndiiii u

  • @alinendihokubwayo5471
    @alinendihokubwayo5471 10 หลายเดือนก่อน

    Yoooo Mana yanj,uy mugore yar kubibwir umugbo wiw hak aj mubusambany knd akund umugbo n'umwana😮.nah ar film nsanz narize,sammy merci ku nyigish watanze ndayih abagore boose tuzinany e pe😮😮kurer umwana 5 ans umugbo atarameny k umwana atar rwiwee

  • @DivineIngabire-c3q
    @DivineIngabire-c3q 10 หลายเดือนก่อน

    Yooooooooh Sammy ndakunda ukuntu ukina vyukur Kure caaane wipfuza nih nkwipfurije kugera

  • @JeanMarieKwizera-ib8oq
    @JeanMarieKwizera-ib8oq 10 หลายเดือนก่อน +1

    Ooooh vyiz can tuyirindirany igishik❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @ndayishimiyeisaac9797
    @ndayishimiyeisaac9797 10 หลายเดือนก่อน +1

    Ndabon Samy yavyitwayemwo neza kuk yabuwund yaca yihuta gufata ingingo yokurwana.

  • @sidbgggh-il5ud
    @sidbgggh-il5ud 10 หลายเดือนก่อน +1

    Sammy ayasahamunduha nimeshi turabakunda

  • @NdayishimiyeMuslim
    @NdayishimiyeMuslim 9 หลายเดือนก่อน

    Good

  • @astaingabire4469
    @astaingabire4469 10 หลายเดือนก่อน +1

    Ark Sammy naw urumukaushi vrt 😂😂😂😂ng happy birthday mwen anniversaire bamutway

  • @mamancheiilla0fficial
    @mamancheiilla0fficial 10 หลายเดือนก่อน +1

    Ubwo nanj nkaba ndahageze from from cheiilla 0fficial ❤❤❤❤❤❤❤

  • @NiyongaboChristophe
    @NiyongaboChristophe 10 หลายเดือนก่อน +1

    Courage courage 🔥🔥🔥💪💪🙏🙏

  • @uwimanaangenelly348
    @uwimanaangenelly348 10 หลายเดือนก่อน

    Erega niwew wacuu love ❤

  • @ClaretteIradukunda-ud2tf
    @ClaretteIradukunda-ud2tf 10 หลายเดือนก่อน

    Hahiy koko

  • @NellyHabumugisha-n7d
    @NellyHabumugisha-n7d 10 หลายเดือนก่อน

    Mr Sammy courage Imana yivang muvyawe💪🙏🙌

  • @carineiradukunda8124
    @carineiradukunda8124 10 หลายเดือนก่อน

    Wabikoze nez cn

  • @chnae-k5o
    @chnae-k5o 10 หลายเดือนก่อน

    Ibihagage nyahuriyemw mwiy film kwitwik courage xanaa.❤❤🎉🎉😂😂

  • @BellastaNicishatse
    @BellastaNicishatse 8 หลายเดือนก่อน

    Bubahweee cneeee🙏🏼🙏🏼 xo courage Mr samly

  • @francinenduwimana1413
    @francinenduwimana1413 7 หลายเดือนก่อน

    Yoooo birababaje.mugabo yarakirimuto yaragikeney nyina

  • @kevinmanirambona5061
    @kevinmanirambona5061 10 หลายเดือนก่อน

    Nc flm Courage 🇧🇮🔥

  • @IrankundaarleneIrankundaarlene
    @IrankundaarleneIrankundaarlene 10 หลายเดือนก่อน +1

    Courage mug turakeney igice cakabir

  • @IRANYUMVIYEORNELLA
    @IRANYUMVIYEORNELLA 10 หลายเดือนก่อน

    Courag

  • @UrumvaFicre-ed4kv
    @UrumvaFicre-ed4kv 9 หลายเดือนก่อน

    Mwubahwe mubikoraneza

  • @STENTVWORLDWIDE-vj8wl
    @STENTVWORLDWIDE-vj8wl 9 หลายเดือนก่อน

    Good movie

  • @adelphineininahazwe9614
    @adelphineininahazwe9614 10 หลายเดือนก่อน

    Sammy kwl mubirimwo neza knd irimwo inyigisho nyishi❤❤❤

  • @-rebeth
    @-rebeth 10 หลายเดือนก่อน

    Sha sammy Nawe urumugome Koko urabona ukungene umushinyagurira kwer