ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Komera mutama wi MurutaVyukuri Bravo bravo Wirambire
Komera cane Pros. Emile Mworoha, Imana ikuzigame
Ubu unye (unyi) :Muradutohoreza iyongobotora kuko ntiri muri Bibiliya nomubitabo vy'Ikirundi.
Jewe uwo mutama twigeze guhurira muri ascenseur harya kuri finance ya kera, nca ndamwibuka. Naciye ndamubaza mutama n'irihe banga ryo kuramba, gusaza neza, nawe ati:" kugirira neza abandi, ntiwipfunze ivy'abandi, ukabumbwa n'ivyawe". Hari abavuga ko hari ivyo atanditse, ntawandika vyose kandi umwansitsu ashobora kwandika iki na kiriya bivanye n'igihe (epoque) arimwo. Ahubwo abavuga ko kahise atakanditse neza, bohinyuza ivyo amaze kwandika bati aha ntihagoroye. Comme recherche atawuyishirako conclusion, abo bavuga ko hari kahise atanditse nabo n'ukuvuga ko ivyo bashaka ko yandika atanditse babizi, nibavyanditse abarundi tubisome, tubimenye. Umutama Imana imuhezagire yaritanze arandika, aho yagejeje ikivi nabo nibandike bamwusuure. Imana imwongere imisi aze atiyagira utu na turiya, yigumire mu gihugu.
Ndumwe muri benshi bakuze bumva ibijanye na RUFUKU RWA NTARE RWAFUKUYE UBURUNDI.none yarabayeho? nimba yarabayeho ninde?yarumwami?INDUNDI TV nimutubarize
Hama uyu mworoha Emile singira ngo aheruka gupfa , baramuteye iwe ku mpanda bari mu kigandaro ? Cank siwe bob bitiranwa amazina yose? murantung ubiz ampe umuco
Akahise kuburundi ntaco yagakozeko bikwiye ,kahise kintwaro nubwicanyi vyakozwe n abahima,ikumira nawe yarivugiye ko kahise kuburundi kosubira kwandikwa
Mutama yaducanze gato kuko NZEYE ntiyabaho ico giheErega hariho amazina yatanguranye n'aba misiyoneri
Ko numva umurusha kumenya iyo akomoka? 😂😂😂
De sinistre mémoire !!!
Uyu Mukura mbere navutse mwumva nubu nshaje mwumva
Uyumwubahwa yarakoze amabanga meshi akomeye kweli
Muturonderere abandibatama, tubigirako vyinshi vyiza cane.
Abatama benshi bangana na Mworoha bize,benshi n,abajenocidaires!!! Babaye mumagandagugwa y,abahutu.Kandi ubu bo buzuye hanze y,igihugu kubera ivyo biyagiriza bo ubwabo.Izo lero n imbuto mbi.Ntanakimwe bokungura abarundi b,ubu
Uwo mutama turamuzi twaramwize ikosa ryiwe ntakintu yokwiga histoire akibagira Aho avuka 'kuki yaretse source du Nil bakayikura mukayanza Aho I muruta ikaja ibururi mukirengangiza iyo histoire 'none vyatewe Niki?
Abavuga ko yacuritse histoire, ivyiza bovuga bati muri iki gitabo aha yarihenze, ibintu vyagenze uku. Nibaduhe histoire yabo uko bayizi.
Umubeshi wo gucurika histoire.
Hum indero nke ufise! Abahindura histoire ni dd! Turekere umutama abe amahoro
Burya abarundi turagoye.Wewe nawe niwandike histoire yiwawe tuyisome.Abapinga ibikorwa vy'abandi turabamenyereye ariko ukuri guca muziko ntigushe.@@sahinguvulorraine3255
Komera mutama wi Muruta
Vyukuri Bravo bravo
Wirambire
Komera cane Pros. Emile Mworoha, Imana ikuzigame
Ubu unye (unyi) :
Muradutohoreza iyongobotora kuko ntiri muri Bibiliya nomubitabo vy'Ikirundi.
Jewe uwo mutama twigeze guhurira muri ascenseur harya kuri finance ya kera, nca ndamwibuka. Naciye ndamubaza mutama n'irihe banga ryo kuramba, gusaza neza, nawe ati:" kugirira neza abandi, ntiwipfunze ivy'abandi, ukabumbwa n'ivyawe". Hari abavuga ko hari ivyo atanditse, ntawandika vyose kandi umwansitsu ashobora kwandika iki na kiriya bivanye n'igihe (epoque) arimwo. Ahubwo abavuga ko kahise atakanditse neza, bohinyuza ivyo amaze kwandika bati aha ntihagoroye. Comme recherche atawuyishirako conclusion, abo bavuga ko hari kahise atanditse nabo n'ukuvuga ko ivyo bashaka ko yandika atanditse babizi, nibavyanditse abarundi tubisome, tubimenye. Umutama Imana imuhezagire yaritanze arandika, aho yagejeje ikivi nabo nibandike bamwusuure. Imana imwongere imisi aze atiyagira utu na turiya, yigumire mu gihugu.
Ndumwe muri benshi bakuze bumva ibijanye na RUFUKU RWA NTARE RWAFUKUYE UBURUNDI.none yarabayeho? nimba yarabayeho ninde?yarumwami?INDUNDI TV nimutubarize
Hama uyu mworoha Emile singira ngo aheruka gupfa , baramuteye iwe ku mpanda bari mu kigandaro ? Cank siwe bob bitiranwa amazina yose? murantung ubiz ampe umuco
Akahise kuburundi ntaco yagakozeko bikwiye ,kahise kintwaro nubwicanyi vyakozwe n abahima,ikumira nawe yarivugiye ko kahise kuburundi kosubira kwandikwa
Mutama yaducanze gato kuko NZEYE ntiyabaho ico gihe
Erega hariho amazina yatanguranye n'aba misiyoneri