Merci Blaise pour cette initiative de mettre le space sur TH-cam, Concernant la question yimipanga wabajije Alexis, je ne suis pas satisfait de sa réponse, kuko défendre mama wanje le gouvernement motif ngo bayibesheye kandi atahora ayi defanda kandi yahora ayirwanya, moi aussi nkuko yabivuze mu gifaransa permettais moi d'en rire.
Je t'en prie. Abonnez-vous pour ne pas rater d'autres vidéos. Quant à sa réponse : l'explication plausible est que, selon lui, bien qu'il soit opposé au régime DD, il ne peut pas tout de même rester silencieux sur un sujet aussi dangereux que celui-là s'il trouve qu'il y a pas assez d'éléments tangibles qui prouvent cette commande et distribution d'armes blanches comme les machettes. On peut être d'accord ou pas avec lui, c'est son opinion.
Yarishuye we nyene kuri ico kibazo. Avuga ko amategeko agenga MSD ngo asaba ko haba congré irimwo abantu benshi ngo MSD itoshobora kwegeranya mu gihe itagikorera mu Burundi neza nkuko yategerezwa gukora. Rero ngo ubu Bureau politique isa nk'aho iriko itwara muri période d'exception gushika bikunze ko amatora ategurwa neza bahindure inzego za MSD.
Uwo mutumire muzomugarukane kbsa ikiganiro nkico kirakenew cane,kndi bavyifashemwo neza cane,mutubarize n'abandi,nka ba hussein Radjabu ko bakiriho,turakeney kwumva kiramvu n'ukuri muzomuzane muri space,pio ntavyohanyuma ex president wa assemble national
Wonderful Space,Thank you Blaise.
Je t'en prie.
Abonnez-vous pour ne pas rater d'autres vidéos
Thank you Blaise
Blaise n'ukuri uratunganya neza Space,kndi urabaza neza ibibazo courage mon frère,uzobandanye
Urakoze cane
Merci Baconib
Je t'en prie.
Abonnez-vous pour ne pas rater d'autres vidéos
Merci Blaise pour cette initiative de mettre le space sur TH-cam,
Concernant la question yimipanga wabajije Alexis, je ne suis pas satisfait de sa réponse, kuko défendre mama wanje le gouvernement motif ngo bayibesheye kandi atahora ayi defanda kandi yahora ayirwanya, moi aussi nkuko yabivuze mu gifaransa permettais moi d'en rire.
Je t'en prie.
Abonnez-vous pour ne pas rater d'autres vidéos.
Quant à sa réponse : l'explication plausible est que, selon lui, bien qu'il soit opposé au régime DD, il ne peut pas tout de même rester silencieux sur un sujet aussi dangereux que celui-là s'il trouve qu'il y a pas assez d'éléments tangibles qui prouvent cette commande et distribution d'armes blanches comme les machettes. On peut être d'accord ou pas avec lui, c'est son opinion.
Iki kiganiro kiraryosh cne kbsa muzomugarukane please arikumwe n'uwundi mutumire
Ego tuzobikora
Turavuga democratie mu gihugu,mbega mur msd ko ari sinduhij aguma awutwara bafise mandat zingah mi mugambwe iwano?
Yarishuye we nyene kuri ico kibazo.
Avuga ko amategeko agenga MSD ngo asaba ko haba congré irimwo abantu benshi ngo MSD itoshobora kwegeranya mu gihe itagikorera mu Burundi neza nkuko yategerezwa gukora. Rero ngo ubu Bureau politique isa nk'aho iriko itwara muri période d'exception gushika bikunze ko amatora ategurwa neza bahindure inzego za MSD.
Uwo mutumire muzomugarukane kbsa ikiganiro nkico kirakenew cane,kndi bavyifashemwo neza cane,mutubarize n'abandi,nka ba hussein Radjabu ko bakiriho,turakeney kwumva kiramvu n'ukuri muzomuzane muri space,pio ntavyohanyuma ex president wa assemble national
Tuzogerageza abatumire tuguma tubasaba kwitaba ubutumire bwacu.
Yes Kiramvu for real turamukeneye.
Aho ariko avuga iki😢😮
Sha uyo mu type ni hatari sana😂
Sha muzopfa meipfuza ubutegetsi kumwe inkone Orinda inagwa yipfuza kurira imvyeyi !!! Ubutegetsi burinyuma yibiganza vyanyu. Kiko muri Democrats icite mumatora cndd fdd icari imbere nkumuzinga. Bizobagora ko muteumvisha uko tuzosubura gutegekwa nabakomoka kuntwaro zababutoya, bagaza na micombero!!!
Uyo muntu ntagira aho ahagaze., umunsi umwe ashigira DD, uyundi munsi akavuga ngo ni opposant wa DD....
Abarundi nta kundi *barazimagurika*
Yitwa zig zag
Uyo nibaza ko atari umunyepolitike ari umukinyi wa box😅. Ndamwibuka avuga ngo Nkurunziza atagiye ni générations nyinshi zizoba foutues.
None yarabeshe?
Muzopfa murushe mwambwanwe zabatutsi na bahutu bibihute!!!
Abahutu bibihute damñnn 😂 diiip