ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Turiko duhezagirwa kubwanyu Imana ibahunde imigisha n'imihezagiro
Umukama n' ahabwe icubahiro kandi abahezagire. Murakoze kunfasha guterama no gusozera no gutangura umwaka ndi m' UMUKAMA. De yaoundé, sr Léa
Murakoze cane
Murakoze cane umukama abanenamwe🙏🙏🙏
Kaze mukama wikorere imirimo yawe
Umuco wawe nunganze Yezu
Ganza mukama Yezu 👏👃
❤️
kana imana yaraguhaye ingabirano itagabanije imana ikudukomereze muvyeyi
Demain aussi nous y serons
SVP priez pour moi
Turatangaje Mukama intsinzi yawe mu Burundi bwacu. Nutubere Umwami wewe wikwije ubutungane. Ganza Mukama Yezu!
Turiko duhezagirwa kubwanyu Imana ibahunde imigisha n'imihezagiro
Umukama n' ahabwe icubahiro kandi abahezagire. Murakoze kunfasha guterama no gusozera no gutangura umwaka ndi m' UMUKAMA. De yaoundé, sr Léa
Murakoze cane
Murakoze cane umukama abanenamwe🙏🙏🙏
Kaze mukama wikorere imirimo yawe
Umuco wawe nunganze Yezu
Ganza mukama Yezu 👏👃
❤️
kana imana yaraguhaye ingabirano itagabanije imana ikudukomereze muvyeyi
Demain aussi nous y serons
SVP priez pour moi
Turatangaje Mukama intsinzi yawe mu Burundi bwacu.
Nutubere Umwami wewe wikwije ubutungane.
Ganza Mukama Yezu!