Ariko sh Mugisha ico nokubwira nuko wewe na team yose murakunzweeee cane Kandi keep it up soon muduhe episode 5 . Hama mwiyi episode best actor ni Maman Rushatsi and then isomo naryooo :abagabo bameze nka Mugisha wo mwiyi episode bisubireko. Urugo ingingo zose zo murugo si umugabo hubwo ni babiri
Jamani mbona Mugisha unajikokotea matatizo mwenye .vyose bimaze kukubako ntubon KO Mama wawe abirimwo.yararahiy kutaziger umuhekan kuber Iranzi na Ruvuto.big up ❤️❤️❤️❤️🙏
Ihigwa iniga ,Mugisha harivy uvuga arukuri pe gus uri namakosa imbanyi ya 1 yavuyeyo kubwawe uhat umugore ngw'awunywe ubugira ka 2 naho umuteye iya 2 murasezerana kutazongera kubivuga non birangiye ubivuze ubwo ntuzohava wicuza ko mbona Bakunda na karabekekena baguhagurukiye?courage pe iyi film ya MUGISHA iracari iya 1 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮,much respect 🙏🙏🙏🙏
Mugisha ukuntu usavye imbabazi nyina wa Rushatsi numva nogufata........ryuuuuuu,,, respect Barakekena for yr song.....Qui seraaaa.....hhhhh ngo le bonheur n'existe pas🤣🤣🤣,,niwitwarire nyina wa Rushatsi niwe mungana😜
Mugisha Nkomeza kuvug nti courage utanga inyigish kubwinshi Sonia uragahorana amakenga nkinuma🎉🎉🎉🎉🎉🎉
Hahaha rira mwihanagure icimana yifatanirije ntawushobora kubitandukanya .
Ndimurukundo niyi filme abarimurukundo nkanje tumenyane🙋
Komera
👆🏾
Mugisha ntaco tubaryane hanze ntakigenda BURUNDI hejuru❤❤❤❤❤ team ndabkunda
Mugish wubahw m'y brother allah akumbere hafi ndagukunda kwiflim uduha ziratwigisha🇧🇮🇴🇲🥰🥰
Aaminaa
Ndi murukundo niyi film mugisha 💙💜🤎💙💚💛💯💯
Murakoze cane cane
Gloria nawe ni mw'umuhimakazi yarezwe na kagame.
Ndishimye kubona musaza wa Sonia yifadikanye na bofre wiwe Mugisha 💕💕hagiye🔥🔥🔥
Cane
Mugisha wow uryewumva umugore waw peee mbambon kwizera cyan bizatuma uburabyose wow
Uwambere🎉🎊 Courage Tm Mugisha❤❤❤
Uyumusi nazidutse kbs😋💕💕
Ntiwantanze vrt wew @scheilla nagutanze kbx
Dorenanyina wubwoba naweateyemo, merci sonia bibavyizakugira amakenga
Nanj nazindutse mundemer bash nvuy sawudia🤣🤣🤣🤣
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 uranyeguye kbx 🤣🤣🥰 ING nkwakir
Nibaguhe kweri uvuye kure🤣🤣🤣
😂😂😂😂😂
Tworonka nkabagabo nkababiri nkamugisha uburundi bwobaye paradizo
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🥰🥰🥰urankuyeho kwl nibakumpere indege zibiri ninyishi kwl
Ohooooo
Mugisha arabivuze nukur kw lmana
Mama www. Yemwe bakubzi ba Sonia muze tumusebger Kabisa🙏🙏🙏🙏👏👏👏👏👏👏
Muje kumavi kabisa
Nukurii tumusengere kk ndabona n'a mugisha atamworoheye sh nukurii lmana imufash ntaz asubir kunw ivyarivy vyose azarihorera mbere n'a mugish ntamubwire
Mugisha mwambiye asikiye uyo baba ajuwi kama kilamutu anamutengemeya Allah pekeyake akuna ugine tupe vitu Kaka yangu mugisha Allah awpe nguvu🤲🤲🤲
Aamina
Yamba umuntu agendera kwiterabwoba ryabantu mugisha Aba yarapfuye kwl nkicompumugabo nkamugisha nduva nobafise urugo gwiparadizo rito kwl ❤️❤️❤️mugisha wubahwe kwl 🥰🥰🥰🇧🇮🇴🇲🇴🇲
Komera
Ariko sh Mugisha ico nokubwira nuko wewe na team yose murakunzweeee cane Kandi keep it up soon muduhe episode 5 . Hama mwiyi episode best actor ni Maman Rushatsi and then isomo naryooo :abagabo bameze nka Mugisha wo mwiyi episode bisubireko. Urugo ingingo zose zo murugo si umugabo hubwo ni babiri
Komera komera
mwubahwe kabx kk murandyohera cane
Mugisha wetu endeleya kubalikiwa💗💗💗💗💗
Aaminaa.Mungu atubariki sote
Nukuri muracyina ibicyenewe
Mungu awazidishie ujuzi @mugisha
Urumugabo pee 💪🏾💪🏾
Aamin
Musaza wa Sonia yatekanye caane🥳🥳🥳🥳ariko Mugisha kuko ufashe umuti wazanye Bakunda ukawunwesha umugore wawe kunguvu🤷♂️🤷♂️ ndabakunda caane🥰🥰❤❤❤🥰 courage nyinshiiii 💪💪💪🔥🔥🔥🔥🔥🔥🇸🇦🇧🇮❤
Merci
Mugisha urambabaje
Mpore.bandanya mukurikirana kino cirwa
Yoo pole mugisha
iy film ndimurukund nayo kbx iranyigish can timu Mugisha mwubahwe
Qui saura 🤣🤣 by karabakekena😉 uwumvis voice yiwe turamukanye🤗
🤣 🤣 🤣
Neza cane
Manawe mbewewe mugisha nyokwanyu arakuroze😭😭😭 kuberiki soniya ivyakubwivyose utamwumva🙆♀️🙆♀️🙆♀️ uzicunza ooh karacimwo maman rushatsi niwe ariko abikoravyose ariko courage mwubahwe ndahakuye inyigishoko ntakwizeara umwana wumuntu mukomeze imana yomwijuru ibahe umugisha🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯💯💯❤❤❤❤❤🥰🥰🥰🥰🥰✍🤝👌🙏
Aaminaa
@@mugishamedia2632 oyaa nt Aminé ngaho j birabambaz za wumvir Sonia
mugisha 🙏🏼💪🏼🇸🇦👈🏼Harivyishi ndiko ndiga kubwamwebwe murakoze imana ibazingame turabakurikirana naho ndimuri saudia 🇧🇮👈🏼💪🏼👉🏼🇸🇦🙏🏼murakoze
Aaminaa aaminaa
mugisha ibintu urigukina birikuntera umujinya,urabura gushyirahamwe nu mugore wawe ngo murwanye abanzi none utangiye gutera umugore wawe hejuru koko
Nuko bimeze,murabe neza muronke isomo rikwiye
Mugi niwe mwami wa film dufise iburundi wariwagiyehe❤❤❤
Wawooo abarundi tumenyane imigani myiz kbx
Courage team Mugisha gusa Mugisha yambabaje ukuntu yategetse umugore wiwe kunwa uwo muti azi nivyo mama rushatsi yashatse kumukorera none raba nubu akomeza kumwizera wamenga noca muri télévision nkamutera amakofe akareka umugore wiwe 🥺🥺🥺
Kuberik ww Mugisha utumviriza icumugore akubwiye urazi kwiheze mbabaye kuba mwasubiy guhuza nanyina warushatsi iryankoziyikibi
Mwihangane cane.musabire Mugisha
Team MUGISHA love so much nkunda ukuntu mutwigisha courage bcq vraiment 🥰🥰🇧🇮 🇸🇦
Merci
Mugisha urambabaje kwr guhatira Sonia kunwa umuti kwizer abantu sivyiz pe courage ndaba ❤️❤️❤️❤️🥰🥰
Merci sana
Iyifilam ninamba 1 kwa uzuri allah awazidishie kilalakher mzidi kutufariji sisi wenyewe tupo inje yanci amiiiin
Aaamina
Mugisha urantwengeje kbs ugiye kugura akabati rer ubike asha niyo katameneka bizoba bishobotse kbs
Nihatari
Mugisha unyigisha kwihangana ,lmana ikongerere imbarago bro ndagukunda cyaneq❤❤❤❤❤
Nukuri mukomerezaho kbs🤝🥰
Ndabakunda kubera imyibutsa muza mushiramo ndabakunda can 😂😂😂
Mugisha intumva yo mugiharuharu😏😏😏
Mu Burundi mugisha aracari king of movies 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Thanks so much
Mungu.wangu nimekuwa nimejuwa kama nimekuwa wakwaza kumbe munakuwa muko maco
Tumekuwa tunayisumbiri kwa hamu
Courage mugisha tuko pamoja.nawe
Atuwa kwa atuwa🇴🇲🇴🇲🇴🇲💓💓🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Asanteni sana
Mugish ndakwanseee
Mugish kuberik utumv nukurii
Sonia wihangane nihagir ivyakuzanir knd ngunw ntuz wemere
Am rwandan , you are brothers
Yeah we are brothers
@@mugishamedia2632 when we open the border ,l want to meet us,expecial mugisha
@@nsengiyaremyeevariste4749 you are welcome dear
Muduhe vuba next episode kabisaaaa
Na Never turayikumbuyee
Urakoze cane Team mugisha.nd1bakunda cane
Vyiza cne gos turose abadufata mumugongo natwe zée Burundi turashoboye
Komera komera
Jamani mbona Mugisha unajikokotea matatizo mwenye .vyose bimaze kukubako ntubon KO Mama wawe abirimwo.yararahiy kutaziger umuhekan kuber Iranzi na Ruvuto.big up ❤️❤️❤️❤️🙏
Murakoze cane
Mugisha ntakigira amakenga,ntacyumva inama.
Mugisha izotuma tudasubira gukwirikiran iyi film ntiwunvira umugor waw abagor kwl barakengegwa
Uwakabiri kinama ❤️
Entouka ndimubamberee mumpe izo likee
Courage
Waouh mwar mwadutebereje knd twar tubanyotew knd murakunzwe mwubahwe🙏🙏
Mwubahwe namwe
Aho umworo yanikiye ntibwuma😥😭😭ntaco uzobatungana abo bantu Mugisha
Ntivyoroshe
Mugisha uranyeguye ngo twarabamenye😁😁😁, madame wanje iyakabiri iriyo hhhhh
Mugisha watamira itonge ryubugari nanje nkabega nkamira😂😂
Appetit
🤣🤣🤣🤣🤣❤️❤️❤️❤️❤️Impore
Mugisha ntiyumva pe😭😭😭😭😭 knd azibonerako
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
Nari nararangaye weeee
Mugisha Courage kbs🇬🇦🇬🇦
Pole sana
Ibijuju vyabagabo nkabamugisha. Bakwicir umwana ngo mbabarira!!
Nuko nuko.reka tubandanye turaba tubone iherezo ryabo
Muhabwe Umugisa n'Imana Murakunzwe❤✊
Aaminaa aaminaa
Karabakekena wewe ntuzoshobora mugisha kuko nincabwenge azokuzunguruka ,courage mugisha utera uja imbere
Komera
Mugish usenge Iman umwansi agucira icobo Imana ikagucira icanzu
Nduwambere
Nice movie ariko Mugisha arasama akarenza niyo mpamvu n'ibibazo bimwe bimwe ariwe avyikwegera
Ni hatari kweri
Murakoze cyane, arikomuyibangukane nukuridufite amatsikomenshi.
Murakoze cane
Nirya mbere nkurikiranye film kuri #MugishaMedia
Nahomvye vyinshi kabisa
Proud to subscribe on this channel.
Ndabifurije kubandanya mutera muja imbere
Karibu cane
nakupongeza Sana kwakazi nzur unaifanya yakutangaza inchi ya Burundi mungu akubaliki
Aaminaa aaminaa
Ihigwa iniga ,Mugisha harivy uvuga arukuri pe gus uri namakosa imbanyi ya 1 yavuyeyo kubwawe uhat umugore ngw'awunywe ubugira ka 2 naho umuteye iya 2 murasezerana kutazongera kubivuga non birangiye ubivuze ubwo ntuzohava wicuza ko mbona Bakunda na karabekekena baguhagurukiye?courage pe iyi film ya MUGISHA iracari iya 1 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮,much respect 🙏🙏🙏🙏
Murakoze cane
Ndashaka kubona mugisha yakanuye akabona,agakura icizere kuwiyita nyina!!!!!!!
Mugisha wowe urikojuju urashobora kunwesha umuti umugore utazi ivyo wakozwemwo reka ukome umugore wawe yarapfuye noe nuwundi ngo nwa rek uyabone
Icizere kiraza amasinde koko!!!! Ndababajwe n'icizere Mugisha yagumye aha mama RUSHATSI.😢😢😢😢
Ndaryewe niyisenema mugisha uzokwama urumunyamugisha
Kwizera umuntu cyane sibyo ngushisho nicyo cyambere
Yagutwaye ubuki wiyegekeye mutama ivyo bibaho naze vyageze uko nihiwagane ok😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂 kadi mukomeze🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Mugisha ngw'imvunja zari zaramwishe😂😂😂😂😂😂😂 bamukura mubihere n'imbaragasa😂😂😂😂😂😂,ntawukir'ishiga ,n'imigani kabisa y'ubwenge mwubahwe,gusa karabakekena yarakaye Kabisa 😲😲
Cane
Ariko mtama ko afite amahane 😮😮😢
Mugisha ukuntu usavye imbabazi nyina wa Rushatsi numva nogufata........ryuuuuuu,,, respect Barakekena for yr song.....Qui seraaaa.....hhhhh ngo le bonheur n'existe pas🤣🤣🤣,,niwitwarire nyina wa Rushatsi niwe mungana😜
Mugisha asigaye atakabati agira ewe mungu wangu....
Ntivyoroshe
Mugisha uyu munsi wantunguye pe sinkumenyereye ukina ufite amahane😅 much love from 🇷🇼
Je vrt ndaryoherwa nokubona abakinyi bakina neza vrt barabizii mugisha wubahwee sonia ndakunda voicee vrt love from team satura
Komera komera, bandanya musatura.
Ariko mugisha nukuri bakunda yarakuroze umunwa nukuri mana urisindarirara yabawariz koriwe akwinyegezamwo nkimbeb sonia ntuzosubire kubwira ibanga kukontibizoroh ndabakunda💕💕💕💕💕❤️❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲
Komera komera
Karabakekena namukunze bikomeye 🤩
Team mugisha , courage sana .
Merci
Mugisha ntubeshe ubwo bugari turabwipfuza😋murakase ubugari nciy mira amate hhhh keep going guys
Thanks
Ukuntu umwishuye karabakekena ndahimbawe Mugisha courage kbsa
Merci
😂😂😂😂 Basha mugisha arantwengeje ngo nahontarakabati sinzobivuga😂😂😂😂
Mugisha nawe ararenze
Sakabati kabisa 😅😅😅😅😅
❤❤this film🇧🇮🇧🇮🇴🇲🇴🇲
Mugisha ah nogufata nokuyooooo 👊👊urik wank impanur ereg nashavuy jw
Pole sana
Iyindi itinda kuboneka bikunze mwabidukemurira murakoze cyane
Mugisha ndakwinginze kunda ibanga.Soniyaciurage ma chr ibanga niryiza.N'Imana irarikunda.
Komera
Mbayew 72 team mugisha media we lov u gatumba turabakurikirana
Mukomere cane
Courage team mugisha nzobarwa inyuma 😍😍
Murakoze cane namwe bantu bacu
Mugisha ufis ibigeragezo ufis n vyishi Ic Gitama n Hatali
Mugisha sinzuko nokwita kbsa wew urasubiye kumubwira bakunda nukur ndakwanse kndi vyanyavyo kbsa urahemukiye umudamu wawe abagabo bameze imana izomunyime
Cane gose.
Mubandanye mukurikira muronk icirwa
Uyu mutama KARABAKEKENA n'umuririmvyi mwiza vrmt. Arafise talent yo kuririmba arabe ayivyaze umusaruro muma karaoké vrmt. Arashobye je souligne
Merci de sa part
Imigani myiza shaa
Courage
Maman rushatsi nawe aravyunyuye ngo erega na sonia nimwiza ,araguye aragarutse
Nuko
mugisha we nimba tante wawe yarakuroze
Nuko
Nice mumpere gasop rwose uwomusaz ntagira nu bwenjye
Great movie mugisha wacu🇰🇪🇧🇮
Murakoze
Vmt mwariyumviriye neza Nice picture