SAKUBU KIREKO wa Ninde? || Tumusanze muhira iwiwe raba uko atwakiriye || Big Fizzo twarakoranye
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ย. 2024
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
Isaac Tv kukivi umwanya wooose reka tugire ama share, Isaac urakoze caane kuduha ibiganiro biryoshe caaane nukuri..
Kbx
Oh Isaac well done vraiment wakoze igikorwa ciza kurondera kireko!! Beshi twakuze turabana tumubona he is actually a really legend mukiganiro ninde!!
Isaac my man I salute you!!🇧🇮🙏🔥
Urabona 🤣🤣ubu mbaye uwambere piga keleleeeee
Arik Isaac harikint utamubajij pe,kutamubajij Origine nyenizina yikiganiro ninde?akatubwra uko vyagenz kugra habe ico kiganiro??man nashaka kubimenya pe!!
From Photographer PoliteBelief📷📷
🔥🔥🔥🔥👌👌
WAKOZE.KUJA.IWACU.IGITEGA.ASHA.SAUDIA.ARABIAN
Murakwiye kuba mwamurishe kuba yabonetse kuri chanel yanyu
kirazira kubaza umuntu amahera aba yahawe it is not profesional kubaza ikibazo nkico
Mutama umubanyi wanje
Turabakunda cane abakinyiba ninde? ❤️❤️
Izac wagiye home sweetie ndu munyagitega haki 😍❤️❤️
Igice ca 3: Urashaka Kumenya Uko Worwiza Amafaranga?
👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻👇🏻
th-cam.com/video/SD0tkUpwPRI/w-d-xo.htmlsub_confirmation=1
Eweeee sakubu wuranjohera peee mugukina ninde nilamba lolo issac nawewe warakoze kubikogwa vyawe merci ✌✌✌✌👏👏👏👏👌👌👌💝💝✌✌from oman mascaty
71 ans yeee umutam wacu araburiy
Umutama umuhe aka bière yinywere kabisa Nice interview
Wahuye na mutama hahahah mbaye uwambere
Good job girl
Ally ndakunda ukukina kweli courage
Ni wewe
😍😍😍😍🔥🔥🔥
Ninde yubu kweri ntakanovera ifise nkiyakera vraiment ubu bagira promotion gusa ntikiryoshe nka kera wapi
Issaac nukur usigaye ukora kwer big up sana bro
Igitega iwacu ndahakunda isaac wakoze cane 🇰🇪🇰🇪🇰🇪
Ngo Ntare Rugamba waramubonye😂😂😂😂😂😂 bro?! reka gucanga umusaza
Isaac vrmt arashoboye nukuri✌️✌️
Eee yarabonye mwambutsa ndumiwee🤣🤣 sakubu dorecteur
kumurwa mukuru wa politique w'Uburundi ayaaaa uranryoheye Kireko
Urakoze kutuzanira sakubu 🇸🇦🇧🇮💪💪
Abo bantu barakwiye gushikirwa
Niyihe nkomoko ya ninde?
🤣🤣🤣 ninde niyakwanza mumasanamu yose kuberakaranga kacu nikotituka pe naba farias hahaha sakubu iko sawa
Isaac urazi kubaza ibibazo neza cane uraha formation urya muhungu wawe wundi
Ewekireko ngusingaye mumyaka ya bonus🤗😆😅🙈
Isaac bon travail ariko nimba uri umurundi,urakwiy kwiga kuvuga ikirundi co kwubaha iyo uriko uvugana n'abantu nkabo. "Mutama+izina" igih cose ushatse kumuhamagara hama "mu" apana "u" bita vous de politesse en français
Basha, naj, nvuy, kwishuri, nahora, ndaba, ninde
Turamwemer cn gos iman imuzigam cn imwongerer imigish myinsh cn
Sakubu uracariyo big up isaac kwakutuonesha star wetu sakubu
sakubu mbe baracakina ninde ee urakoze isaac
Issac tv turabemera kukomurakora
Sakubu arantwenza kabisa ntiyigeze abengwa
Isaac wubahwe urachoboye🔥🔥🔥🔥😘😘
Huyo Mzee nihatar San kwa Burundi namkumbuka Sana .henzizetu tulikua tunangalia ninde
I hope you guys are paying for his appearance, please don't take advantage...
Emwe urazi kubarondera good job
KIREKOO ntasaza basha nakuze ndamubon angan ukwonyen
Eg vrm
Huyo Mzee badoyupo salut San amzee nakwako wew isaaq
Ebalé ndamwibuka aje guhamba nyokuru wanje mukibimba(Matilida)aje buja basha nimiduga yarahagarara kubera we
Araburiye kweli Kandi nubu aracabukegeta Imana ibandanye ikuzigama mutama wacu
❤️❤️❤️
🤣🤣🤣
Good conversation
🇺🇸🇺🇸🇺🇸 ➡ 🇧🇮 😂😂😂😂😂
Patron wacu Isaac m6 San kuba waturonkeye mutama kireko burya aba gitega?? Narinzi k uba aba buja!! Bandanya Isaac utuzanira bishasha!
Haaaaa
Uyumutama araburiye kwer
Kuva kera namye nkunda ninde gushikubu ndayiraba😅😅merci bk
Isaac usigaye ukora imiti gusa kabisa .courage guko uri mubambere.......
Nibaza ko yihenz Déo n'a pas 71 ans
Uwomutama nu wakera kweri yaduteramishije kera imana imizigame kandi isaac urakoze cane
Ndakwemey Isaac urarinda washak kumeny abana ba kireko uwo abana afis nawen ntabazi
A.k.a Katamanikirwa the legende
Nyamukeca
J'aime
😊😊😊🤝👏✋️👍
Namkubali sakubu anakipaji ca kuceza ninde
Nc
We mutama ngo umugore numugabo banyarana😂😂😂😁😁😁
😂😂😂😂 uranyishe nagira navyumvise nabi
Komera cane
Vyiza cane.
Courage Issac nic vtm
Sakubu ndamufana
Draguer????
💯✌️✌️
Muramutse mutama ndamupfana vraiment
Nice interviews
Good. Akaranga ka kera nukuza turakazirikana
Sakubu.ndasaza kbs.😘👌
Isaac tv👌👌👌🥰
Issac terimbere
Nice aasac
Isaac uwo mutama ararenze guma utuha amarike
Nice kwel
Ngwari mur bonus
Isaac ukorivyamateka pe turakwemera
Niyirambire mutama kireko ndamukunda
Piga kelele kwa sababu 🥰🥰
Isaac ugeze kure oho uri igitega ni bon kbs
🇧🇮🇧🇮🇧🇮✌✌✌
Isaac courage turagukunda kweli ukora neza nawurwaye uragerageza courage pro
Sinacerew cane nice Isaac
Ndashimye cane kubamuvugishije uyumwubahwa womugikino Ninde, ndafise ahonigeze kumubonakina yitwa Kibuti .
🔥🔥🔥
Uwamberee tday!!!!!✊✊✊
Wapi nagutanze man
Waapi nari jenynee
Noe juma na wew ur cameraman urasubiramw kubiraba??
@@سيفي-ر9ك hahahahhh mubaze sha.ngira aba ashak yongerez vius
Hhhhhhhhhhhhhhh ndabiraba nezaa kwl erga ibntu biryosh ugum usbzamwoo
Wooooooow so nice my Asaac😘😘😘😘😘😘😘😘😘 lazima n sauza ufike wanje🥰🥰🥰🥰😍🥰😍🥰😍🥰😍🥰😍