Intamba mu rugamba ziteguriye gute igihugu ca Burkina Faso

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 9 ต.ค. 2024
  • INDUNDI SPORTS : 09.10.2024
    Intamba mu rugamba ziteguriye gute igihugu ca Burkina Faso
    Intamba mu rugamba z’abatarenza imyaka 20 n’igiki zigiye gukora kugira zitsinde Ubuganda?
    Moso Sugar yatumiye Abakunzi bayo mu nama idasanzwe
    Inkino za Kivandimwe zirabandanya mu migwi ya Musongati Fc hamwe na Olympique Star
    Muri Africa
    ------
    Inkino za Cecafa - 20 zirabandanya
    Tombola y’ingene imigwi igiye guhura muri CHAN igiye kuba kuri uno musi
    Urutonde rw’abamenyereza bahembwa amafaranga menshi kurusha abandi Muri Africa
    Uko imigwi igiye guhura mu nkino z’umusi ugira 3 zo kurondera itike y’igikombe ca CAN 2025
    I Buraya
    -----
    Kylian Mbappe yaraye atowe nk’umukinyi yaranze ukwezi kw’i 9
    Nico Williams yaraye avuye mu mugwi nserukira gihugu wa Espagne
    Athletico Madrid yahinduye izina ry’ikibuga cayo biturutse ku gafaranga
    Messi agiye kuronswa akandi gashimwe
    Jose Morinho yipfuza Arda Guler

ความคิดเห็น •