Uwabahujije STELLA Na SCHOUTELA tumusanze iwiwe atwibiye akabanga yakoreshe kugira nasubirane...
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 5 ก.พ. 2025
- Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)
BIRANSHIMISHIJE CYANEEEEEEEEE KUBA STELLA NA SCHOUTELLA BASUBIRANYE👏👏👏👏👏👏👏👏URUKUNDO NTIRWOROSHYE RWOSE. STELLA YARI AREMEREWE PE❤❤❤❤❤❤❤❤👍👍👍👍👍👍👍IMANA IRAKOZE CYANE🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏 KANDI NA SCHOUTELLA URAKOZE KUMURUHURA💐💐💐💐💐💐💐
Ameeen past warakoze kubahuza vyari vyabacaze turabashak batusabe imbabazi ikindi bashwanye baze barihangana basenga iman waragize neza issac urabakoranya turabe merci issac
Isaac wubahwe caane nanje ndaryohewe kubera basubiranye❤❤❤👌👌 isaac Vuba ubatuzanire peeee
Warakoze cane mukozi w,Iman dufise Iman itabar abayo iyo dusenze iratwumva Isaac courrage
Yoo badisi Imana nishimwe cn biraryohey kobasubirany amen 🙏
Imana ishimwe caaaane bongeye gusubirana Imana iguhezagire caaaaane mukozi w'Imana kukikorwa wakoze uzobihembegwa na Yesu kristo.🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Waaooo byiza cane 👏👏kobongeye gusubiran
Waooo IMana yachu ninziza ndishimye cane kubona basubiranye💃💃💃💃💋💞
Waooo nivyiza cane🙏🙏🙏birahimbaye
Vyizacane🙏🙏🙏🙏💟💟💟
😏😏😏😏 Hmmmm twarabahinyuye kera 😀😀😀za mwandik kur title ko ar film igombisohok apana kuducurika ubwenge knd budacurikwa 😏😏😏biraharawe
Vyiza cane bageragez mariage vuba vyihuse urukundo rumara 6 ans badacunze nuzotirimuka kandi 🇧🇮👌👌
Aho ntubesh kabx kuko ngwimbitsi yacane ibikira mukeba
.imana irashobonye
Twararyohewe cane kbs
Nivyiza
👏👏👏👏👏
Waoooo nivyiza can🙏🙏🙏🙏🙏🙏♠️
Ca Isaac kir sympa ukuntu hahahahah ndagukunda kandi ndifuza kukubona
Kikiiiiiiiiiii nivyishimo🙌🙏
Vyiza cane ariko nimlubane kuko urukundo rwimyakamyishi ntabwo arivyiza keshi bikunda guhera batabanye rero nibarabe batwereke ikirori
Yes isac wubahwe🙏
Igicina gore cose iyo gikoze icaha gifise uburyobwishi bwokwirwanira keshi ntigitsindwa iyo igitsina gabo kizi Imana rero biragoye keshi guheba igitsina gore iyo mwahuye ubwambere arisugi mumyaka yohejuru! guko ntivyoroshe kubaronka. ni vyiza ko mwasubiranye Imana ibahe inguvu murangize urugendo mube umubiri umwe kandi ntimutebe kubishitse ugutebakwanyu nikwo kuzana intambara. imyaka6 nimyishi ivyomurondera muzobironka murikumwe.
Twararyohew disi. Urukundo uwutaruzi
Nukuri jew ntanumw nzi muribo ariko nar nabababay bimw bidasanzwe gushik aho ndira bimw bidasanzwe
Ndabakunda🥰🇧🇮🤲👍
Waoooooooo
Imana niyo nkuru
Vyiz cane
🤜🤜🤜🤜🤜🤜🤜🤜🤜
Ndabemera cane gose 🥰🥰🥰🥰🔥🔥💖💖
Asante san Aisha
Nukuri ndanezerewe..cane...imana ikoze neza...na wewe...isaaac nawe...ndagushimie nawe ufemwo uruhara kungira basubirane imana ni ninahazwe
Nivyiz cn gosee
Ububeshi gusa muteye imbabazi wapi kbs ivyo ntanyungu muzobikuramwo
Komera
Zari base izo ako gatwiko turakamenyreye
mbega vyiza
Umukino urangiye basubiranye huuuuuuu bamureka kutubesha nimikino gusa hagiye gusha nabitwa ko arabaririvyi ba gospel basigaye bashaka kumenyekana biciye murubwo buryo biteye isoniiiiiiii
Mamy turimugihe vyanyuma ahubwo batey isoni
@@jujugikundiro8547 nakumiro nukuri
Nivyiza ko basubiranye
🙏🙏🙏🙏🥳🥳💙💙👌
Kiki☺️🤣🤣🤣
Kbx nibyiza
Wawuuuu