SIKO NABISANZE by SPOKS MAN ft MKOMBOZI (Official video)
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 4 ต.ค. 2024
- SIKO NABISANZE
‘’ SIKO NABISANZE ’’ is a song by SPOKS MAN ft MKOMBOZI, produced byDJ KOLLY in MAGIC MIX, a studio currently based in BUJUMBURA. The Video was shoot in BURUNDI with MIRA MIRA FILMS as directed by (Producer).
Who is Spoks Man?
Eric Dushimirima, better known by his stage name Spokesman is a Burundian singer/songwriter. His music career began five years ago. This talented young man has been struggling to please his fans in spite of some hitches on his way. His most successful single “Burundi” has topped the charts and was previously nominated for the IsanganiroAward (5th edition).
Spokesman has also won a “New Best Artist” trophy in 2014 in “Top Ten Music Awards”, organized by Radio Bonesha FM.
So enjoy this video and just remember to subscribe right on this channel.
Abantu bakicumviriza iyindirimbo bampe like👍 siko nabisanze uko nari ndavyiteze igihe papa wanje yapfa
Uko nabiziga siko nabisanze iyi ndirimbo ni somo niyamacungu .BN idées .ni hatali
Hano mu Rwanda iyi ndirimbo ntizatuva mumatwi.
Nibangah bakiraba
Indirimbo zidata #sujet??
Indirimbo zakoze kumitima yabensh
Le 17-7-2022 ndacayiraba kuk ndayikunda cane
I still watching this song till now 2024 you've done well ❤
Nnj ndakaravy kweri
Ingene nkunda iyi ndirimbo 😭😭😭💯❤
I still watching 2024
I'm here 😅
You are not alone
Rrb
Umuntu wese akumbuy mukombozi ampe like
Iyi ndirimbo inyibukije kahise
Big up brother👏🏽
Ndayikuna nanj
Murashoboye iyindirimbo iranyigisha cane. Imana ibandanye kubazigama Spoks na Mukombozi aho muri hose👏
Asha nanje ndagushigikiye kbx
😭😭😭😭😭abavyiyi nibaribakwiye gupfa abana batari sunurura
Numugambi wimana sha kubwacu nyene tubadushaka tugumane ark ntibikunda😭😭
Iyi song niyamateka itwigisha ivyo abantu biyemeza kuzofasha mubiriyo arik nibabishitse spok's&mkombozi more respect, 🙏🙏🙏🙏👌👌👌🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Spok mane nkukunda kubi kundirimbo zawe uwukiraba izindirimbo muri2020 mumpe like
Nubu le 17-7-2022 ndacayiraba
@@aishanizeyimana8763 waoooo
Nibaze kontarumwe nkiraba iyindirimbo
bitayeho gusa ababo kbx true story
Nihatari nukuri Mukombozi courage nje ubuzima nakuriyemwo vraiment imana ikura kure umuntu peee Allahu Akbar Imana niyo nkuruu 💖 love from 🇴🇲 🇧🇮 💖 💖
Gonga coment
Kama tuko pamoja
2024 is there anyone😢😮
Terimbere Spoks. Ndakunda caane ukuntu witondera amajambo, umudiho, clips vyawe kugira twinovore akanovera kumuziki ndundi. Terimbere Spoks
Nanje ndamukunda Canée.
Incuti yambere n'Imana
True story for. Me
uwushak ko basubiragukorana nibampe like
❤❤❤❤❤always I love you my sweet song teach me for everything
A chaque fois numvirije iyindirimbo amosozi antanga hasi..spoks uvuga ukuri..
Nibutse Papa ukuntu yagiye ntaravuka , i wana cry
Imewagusa wengi man !!!!
God bless you for that song
Is not easy to hold my tears every time that am listening to this song. It touches in every sector of our daily life
❤❤❤❤❤mkombozi hejuru caneeeee
Isi niko abantu twimereye kweli
Iyi ndirimbo iguma ari nshasha!abipfuza kwiduga views mump j'aime
Duuu nyimbo hiyii nayikabi sna mkomboz 🌹♥️♥️♥️♥️♥️💯💯 inanikumbusha mambo menjgi💪
Uwiphuz kubona mukombozi nkanje nampe like
This guy is amazing, keep it up spoks man
Merci
Spoks Man Official abisi nikobameze
Ndakwemera
Cane
Ça c'est ma situation je pleure encore
Imyaka 7 iraheze uduhaye indirimbo yakanovera kadahera , keep shinning boss
Isi niko yubatse mon frère, nigusenga uwiteka ni we se wimfuvyi akaba numugabo wabapfakazi
Ibihangano nkibi tuzosubira kubibona kweliiiii....
Thx Dear @spok's @Rusiferi
I still wacth 2024 hit song spoks nawapenda sana
Iyindirimbo inteye akabonge. Akakera
umwana nkunda cane kbs komera can bro wanje spoks
Mkombozi ndashk kukubon ndagusavye umpe ayomahirwe nkubon gus kk indirimbo zw nziraryoher
❤❤❤mbega Spoks uyu.muhungu yagiyehe koyarashoboyeee big up bro
Ndaya mama nikobili kwinsi
Spok really amazing man ,,,,, keep it bro
Ukuri kwuzuy benshi niko bamez! Ariko biba vyiza iyo wizey Imana
Iman igukomez cn ubitegur nez ❤❤❤❤
I like this song because it is a true story for me🙏🙏
Alafu nimefika nakumbuka sikuyiii niliteseka san kbx 😭😭😭😭😭😭
😭😭😭😭😭😭😭🙇
Perfect story n amazing song!
I will always+257 love my ctry
''Beshi imibiri yabo imota farfait ark imitim yabo ntimota parfait'' ''umutima ntugira vidéo ntuhendwe namaso". amwe mumajambo yinkoramutima. Mkombozi yubahwe.
This song made me crying 😭😭 till now I can't hold my tears
Sorry
❤❤❤
❤❤❤
Inteyamasozi ndarizekwl
Sorry
Tjrs inyigisho,ni sawa
Ubuzima ni nk'icirore mwana wa mama
Yaa
Wimbo unaujumbe mzuri ila ningewashauri mjitahidi kuimba kwa kutumia lugha ya kiswahili ili isikike Afrika mashariki nzima na dunia kwa ujumla
Iyindirimbo izokwamana akanovera❤
I 'm facing this life , only sorrow is ruling but we hop one day yes
You are the best ♥️♥️ yoya
Courge❤🔥🇧🇮🇸🇦
Iyindirimbo irandijije disi 😭😭😭😭😭😭😭😭
Big mkombozi upo
Inyibukije Mama wanje apfuye ndanamukumbuye
Pole sana
Pole sana condoléances sn
everyday ndabiyi video nibuka vyishi nkarabuyumusi bigatuma nsubizwa icizere nkizerimana kurusha abantu
Mukomere iyi ndirimbo irigish xan mwirambire❤🎉
indirimbo tre emotionnel irimwo inyigisho nyishi yubuzima
iyi ndirimbo nkiyibona nararize numutwe urameneka
Amasozi gusa iyindirimbo niyakera mugabo kesh ndayikunda cn kukubira ikoze neza cn
Iyi ndiriimbo niyibihe vyose umuvugizi
Nice song hasta siemple
Lovely Song
Nanje ibi bintu vyaranshikiye. Naho nari umwana atari muto naribaza ko mama azogaruka.😭
Brother ukomere,tukurinyuma
Beautiful bro.I can relate
They like to say that legends never die🚶🏻♂️🚶🏻♂️
I still have all Parents but I like this song and I never get tired to listen to this one😟😟😟 sikwo nabisanze🚶🏻♂️🚶🏻♂️
Me too
❤ and me
Ariko mukombozi yakumbuwe burundi😘😘🇧🇮
Ndabakumbuye trop
Nivyo kbs kuk Iman niyo ikura umuntu Aho atri ytez
Pole sana
Ninde Aringaha muruno mwka wa 2024 ?
Kabisa ntiwiheze nikobiri narabibonye🙏🙏🙏🙏🙏
2024 till listen to this song
Ingen nkunda iyondirimb mana yanj nihatar Kbx 😭😭😭😭😭😭😭😭🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮✔️✔️✔️🙏🙏🙏🙏🙏
True story still now 2024
vraiment ndumwe mubafana baw ndakwemera kubikorwavyaw
Incuti yambere ni Imana gusa pe keep it up
Inyibukij vyishi😭😭😭
Courage my brother
Spoks wagiyeh bro 😭😭😭
Tunakumbuk mican yak n Mkombozi
Iyondirmbo ndayikunda cane😢😢😢
King mkombozi
Nanje nuko narinziko azogaruka none nubu amaso yaheze munzira
Iyindirimb uwiryoher nkanj abinyerek le27.8.2022
Yewe Sha mukombozi hano kigari nukunda indirimbo
Vyukuri abarundi felicitations mwubahwe
Nihatari kabisa isi niko umeze ndabizi naravyiboneyeko kabisa
Nararyihohewe kubonagarutse
Ntibiba vyoroshe pe
Iyindirimbo ivung ubuzima bwanj iyi ndayunvirij ndarir
Yes Cousin Big Up....
birababaje
💥💥
Imana ikuje imbere Mukombozi...