Imvugo Prezida Ndayishimiye akoresha ngo zerekana ko ata nyishu afitiye ibibazo bihanze abarundi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 28 มิ.ย. 2024
  • arongoye. Léonidas Hatungimana na Bob Rugurika bahuriza hamwe ko imvugo ya Evariste Ndayishimiye rimwe na rimwe iba ibuze ubuntu, ibidakwiye k' umukuru w'igihugu.
  • บันเทิง

ความคิดเห็น • 12

  • @NinaZouzou-p4d
    @NinaZouzou-p4d 2 วันที่ผ่านมา +2

    Yego shaaaa😂😂😂😂abanygihugu baragowe hhhh

  • @artificial_creative
    @artificial_creative 4 วันที่ผ่านมา +1

    Igihugu caramunaniye gutwara
    World 's Incompetent president NEVA

  • @IgiranezaRucie-ze9qc
    @IgiranezaRucie-ze9qc 2 วันที่ผ่านมา

    Nn ko ufise amahera yo kubishira muri stock no kororora bisaba amahra

  • @lionelnijimbere228
    @lionelnijimbere228 2 วันที่ผ่านมา

    Sawa

  • @StevenMugando-ei6vb
    @StevenMugando-ei6vb 2 วันที่ผ่านมา

    wapi vyaramucanze kabisa

  • @felicitenibogora8569
    @felicitenibogora8569 2 วันที่ผ่านมา

    Ndashigikiye Bob ivyo avuga. Ndayishimiye n'umunyagihugu asanzwe ariko arondera ubuzima nk,abandi. Nico gituma arima, arorora, ararondera ivyiwe n'umuryango wiwe. En fait au lieu d'être un président, c'est un fonctionnaire avec des responsabilités illimités. C'est lui qui détermine et définit ses propres responsabilités selon ses besoins personnels. Donc, il ne sait pas comment se définir parcequ'il n'a aucune idée de ses vrais rôle et responsabilités comme président. S'il savait l'importance du statut qu'il devrait représenter, il n'allait pas ouvrir la bouche pour parler de la sorte. Au moins, il allait cacher ses lacunes et faire semblant. Or, comme il ne sait pas, il ne sait pas non plus comment choisir ce qu'il peut dire et ce qu'il ne peut pas dire. Il suffit qu'il ouvre la bouche pour regarder mettre les enfants à l'abri de ce mauvais exemple

  • @felickabura6328
    @felickabura6328 4 วันที่ผ่านมา

    Ivyo uvuga nîmba arivyo kubera iki yadugije intendançe.?

  • @alinemiami9135
    @alinemiami9135 วันที่ผ่านมา

    Yigaruriye amatongo angana gute ivyobagushikanira vyose bingana gute amafaranga abanyagihugu baguha buri kwezi cank buri musi bingana gute??ntamukuruwigihugu dufise iyomvugo nimbi cane.

  • @feruzinzeyimana
    @feruzinzeyimana 4 วันที่ผ่านมา

    Sans blague

  • @emmanuelminani9270
    @emmanuelminani9270 4 วันที่ผ่านมา

    Abenegihugu baratwenze barajegera