Hahaha sometimes the truth hurts somewhere(for them who speaks a lot of crafts about the freedom of christians) Thank u malakay for standing for the gospel🙏✊
Ndi Prospa key ndirimba Gospel ndashimiye Malakay kandi kubasoma bible amajambo menshi yavuze arimwo kandi agize neza abenshi bari batanguye kubona nabi Prince Zoé na GN big up sana
Ryoooooooooooooooooh! Frère n'ukuri umbaye kure mbanguhaye n'agasoda gakanye kabisa.respect kabisa!mubwire iyo ntakebwa yumve.avuga ivyo atazi.n'uko ata mpwemu yera afise ngo amuhe gutahura ukwo kuri umubwiye(ça reste des mystères kuri we).Hama abemeranya nawe nibaza ko ari abadikijwe. "Bakijiwe naho,soit bari immatures(bébé spirituels, ou ignorants), canke naho n'abanyendini. Burya nasanze urya muhungu: NTIYIYEMERA kuko abantu nkabo nibo usanga barondera icubahiro cabo mukumanura abandi( kuba rabaissa).So, bro big up sana
Urakoze kudutasha abo murunganwe rushasha
Hahaha sometimes the truth hurts somewhere(for them who speaks a lot of crafts about the freedom of christians)
Thank u malakay for standing for the gospel🙏✊
grand philosophe uranryohey,usohora Ijambo atar amajambo ashikira amatwi,arik ijambo ritanya igufa numusokoro, uravumereye kabsa thanks sana🙌🙌🙌
Ndi Prospa key ndirimba Gospel ndashimiye Malakay kandi kubasoma bible amajambo menshi yavuze arimwo kandi agize neza abenshi bari batanguye kubona nabi Prince Zoé na GN big up sana
Noe vyari bikwiye kwamwishura nkumuntu yamenyImana?? Nagir yari kwihorera Imana Ikigwanirira
Ndemey urincabwenge❤❤❤
Always here for this song🔥
ndumiweeee🙊nj ngira yiyumvis kbsa naho mutarinz kumuvga....wish more prosperity in Christ.... was Cleris
Kbx Uburyohe bwicamwa bumenywa nuwakiriye alors nuburyohe bwa Yesu bumenywa nuwamwakiriye !!
Uwutamwakiriye nind?faut pas ku jugea
Big talent for sure!
Emeza uwo mujama très philosophique
Ryoooooooooooooooooh! Frère n'ukuri umbaye kure mbanguhaye n'agasoda gakanye kabisa.respect kabisa!mubwire iyo ntakebwa yumve.avuga ivyo atazi.n'uko ata mpwemu yera afise ngo amuhe gutahura ukwo kuri umubwiye(ça reste des mystères kuri we).Hama abemeranya nawe nibaza ko ari abadikijwe. "Bakijiwe naho,soit bari immatures(bébé spirituels, ou ignorants), canke naho n'abanyendini.
Burya nasanze urya muhungu: NTIYIYEMERA kuko abantu nkabo nibo usanga barondera icubahiro cabo mukumanura abandi( kuba rabaissa).So, bro big up sana
Hhh araba yumva B Face nc song bro bwa bundi mu #Burundi turafse aba rappeurs bakomeye
"Bababwiye ngo iryinyo kurindi ariko jewe ndababwiye ngo uwuguhaye ikofe kwitama rimwe uramuha irindi " YESU
Well said
Kabisa!!! Hip hop ya vrai!!! Ego ndemeye Hip Hop n the message!!N'ikirundi nyaco !!!!
Ego vrmt much respect my bro...Merci Sana 🤐
Nakubalii vrt... Good song kwl🙏🙏🙏
mubwire man ndakwemeye kuva mbaho ingoma yambere kwisi
I like this 🥰
congratulations.....kararyoshe tena sana
Jewe ndumva kweli inyishu n'ubutumwa vyamushikiriye nuwutumvise ngira yotahura
Big up my bro Intahe yakubitse kandi ahica neza cane
kabisaa 🙆🙌
Haaa moto sana🔥🔥
Abarundi ntitwemera ko badukosora aho tukoshej jew mbon ataco bimaze kumwishura ntakibi kirimwo agukosoye
Ivyimana si wawaaa narekane navyoo
Big up big brother eshima
Yooo numva na dahwa B face numba one ukuri yavuze nikurya byene🤣🤣🤣 mbabajwe na matwi yumvirije iyindirimbo tytytytyty
safii saana ndaryohewe vr1 nukubabwira ukuri
Urashoboye
big up bro
Urakaz
😂😂😂😂😂😂😂
Par rapport yirya ya B face,iyi ntiryoshe da
Made in heaven
Really man good track and dop
urabivuga vyose m imbere yo kuririmb bwir abo bos basom bible apan kuzan am terme ar bizard
ewe bafarizayo
yeeeeeeeeesssss💪💪💪
Nakubali..tell 'em
Mukama wanje🤔🤔🤔🤔🤔🤔! Ibi bintu birahererahe koko??? Ejo hatubikiye vyinshi peeee
🙌🙏👌👌
nice
hahahahhaha ibuye ugwo rifashe rukabweeja nigwo ruba gwafashwe
siko bimeze nagah vrt. Yavuze ko ivyo udahara, singobwa bibe amakosa.
Nkunda Jadix muga watahuye none harya utera ibuye muri benshi wibaza ko atawufatwa
Ba rappeurs biburundi guteza rap imbere nivyiza mais il faut faire attention ntimumere nta 2 pac na Dr Dry.
Indeee ?B F...👀👀
nubwumuntu atovug menshi nyen msg ariyumva