Ndagushima - Voix du Saint Esprit ( Official Video )
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 3 ต.ค. 2024
- Perfomed by Voix du Saint Esprit
Written by Sonia Iradukunda
Album INTSINZI
Audio Producer : UBA Studio / Eric
Video Director : Landry-Guez
Video Editor : John Pac Denzel / Landry-Guez
Camera operator : Red, Bruno-Bula, Fiston Ish, Landry-Guez
Bass Guitar : David Manirakiza
Electric Guitar : PeterSolo
Drum : Blaise Iradukunda
Piano 1 : Jean de Dieu Kwizera
Piano 2 : Landry Nkurunziza
-------------------------------------------------------------
➡️Instagram: ...
➡️FACEBOOK : www.facebook.c...
Yesu n,Umwizigigwa ibihe vyose,nuwo gushimwa .shishikara bakozi b,Imana
Urumwizigigwa Mana yacuu birakwiye ko tugushima
Igihe naniwe mu rugendo rwanje unyonger'inkomezi. Yesu ur'umwizigirwa pe.
Hit gospel uyu mukobwa afit ijwi ryiza cn
Imana ihabwe icubahiro yo iba hafi yacu.
Komezamuzoshikakunzozi mbibitsekomushoboye
Ndagushima uburyo uri hafi yumutima wanje ukankiza umwansi
Amen
Ndagushima Mana uburyo umba hafi, ur'umwizigirwa mu bugingo bwanje.
Courage 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Mukomere Benedata
Nta mpamvu yotuma tudashima iyo Mana yacu
Courage ncuti zanje Vyukuri Yesu Urumwizigirwa
Yes, nuwogushimwa kk ahora hafi yimitima yacu
Imana ihabwe icubahiro.
the spirit team
Indirimbo imeze neza cn courage voix du saint esprit
amen amen
Ndagushima uburyo uri hafi y❤️ wanje ukankiza umwansi
Amen.
Amen.
Amen❤❤
nice song
Coco wanj sha🥺🥺imbere cane ♥️
God bless 🙏
Muhezagigwe cane Imana ishshikare kubakoresha
👏👏👏👏🔥🔥
👏👏👏🔥🔥🔥
can't wait💥💥💥
Nushimwe Mwami🙌
Hallelujah mwami nushimwe urumwizigirwa 😍😍
Ur,umwizigirw Mwami😍🙌
Wouuuuu 🥳🥰😍
🔥🔥🔥🔥🔥🔥❤️❤️❤️❤️
Ndagushima nice song
Hejuru caaan
😂
Nice song mi people🥰Yesu n'umwizigirwa