Raba uko abaririmvyi kuva mu gihugu c'u Rwanda PAPI CLEVER & DORCAS bakiriwe i Bujumbura n'umunezero
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 5 ม.ค. 2025
- Ukaba wifuza kuvugana natwe kuduha ivyiyumviro kubiganiro tubashikiriza, ukaba ufise intahe yoha abandi ivyizigiro, inkuru, igiteramo, répétition canke ushaka gushigikira ibi bikorwa duhamagare, twandikire kuri whatsapp: +257 69 249 867
Uburyo ndabakunda sinz uko nobivuga peee imana ibahe umugishya
Murakoze caneee
Mwarahezagiwe disi nimuhebo mur'umugisha kumahanga
Amen
Imana yabahuje ibahuje ndabakunda
amen
Ubu mbanibaza ikindiza kikanyobera. Mbega my beautiful couple, courage ,I love you so much
❤️❤️❤️❤️❤️❤️
Karibu cane muze mugubwe neza muri impano nziza cane turabanezererew data wa twese mwiza akomeze abafyinishe ubuhanuzi burasoye nukuri mutangure mugende amahanga muvuge uko yesu ari impamvu zibifadika ntimukaruhuke mukomez mugende mubwire isi uburyo yesu agira neza.papi and Dorcas mugubwe neza karibu cane yesu abahezagire
Asante
Karibu cane iwacu.turabakunda.
Murakoze
Karibu caneeeeee ...
Turabakundaaaaa
asante
Papi clever &Dorcas karibu iburundi turabakunda caaaane
Tkx
Waaaaw🥰🥰 i Burundi murahageze bientôt ni tour d Europe nimukomereze aho kandi Imana ikomeze ibishimire turabakunda 💞💞
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Umugisha w’Imana ibomeho bakozi b’Imana dukunda!
Amen
Papi Clever and Dorcas kalibu iwacu I Burundi🙌, turabakunda caaan💗💗
asante
Waooo!!!!Welcome Burundi Baririmvyi nkunda.
amen tkx
Ameeen
Tubifurije ibitangaza Umwami Yesu azokora murico Gikorane
Mukozi w'Imana mugize neza kubatumira
🙏🙏🙏🙏🙏
Imana ihezagire iBurundi n'Urwanda cane cane abakozi beza bayo Dorcas n'umutware wiwe . Mugubwe neza cane mu Burundi turi abavandimwe twese.
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
Mbega byiza!!Imana izabakoreshe iby'ubutwari!
Amen
Incwii ndabakunda cyane aba chr
Yesss
Waaaaa nibintu bidasazwe mugirumugisha mwakoze cane kutugender
yessss
ndabakunda caane nkunda kubakurikirana goose GD BLESS YOU
Amen
Mubaronkereho umugisha baturanyi beza,From Rwanda my hills country
Tkx
Waooooh, waooooh lmana ishimwe iturungikiye abakozi bayo b, umugisha iburundi kaze murisanze muryango mwiza lmana ibahezagire muri vyose kandi izobane namwe aho iwacu
Amen
Wow Ndabakunda Yesu Akandusha
murakoze
welcome in our beautiful country lovely couple, we love you
tkx
Karibu iwacu Iburundi turabakunda cane
asante
Ameeen
Kaze i Burundi
Murisanze mu Gihugu catuvyaye
Mpwemu Yera abakoreshe ibikomeza bene Data
Yesssss
Papi$dorcas karibuni sanaaa iburundi iwacu turabakunda caneeeee pe❤❤❤❤❤❤🧡❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
❤️❤️❤️❤️
Karibu iwacu bakozi b’Imana! Much love ❤️🙏
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Muri umugisha kri beshi Imana ibakomeze ndabakunda cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮
asante
Oooo mana ndishimye ntukuri pee 🙏🙏🙏💜
❤️❤️❤️❤️❤️
Karibu cane ncuti z'Umusaraba,ndabanezererewe, ndabakunda cane 💕🙏
Amen
Merci d'être Venus!! Mwatuberey umugisha mwihute mugaruke!!!
tkx
Ni ukuzaza Ku mugabane w i Burayi muzabipange murakunzwe cyane kandi
Egoooo bafise tour i buraya guhera iyi septembre car affiche
Kalibu iwacu I Burundi ndabakunda cane🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Amen
Welcome my friend papi$dorcas 🥰🙏🙏👏👏
tkx
Karibu couple nziza nukuri ndabakunda papi and dorcas🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Asante sanaaaa
Karibu cane Papi Clever n'a Dorcas murumugisha 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💞💞💞🌹🌹🌹🌹
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ndashima Imana yangiriy ubuntu bwokubabona amaso kuyandi ,amavuta yanyu nanj narahuyeko ,,,mwaratoranijw cn
Amen
Murakaza iwacu natwe tubahaye ikaze iwacu i Burundi 🇧🇮🥰❤️💕👏
Amen
ndababaye kuba ntari i Bujumbura 😭😭😭 kuko abo bantu barafasha cane ,bari mu bankuza mu gakiza.ariko mwuve ko ndabakunda cane.Hanyuma Umwami Mana abampere umugisha
Kurikirana kuri Burundi Gospel TV
Imana ibahezagire turabakunda
tkx
Yooo kuba ntari uburundi ndahovye nukur kk ndabakunda cane
Hezagirwa
Kalibuni kwetu tunawapenda sana. ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Asante sanaaaa
Hallelujah lmana ikomeze ibatambagize
Amen
Nkunda ukuntu abarundi mwakirana ikaze... You are so inspiring tho!
Yessss🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Ikaze bakundwa b'umwami Yesu,lmana ikomeze kubahezagirana natwe
Amen
Yoooo birahimbaye cane cane
amen
Imana ishimwe cyane yesu azabashyigikire
Amen
Waaaaooooo karib cn bakubz bac lman ibahezagr cn guk kubagir numugish
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Karibu iwacu mugubweneza
Amen
Kandi mubyukuri abarundi turabakunda cyan imana ijye ibaha umugisha pee 🙏🙏🙏🙏❤❤
W
Amen
K
Imana izabane namwe muri byose 🙏🙏
Amen
Karibu
Asante
Nezejejwe no kubona iyi couple muburundi iwacu karibu can Papi and Dorcas ariko uyu mu maman niba ar'umumenyeshamakur har'akantu akwiye gukosora mumwuga we!!!
Murakoze caneee kuntererano yanyu
ako karirimbo karanryoher cane mwahereyek
amen
My lovely couple 💗😘
❤️❤️❤️❤️
Ameeen Ameeen
Dufatanije nabandi kubaha kaze i Burundi
Amen
Ndabakunda nubwo.mwaje ntahari nzaza mbasange murugo ndabakundaz
God bless you all we can't wait to see you in sweden
Tkx
Karibu cane. we love u so much❤
Tkx
Waaoo vyiza cane karibu iwacu
Yessss
Welcome in 🇧🇮 we love you so much ❤💕💕
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Karibu iwacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Much love my pipo🙏❤️❤️❤️❤️👏👏👏
👍👍👍👍👍👍
Mana yaaanje kalibu caaaane iwacu iburundi
Amen
Nice 🍓🌹🥰🌹🙏🙏
😍😍😍😍😍
Yoo sinzicuza kugukurikira mfise impamvu zibifadika . Murakoze . Karibuni kwetu
Yesssss
Karibu iwacu couple nkunda🙏
🙏🙏🙏🙏🙏
Karibu iwacu
yessss
Turabanezerrew 🌹❤️❤️
Amen
Karibu pappy na dorcas
🙏🙏🙏🙏
Welcome to our country
Tkx
Muhabwe umugisha pee amen amen
Tkx
uyu mu paster twaramwishimiye ubwo yazaga murwanda 4square church
good
Nibagubgwe neza nange ndabakunda cyn
Amen
Iyo nindirimbo yanjye pe,murahawe ikaze Iburundi Uwiteka azabane namwe
🙏🙏🙏🙏🙏
Karibu iwacu bene Data turabagumbiriye caaane. Kaze muduhe ubutumwa mu ndirimbo zanyu zuzuza imitima
Murakoze caneee
Waouh soyez les bienvenus ❤️
👍👍👍👍👍
Amen
Amen
Welcome Burundi
Yessss
Tuzorya Pasteur wakoze kubatumira
Karibu iwacu iburundi
Yesss
Tkx
Ntabwo nzicuza kugukurikira Man's🙏
amen
Mubarindire umutekano abarundi ndabazi. Abana babandi ntibagire ico baba.
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Love you guys ❤
😍😍😍😍😍
Amen 🙏
Amen
Burya Olivier asanzwe ari umunyarwanda?? Ko kibaye cinshi, bigenze gute 🤔
😀😀😀😀😀😀
Murahawe ikaze iwacu i Burundi
Murakoze caneee
bonjour, ABO BARIRIMVYI IMANA IBAHEZAGIRE ARIKO RERO INDAMUKANYO YO GUSOMANA NTABWO IHESHA ICUBAHIRO IMANA KUKO ICO KINTU IMANA YARAKIMBUJIJE
Amen
🙏🙏🙏❤️❤️❤️❤️👍
😍😍😍😍
Mbenga vyiza karibu cane🥰🥰
Asante sanaaaa
Soyez les bienvenus famille Clever
amen
P&D Welcome to Burundi
Tkxxxx
Muga ntabwo mudusiguriye neza mbe ko muvuze ku mugoroba nikuva sangapi???? Kandi nimuduhe adresse neza neza Kuko hariho abatahazi!!!
Kuva 17h30'
Ishengero Spiritual Gravity Center mu kinindo route rumonge inyuma ya station mogas
Mutubwire bazohimbariza hehe
Tkx
Mana we komutatumenyeshej nkunda ababantu kubi
Murakoze caneee
Tubahaye ikaze iwacu i Burundi
tkx
Tubahaye ikaze iwacu iburundi!!!ndabakunda cane
Amen
Bazohimbariza hehe?
Welcome burundi turabakunda cane
Kaze murisanze
Kuri Spiritual Gravity Center Church nimu Kabondo hepfo ya Station MOGAS
Yes
👍👍👍👍
Kaze🇧🇮🤍
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Kabondo amajahe ? Mutubwire mwoba mukoze
Cfr affiche
🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰🥰
Yesss😍😍😍😍
Soyez les bienvenus
Amen
Gusiba nikosa peee
Yesss