Imana Irankunda Cane - Paroisse Mutoyi
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 5 ก.ค. 2022
- R.Imana irankunda cane
Yanteye iteka, iteka rirenge vyore, rirengeye vyose
Inshira mu bana bayo, narinziko ntohagera
Ngira ndayiyage, ngira ndayiyage, ngira ndayiyage
Imana Imana niyagwe hose
1.Reka nkuyage se Mana yanje
Wangiriye ivyiza vyinshi:«Imana nininahazwe hose»
Ndakuririmbe se Mana yanje
Ko Uanshize kuri yawe:«Imana nininahazwe hose»
Ndanezerewe no kuyaga Imana
Imana Imana niyagwe hose
Nanje.ndanezerezwa.nukunt.baririvye.wamenga.isabukuru.ntiyohera
Imana ituzigamire uyu mukozi wayo arimbere kbs ntakatagira.
Amen lmana irankunda canee idufitiy urukundo gwinshi
Imana.yubahwe.nabantu.bose
Paroisse Mutoyi yubahwe kundirimbo nziza zabo bakomez kuzan nshasha
Love from Nigeria. In fact I don't understand the language .
Yeah
Nukuri Imana idufitiye urukundo gwinshi cn, kandi ni umuvyeyi w ikigongwe
Iyo Mana ininahazw hos kuko niyo dukesha vyose,irengey vyose🙏🏆🎄🇧🇮
Amen ❤❤🙏🙏
Cane gose imana ibandanye ibakomeza kumurimo wayo
Mana ntiwashize Kure yawe❤
Imana ishimwe cane gose
Indirimbo iraryoshe sana
Imana iyarw hos
👌That moment don't know wher my feet were coz of hppiness and joy❤🙏🙏🙏
Iraryosh cane
Amen Amen Amen Amen Amen
wow
Amen❤❤
Amiina Amiina
IMANA nininahazwe imyaka yose 🙏🙏🙏🙏🙏
Ninahazwa Mana
Respect to you
Mumpe ifoto'yapapa
Ifoto'yapapa
Muhezagigwecane
Amen
I cannot describe how I love this 😍
Bon kbxaaa
Amen👏👏🙌🙌🙏🙏
ngah nisaw
Good
Nije ndabizi
Kararyoche
Amen Yashinz Mubana bayoo
Amen