ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Shaa. Landryy. Sitw Twagshize kukaz. Gus Naw ubunyamwuga bwaw butanguye kukuroka. Nimba ugharir ibntu abantu bos bashbor kubna. Ushbor kuvga k bataz ivyimipir. Arik ah wacupiye gs.
Uyo mugabo aranka cane real madrid je nibaza ko atarakwiye gukora kwiradio
Yar cartoon rouge
iyo ni open foot ni lead card direct
Landry numubono
Tacle yinyuma ni rouge, crampons zirihejuru nakamaramaza nunvise umumenyesha makuru nkawe uvuga amajambo nkayo kubintu vyigaragaza
Ibintu vyokuzana amafoto sisawa kuko nkuwaravye match umukinyi yabaye busimbireko kuko ntiyateye tacle ahubwo yarondeye ukuguru
Lundry niyaravye match kwl
Landry azombwire ejo neza ukuguru kwakinye umupira ukwarikwo nimba arukuri Mu ntege canke ukuri hasi ? Ndumiwe 😂😂😂😂😂😂😂😂
Nta rouge ryamerita nibamureke
Hhhh mbebasha Landry yaravy match yareal GT nimba avuga ko batakoz kur mbape kur irya action
Ngira ntitubona bimwe kuko jewe nosaba bagusubirizemwo vidéo urabe nimba urya yarakinye umupira ureke kuba utwarwa n'ibishobisho
Ngo Landry uwo mukinyi yakinye umupira 😂😂😂😂😂 bwabundi kweri ntaco nokwongera kuvuga nawe ntuzongere kuvuga ngo arbitrage ya la Liga nawe kabisa ugaragaje ubumenyi buke peeeer
Aka gahungu Landry karanka real Madrid kabisa
Uyo mugabo siwe kabisa canke match ntayoyabonye
Kweli aranka madrid
Ntamupira yakozeko ivyo wabibonye wenyene
Mugusigura amakuru yinkino nugufana bibamwo wewe landry ndakwanka
Hamwe nahamwe randy umenga ubwenge sikirenga