ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Vous pouvez suivre des petits videos et paroles d’encouragement en vous abonnant sur ma page Facebook en passant ici: facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
Iyintahe ndapfuye yooo manaaaaa ndihoooo wewaremye isi nijuru mbuzuko mbivuga amarira niyiyonyene arigutemba kumaso yanje icubahiro nicawe maba
Amen nihabwe icubahiro iyikora ivyananiye abana b abantu👏👏👏👏
Mana ya isaka ibrahimu na yakobo ihabwe mucubahiro urashobora cane nanje ndizeye kubwintahe yanyu umugaga wambere ni yesu Kristo amen
Amen.Imana Ishimwe cyane.Birashimishije rwose. Ubuzima wahuye nabwo bwahindutsemo ibyishimo.
🙏🙏🙏🙏 gloire à Dieu Alléluia Alléluia Amen Amen 🙏🙏❣️❣️
Imana yo mwijuru iri nigitangaza amen imana ihabwe ICubahiro
Mana iyintage isizubwenge bwatwebwebantu ; nongeye kukubaha Mana yisi nijuru nibiriko vyose vyaremwe nawe allelluujah
Mana wee urigitangaza 😢 urakomeyeee urahambaye
Imana ihabwe icubahiro yamubohoye
Yesu nubu aracakora nahabwe icubahiro
Aameeeeeen umuganga wambere ni Ndiho Kabisa mwizina ryiwe turakiraaaaa Mana warakoze waduhaye kanguka uyikomeze canee
Icubahiro nicaw Mana uhabw icubahiro🙏🙏
Imana yacu ni Ndiho ibidashobokera abana babantu imbere yayo birashoboka Thanks Lord
Amen.ese ko Chris adafata phone.byadufasha. Nuwomukobwa wankize nabamama babyara baradufasha.Imana ibahezangire
Imana Yacu Irahambaye cyaneeeeeeee
Nategereye inontahe ndariraImanda arko imana yamwinjuru ihereze pasteur chrs umugisha
Iman ishimwe cane 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Yesu wacu ni muzima iteka. Aleluya Mwampa number ya chris.Murakoze.
Yesunashimwe.irikaguka rifasha bechi.intahe zanyu ziratunyura arikonatwe twifuza kuzitambutsya Yesu abidushoboze.Amen
Amashimwe Imana iyakire
Amennnnn MANA nuhabwe icubahiro🙏🙏🙏sinzi uko ubigenza sinzi nuko ubikora iconzi nuko iyutegets biratungana
Imana. Irakomeye naje bizohera
Yesu nahabwe icubahiro
Imana ishimwe cyane Imana irashoboye
amem
Imana yo mwijuru Ni igitangaza.
Amen imana ihabwe icubahiro
Imana yacu ni nzima
Icubahiro cose kibe icimana ibihe vyose
😢😢😢😢😢
Umuntu waba afise contact y'uyu mukozi w'Imana nayimpe ndabinginze
Amen
kanguka ndayikunda ndifuzakuronka inamba umukoziwimana muzobamukoze uwoyimpa
Muraho nkeneye nimero yangurupe kanguka
Comment télécharger vos émission en français merci
Aller sur playstore puis kanguka puis fr
A. Dorothée THOO Imana shimwe caneeee Muri Ndiho birashoboka
Ameeen imana nishimwe cane🙏
Nimudufashishe. Inimero. Yakritse. Ndikumana
Imana yacu irakomeye,ni Imana y,ububasha bwose,ni Imana ifite ubushobozi,ni Imana yo kubahwa no kugira igitinyiro ,ndashimira Imana n,umutima wanjye rwose yadutoreye umubyeyi wo kurera roho zacu Chris Ndikumana,Uwiteka abane namwe ibihe byose,allelua🙏
Amen imbere y'imana vyose birashobka Iyo uyizeye amen
Vous pouvez suivre des petits videos et paroles d’encouragement en vous abonnant sur ma page Facebook en passant ici: facebook.com/profile.php?id=100044498286814&mibextid=ZbWKwL
Iyintahe ndapfuye yooo manaaaaa ndihoooo wewaremye isi nijuru mbuzuko mbivuga amarira niyiyonyene arigutemba kumaso yanje icubahiro nicawe maba
Amen nihabwe icubahiro iyikora ivyananiye abana b abantu👏👏👏👏
Mana ya isaka ibrahimu na yakobo ihabwe mucubahiro urashobora cane nanje ndizeye kubwintahe yanyu umugaga wambere ni yesu Kristo amen
Amen.Imana Ishimwe cyane.
Birashimishije rwose. Ubuzima wahuye nabwo bwahindutsemo ibyishimo.
🙏🙏🙏🙏 gloire à Dieu Alléluia Alléluia Amen Amen 🙏🙏❣️❣️
Imana yo mwijuru iri nigitangaza amen imana ihabwe ICubahiro
Mana iyintage isizubwenge bwatwebwebantu ; nongeye kukubaha Mana yisi nijuru nibiriko vyose vyaremwe nawe allelluujah
Mana wee urigitangaza 😢 urakomeyeee urahambaye
Imana ihabwe icubahiro yamubohoye
Yesu nubu aracakora nahabwe icubahiro
Aameeeeeen umuganga wambere ni Ndiho Kabisa mwizina ryiwe turakiraaaaa Mana warakoze waduhaye kanguka uyikomeze canee
Icubahiro nicaw Mana uhabw icubahiro🙏🙏
Imana yacu ni Ndiho ibidashobokera abana babantu imbere yayo birashoboka
Thanks Lord
Amen.ese ko Chris adafata phone.byadufasha. Nuwomukobwa wankize nabamama babyara baradufasha.Imana ibahezangire
Imana Yacu Irahambaye cyaneeeeeeee
Nategereye inontahe ndarira
Imanda arko imana yamwinjuru ihereze pasteur chrs umugisha
Iman ishimwe cane 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
Yesu wacu ni muzima iteka. Aleluya
Mwampa number ya chris.
Murakoze.