Isaac emmission fresh hariho ikintu yavuze coguha am interviw abantu bamwe kandi nivyo ni murye esprit mubaze n abandi bennshi kubera na nziza ntawarazi ko azotuma mu dandaza sasa rro baz nabarya bakera nabarya bavetey kenshi binatokana na gisi mutu anaongeya sio na profil yake👊 bingine ni bien endelea kubalikiwa
Jewe ndemera ibiganiro vyawe uduha amakuru meza uwuvyemera nkanje twatundi hano musi
Aho ndagufana umuntu atagaya akazi atera imbere ningoga nayo uwugaya akazi apfana ubukene big up nziza
Uyo musaza ndamwemera niyirambire
Thank you so much mzee baba!!
Narindindiranye igishik cishi iyi interview!!nice kitu baba!!
Nziza Désiré we love you🙏🇧🇮!!
Bien dit ntakugaya akazi
Hhhhhhh. Ndakwemera caneeee
Nziza ndakwemeye uvuze ukuri cane 👌👍
Niyompamvu biguma hahandi ..well said
Nice interview Isaac ,naho baguha ama sano ucuguma uvyorosha 😁,we like your question ,big up from sweden
Ki
Nziza avuganeza cane iyobabose bomezenkawe umuziki woterimbere
Isaac reka kuba mutubaza ico dukora hano ba muraba ico dutahanye kk hano ako kazi umukozi waw akora niko kadutunze twese
😆😆 nziza numuti wamenyo wee
The king of interviews #nzizaarakaze
Amahoro, Narakunze ukunu Desire yaragiye Muburundi, naje du murundi ariko daba muri UK.
Abari barindiriye iigishika ikiganiro ca Desire kuri Isaac tv tumenyane😂😂😂
🤗🤗🤗
Pour quel objectif
Nice saaana kumbe nimuislam
Nziza turamwemera araduteramisha hamwe nawe Isaac TV
"Niyo mpamvu biguma ha handi nyn"
Uwufs amatwi yo kwumva niyumve
Big up #IsaacTv na #Nziza
"KERA TWARIRIMBA MESSAGE ","BAREKE KWIYITA AMAZINA ABANDI BAYABITE "
I really like that
Sacramento nigisagara ca California! Harumuntu numwe atabizi ariko?😂😂😂😂 Nziza Desire ari funny kabisa 👊
Wewe.uruwambere✌
Saac hmmm ngwizob mwijor, gusa turindiye marriage yiwe yarabivuze gusa arihariy kukirato, tura ukunda muzeh desire, ndi saudia ibiganiro vyawe ndabikunda 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Nukuri ntiyabeshe Americ ubuzimwankahiyo mukagaya nibwoburimwo amahera
Wow very good interview
Isaac Ndugu yangu baza ikibazo ukoresheje icubahiro kuko haraho uwubaza yohava yibaza ko uriko urashikuza mubibazo ubaza ndazi kubijanye nimyaka ugezemwo ariko koresha experiance profitionel kugire bije neza
Issac merci 😘
Kwizera Adelaide nziza aratwenza cane ngomwijoro agirinzobe
ayuchangale wewe
Ikiganiro ntaco carikibaye👍🏿
Uyu musaza niyirambire
Isaac Sacramento is actually a city of California ong!!
@ G.D.M official..! and EL PASSO is one of the city down here Texas..!
Abameshamakuru bo muburundi murantwenza
Komukoribiganiro vyabaririnvyigusa nibo barimuguhugugsa
Wuragerageza niyompanvu nkundibiganirovyawe
Kowagiribuntu ukaronka akamoka budugaruguru ugakorera
Ubuvugizi abanyagihugu babayehonabi bakabafasha
Mnajitahidi ila shida kuiga Rwanda na Tz
Lulu le burundais le manager
Desire numuzungu mumutwe nico tumukundira kuko afata abanyamakuru bose kumwe ntasuzugurana nuwagaciro arazi icari ariko abandi bacabagomba kugara canke bakiha icubahiro kirenze tugatangazwa nukuntu umuntu wizina nkuwo atanivyo kwitwaza body gard
Wantu wantu😂😂🌷
Ikiganiro kirangiye ntwnga nukur Isaac nkunda ukntu ugirisha umez neza cne
Afisinyishu hahahhh yohura na Natacha yoba ari comedie irenze hahahah
Isaac désire naducure agace kako kantu kabaha akanoti l'Atari TH-cam
Wantuwantu urarenze mukuduha ibiganiro bizima uwumwemera nkanj ampe like
🤳💞
Ndakwemer Isaac ariko harimwo amaparazite mur interview
Abinzobe mwijoro ariko koko😅😅😅
😂😂😂😂😂🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮😘😘😘😘😘 nakubali baba ukoju san
Igisamaza ca 2: Akaborerwe Gatewe n’Inzoga Z’umurengera Canke Ibiyayuramutwe//L’Alcolisme 🍺 🍺🍺🍺
th-cam.com/video/SvzWllhugTU/w-d-xo.htmlsub_confirmation=1
Desire ntavyorosha kabisa
Nziza Desire n'umu musulman ?
🤣🤣😄🤣🤣Mwijoro inzobe hh
Courage
Caurage
Munachekesha isac nanziz🤣🤣🤣🤣
Isaac
emmission fresh
hariho ikintu yavuze coguha am interviw abantu bamwe kandi nivyo ni murye esprit mubaze n abandi bennshi kubera na nziza ntawarazi ko azotuma mu dandaza sasa rro baz nabarya bakera nabarya bavetey kenshi binatokana na gisi mutu anaongeya sio na profil yake👊 bingine ni bien endelea kubalikiwa
Hi
Kaka issac umepatikana 🤣🤣na maswali 100 atajibu🤣🤣🤣
🤣 🤣 🤣 Ngo no hanze ntana kimwe numva🙉🙉🙉
😂😂😂😂😂😂😂
🤝🤝
Twibuk kwikingira hhh.umunyamerik wokumpapuro.abiyit amazin muhor tuyabite turavy ukomukora
♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️♥️
Hahahaha verbe "die" nziza ananifurahishaga sana
Uwomulegend wacu kwamaguru yiw ataguma hamwe see , mbe Isaac wamuzaniy intozi ngaho zimurya ? hhhhaaa
Isaacanto hhh.
Urwaruka rw'i 🇧🇮🇧🇮 rurashikirije amajambo akaze👇
th-cam.com/video/WU2c8I9BP-g/w-d-xo.html
Irambir mutama
Louis de Funès ntawo yomenya abo baraba iz'igihinde
Disire urababeshe muri America kweri abantu bose ni Aba Americans?😂 izo mana wozikura he?
🤣
✊🏾🇧🇮
Mwijoro
Ndaba inzobe ,lol