URUGO SERIES episode 14🔥:ibibazo birarwira impande zose.coco we arahakije MARIYA sinzi Iyo biherera🤭

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 7 ก.พ. 2025
  • hello Family twizeye KO mwamaze gukora Subscribe kuriyi channel ducishako film ziryoshe cane ariko kandi kora subscribe no kuriyi ya SOLUTION COUPLE Nimba ukunda urukundo / @solutioncouple
    ukaba wipfuza kumenya amakuru yukuri kubakinyi ba film nturengane utagize subscribe no kuriyi ya NORASQUE NTARE VI
    / @evangelistbuyoya
    INTSINZI YACU NUKUBONA UMUNEZERO WANYU.
    FEARLESS GENERATION
    BREAKING BOUNDARIES
    INTARE MWISHAMBA RYAYO

ความคิดเห็น • 508

  • @AloysMponyorereko
    @AloysMponyorereko 7 หลายเดือนก่อน +73

    Abandi nabo nibaze bagire s'abonner natwe tugire 100k nka BMT abavyumva nimuze mushigikire✌️🤣🤣🤣🤣🤣

    • @niyonzimabebyna
      @niyonzimabebyna 7 หลายเดือนก่อน +1

      Iyaba vyakunda nari kugira 100fois non sindenza rimw 😢

    • @Cynthiaigiraneza-qd8lr
      @Cynthiaigiraneza-qd8lr 7 หลายเดือนก่อน +1

      Nanj nuko ndakunda fanny

    • @Cynthiaigiraneza-qd8lr
      @Cynthiaigiraneza-qd8lr 7 หลายเดือนก่อน +1

      Fanny ndakwer utabiz kand iyinimpano sivyo wiga bikurimw

    • @GhyslaineNdayishimiye-gm7gj
      @GhyslaineNdayishimiye-gm7gj 7 หลายเดือนก่อน +1

      Noneko batubwiyek nyina wa maliya yapfuy ubunah ngo Claudine azoj kumurab kwatamubwiyek yapfuy

  • @clemenceniyondiko
    @clemenceniyondiko 7 หลายเดือนก่อน +7

    Uwayikunze kusumvya naduze urutoke ndebe ndibaza nduwa mber kbx❤❤❤❤

  • @InesKwizera-og2ql
    @InesKwizera-og2ql 7 หลายเดือนก่อน +35

    Uwabonye UK norasque akuy impeta ampe like

  • @SandrineDupfiki
    @SandrineDupfiki 7 หลายเดือนก่อน +98

    Abahaye basoma commentaires bariko barorera urugo Tumenyane

  • @MoniqueUwiteka-pp2ui
    @MoniqueUwiteka-pp2ui 7 หลายเดือนก่อน +10

    Waouh vrt mutuma nkunda film ndundi 🌺🌺🌺🌺amashurw n'ayanyu

  • @SubiraNirinda
    @SubiraNirinda 7 หลายเดือนก่อน +19

    🎉🎉🎉🎉🎉uwambere uyumusi nimump Ayo ma lik❤❤❤

  • @IteritekaAncile
    @IteritekaAncile 7 หลายเดือนก่อน +12

    Hahaha uyumus ndahishikiy kumunota wambere abakunz burugo nkaje mump liké nd❤

  • @GhyslaineNishimwe-cs9on
    @GhyslaineNishimwe-cs9on 7 หลายเดือนก่อน +29

    Yoooo ndi muri 5 bambere nimundemere ama like ❤❤❤urugo series my favorite movie❤❤

  • @MamaKingChalom
    @MamaKingChalom 7 หลายเดือนก่อน +27

    Nanje ndazindutse mumpe ayanje mashugwe🎉🎉🎉🎉

    • @francinGerome
      @francinGerome 7 หลายเดือนก่อน

      Gacerewa ndahageze ivyingo kwari urubmdubi none mbona twokwturiza tukarekana navyo pore Mariya weee

  • @dadaniyitungire6244
    @dadaniyitungire6244 7 หลายเดือนก่อน +89

    Abakunzi b'urugo séries like ngaha tumenyane 🤝🤝 uwumunsi ndabaye mubambere ntimumbanire 🤗🤗 narinzi ngo mbaye ubwambere kumbe hariho abahashitse kera gusa courage 💕🙏

  • @BelyseNibitanga-dd5iu
    @BelyseNibitanga-dd5iu 7 หลายเดือนก่อน +4

    Courage abantu tubiravye vuba urugo iracabandany ifise épisode zingahee

  • @RittaRitta-gi1tf
    @RittaRitta-gi1tf 7 หลายเดือนก่อน +10

    Ewemariyasha ngomba mukinyankonge ngo ndicamama akokanyuma nikabi😂😂😂😂😂😂😂😂❤❤❤❤

  • @GlorioseNTAKARUTIMANA-x5y
    @GlorioseNTAKARUTIMANA-x5y 7 หลายเดือนก่อน +5

    Gogo wanje ndakwemeye mazina yanje

  • @NiyonkurusandrineSandrine
    @NiyonkurusandrineSandrine 7 หลายเดือนก่อน +4

    Wawuuuu abakund bafilm urugo ❤❤❤❤❤

  • @ArletteIrakoze
    @ArletteIrakoze 7 หลายเดือนก่อน +9

    Waouh i❤you Marie nkunda cane n'a team yanyuuu komeza kuturyoheta🎉🎉🎉

  • @MANIRATUNGAAriella
    @MANIRATUNGAAriella หลายเดือนก่อน +1

    Maria nukuri urandijije,nguribuk ivyo papa yasiz atubwiye😢😢nanj urabinyibukij 😢😢😢❤❤❤

  • @MPAWENIMANAFrancine-wy3ug
    @MPAWENIMANAFrancine-wy3ug 7 หลายเดือนก่อน +5

    Gogo disi ufise mukanwa heza

  • @DjumaNdayishimiye-rc7ol
    @DjumaNdayishimiye-rc7ol 7 หลายเดือนก่อน +14

    nkab nacerew arik nageragej mump utu like bs muzob mukoz nukur knd nkund iyi film kub nabayikin mwubahw kure caaaan mbon bikomez kub fire❤❤❤❤❤

  • @Edouardndayongeje
    @Edouardndayongeje 7 หลายเดือนก่อน +5

    Ikibazo iyo kigiye kuba kibi cane kiba kigiye gutora inzira😊😊😊

  • @febiekamariza63
    @febiekamariza63 7 หลายเดือนก่อน +4

    Mariya pole!Nora pole birababaza gukunda uwutagukunda pe❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @doxcellaarakaza
    @doxcellaarakaza 7 หลายเดือนก่อน +1

    Hejuru cane Nola❤❤🎉🎉🎉🎉🎉lavine uracar hejur 🎉🎉🎉

  • @ChantalMarieKwizera
    @ChantalMarieKwizera 7 หลายเดือนก่อน +27

    Kumunota wa 3 nkaba ndahageze abaza nyuma muri murukundo n'a série urugo tumenyane

  • @EvelyneIrakoze-w2d
    @EvelyneIrakoze-w2d 7 หลายเดือนก่อน +12

    Fiko ibibazo bimubanye umurengera nayo Mariya weeeee baramuhemukiye

  • @FarinaMassoud-kx7es
    @FarinaMassoud-kx7es 7 หลายเดือนก่อน +8

    Reka ntore agatebe 🎉

  • @NDIKUMAGENGENadine
    @NDIKUMAGENGENadine 7 หลายเดือนก่อน +4

    Harahiy twahunz isuka ntibigiy kworoha.Imvukira oyeeeeee❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤

  • @furahandayishimiye2000
    @furahandayishimiye2000 7 หลายเดือนก่อน +2

    Gucererw bizob arik gusiba ntivyokund nihonkishik kbs courage 🎉🎉🎉🎉❤❤❤❤❤🌹🌹🌹🌹🌹🌹

  • @LeaNihezagire
    @LeaNihezagire 7 หลายเดือนก่อน +8

    Yoooh ew Claudine sha wihakane Maria ngontah umuzi🤭🤭🤭akubwr umujan.kumwzrek.muhr wank🤭amagogw ntasig ayand ew Maria sha ngah.nikiciy.kikwib.nudufarang twaw ewd maria waragow.gus murigish peee

    • @NiragiraOscar-nv4ud
      @NiragiraOscar-nv4ud 7 หลายเดือนก่อน

      Mariya icamamare co mukinyankongwe. Mwubahwe murabamber mugukina vrt

  • @Nana257-ke8lu
    @Nana257-ke8lu 7 หลายเดือนก่อน +5

    Basha mumbwirire fico fiko agabanye urworukundo kuko ruzomushikanayo😀😀😀

  • @noellaniyonizeye1646
    @noellaniyonizeye1646 7 หลายเดือนก่อน +6

    Heee😂 ntamuntu antwenza nka Marie
    Hama Nora ndunva muhuje ibibazo na gogo reka turindire iyo bija

  • @kigemenadia4561
    @kigemenadia4561 7 หลายเดือนก่อน +4

    Ahwiiii...ninde yabonye akantu kubwenge Nora akoze😂😂😂....

  • @AssiaClaudineMukaremera-3066
    @AssiaClaudineMukaremera-3066 7 หลายเดือนก่อน +4

    Mariya na Coco murakoze kumpanuro mutanze harabantu iyo bageze mugisagara baca bahinduka bakibagira abo bavuka mbere nabo bava kugatumba kamwe ababonye akabirengagiza ukamengo ntanaho abazi nimwakire ayanyu🌹🌹🌹. Yoooo Mariya disi yarigorewe🙆😢😢😢😢 Nora noneho karabaye nimpeta💍 mukhama ibibintu bizohererahe!!! Reka yurindire naha lundi. Courage kuri Team yose🌹🌹🌹🌹🌹❤️❤️❤️❤️

  • @GGh-ou4pq
    @GGh-ou4pq 7 หลายเดือนก่อน +14

    Ababonye ingene norasque yakuye impeta mumpe like ❤❤ndabasavye

  • @nishimweornella9928
    @nishimweornella9928 7 หลายเดือนก่อน +6

    Abazindutse kurugo série nkanj umpe liké zanje ewa harasha kwa fikofiko

  • @euphemieningenza7637
    @euphemieningenza7637 7 หลายเดือนก่อน +9

    😅ibintu bibaye kuri Mariya vyokumwaka isakoshi nanje vyarambayeko,hewe birababaza,usigara umaramaye utiyumvisha ibibaye !mpore di Mariya

  • @JulesNizigama-ts4vl
    @JulesNizigama-ts4vl 7 หลายเดือนก่อน +2

    Muzemuyinyarutse ndabakunda❤❤❤

  • @ElizabethDany-e4v
    @ElizabethDany-e4v 7 หลายเดือนก่อน +11

    Nari nkumbuye kuyibona disi nari nayiraririye murakoze cane kudutamwo

  • @FideliteDusenge
    @FideliteDusenge 7 หลายเดือนก่อน +2

    Abakunzi burugo nacerewe😢arik rer ndababay mariya wanj baramwivye🙆 mwikomerere beza banje urugo série yubahwe❤

  • @GgGg-bb3xr
    @GgGg-bb3xr 7 หลายเดือนก่อน +6

    Namber wa one mpe lik zanj ❤❤❤❤❤❤

  • @BélysebedouNiynz
    @BélysebedouNiynz 7 หลายเดือนก่อน

    Uwo mu gogo ararenz kabx aj atavyorosha👏🎉

  • @reverienndacayisaba303
    @reverienndacayisaba303 7 หลายเดือนก่อน +9

    Kabisa uburundi burafise abakinyi ba film. MARIA urakina vrt, naho woba ataco ufise ntiwobura ico uha mutoya wawa naho yari akwihakanye, wopfuma ukura iyo wambaye ukamuha. Uranezereje vrt.

  • @chantaldusabimana9510
    @chantaldusabimana9510 7 หลายเดือนก่อน +20

    mama perese😢 tahakurababana uzobukoze garura gatima kubuvyeyi😢

  • @ElianeTuyizere-uu3pf
    @ElianeTuyizere-uu3pf 6 หลายเดือนก่อน

    Turabaku❤ cneeee mubandany muter imber❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉

  • @WinnycynthiaIteriteka
    @WinnycynthiaIteriteka 7 หลายเดือนก่อน +9

    Abakunzi burugo série nkanje tumenyane 😂

  • @JeanetteNiyibigira
    @JeanetteNiyibigira 7 หลายเดือนก่อน +2

    😂😂😂😂😂😂 ingo zubu nikibazo.mbe Nora ndakubaze konakubony ukura impeta ushak ukoriki😂😂😂😂😂😂

  • @ElycanNiyonkorera
    @ElycanNiyonkorera 7 หลายเดือนก่อน +8

    Fico fico njewe ndashka ko tumenyana wllhii 😂 nshka number zawe

  • @carmellanishimwe558
    @carmellanishimwe558 7 หลายเดือนก่อน +3

    Ngum shak kwibandanya😂😂😂😂 ewe jew urugo we🥱🥱🥱🥱ingen iryoshe inyigisho nazo ni bcp ,Nora agir ahinduk coco aragow😂😂😂,amashurwe yanyu muhahabw💐💐💐💐 nahalundi je vous aime bcp ❤️🔥👊

  • @JoselyneMutesi
    @JoselyneMutesi 7 หลายเดือนก่อน

    🎉🎉🎉🎉🎉komeza tuguma tubakurkiranira hagufi❤❤❤❤

  • @NadineNiyonizeye-jv6ud
    @NadineNiyonizeye-jv6ud 7 หลายเดือนก่อน +2

    warashitse ibujumbura warabaye labambalabamba😂😂😂😂ewe Fiko sha

  • @Pasicke
    @Pasicke 3 หลายเดือนก่อน +1

    ❤❤🎉🎉 ndabakund cyan mwirambir cyan

  • @ChchaNkuru-cj2fw
    @ChchaNkuru-cj2fw 7 หลายเดือนก่อน +3

    Mariya ngomba mukinyamponge kndi nguzobaze icamamare maria😢😢😢 bandanya mugubwa nez❤❤

  • @PhilbertHabonimana-o1z
    @PhilbertHabonimana-o1z 7 หลายเดือนก่อน +2

    Vugishukuri kumukunda umugabo wawe

  • @Kamyamunezanadine
    @Kamyamunezanadine 7 หลายเดือนก่อน

    Courage vrt,igez ahantu iryosh cane

  • @RoseNishimwe
    @RoseNishimwe 7 หลายเดือนก่อน +1

    Ndabakund mukin nez cn❤❤❤❤❤

  • @ChancelineKubwimana-rj5jr
    @ChancelineKubwimana-rj5jr 7 หลายเดือนก่อน +4

    Abateguzi beza❤❤❤❤🎉🎉🎉

  • @tekanezaviocheftv1949
    @tekanezaviocheftv1949 7 หลายเดือนก่อน

    Igeze kuburyohe❤❤❤COURAGE

  • @GhyslaineIteriteka-zj2lx
    @GhyslaineIteriteka-zj2lx 7 หลายเดือนก่อน +1

    Urugo ije muyindi shusho iwabonye Norsque KO yakuye impeta ampe lik😀😀😀😀💯Maria wanj mpore mpore

    • @NicolasBizimana-v9m
      @NicolasBizimana-v9m 7 หลายเดือนก่อน

      Ibaze rero nasanga agir ayihe mushik wa fico ,acasanga Maria yar mukuru wa coco umudam wiwe bice buhindure isuraa 😂😂😂😂

  • @ElianeNdayishimiye-f5x
    @ElianeNdayishimiye-f5x 7 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda cane muhezagirwe

  • @alphonsine122
    @alphonsine122 7 หลายเดือนก่อน

    Norasque fatiraho ndabona nimpeta uyikuyemo😂😂😂

  • @LouiseNiyogusengwa
    @LouiseNiyogusengwa 7 หลายเดือนก่อน

    Mbeg film❤❤🎉🎉

  • @NdayishimiyeClaudine-x5m
    @NdayishimiyeClaudine-x5m 7 หลายเดือนก่อน

    Haaaaaa Nora ndiko nduyumvirako uzisaburukundo uwomugire yeweee kuntukuyemwo impeta rero yewe courage bantu bacu murashoboye gusa Nora vyombabaza uhemukiye coco kandiyarihanuye

  • @CocoIngabire
    @CocoIngabire 7 หลายเดือนก่อน

    Ndarize😭😭😔mariya pole sana 😮

  • @NiyongerePascaline
    @NiyongerePascaline 7 หลายเดือนก่อน

    Waoooo ❤❤❤ rek mvuge rer ndahejej kurab urugo séries nukr iyi série irimw impanur nyinsh novugant Imana ihezagir teams yose kk murigish birenz so courage ndab ♥️♥️♥️♥️♥️🎉🎉🎉🎉

  • @NishimweNadia-kt8pe
    @NishimweNadia-kt8pe 7 หลายเดือนก่อน

    Ababonye ko Norasque azohava aja murukundo na mushiki wa Fiko muze ngaha vrmnt 🤭🤭😅😅😅 courage ndabakunda❤❤❤

  • @WillaLight
    @WillaLight 7 หลายเดือนก่อน

    Urugo weeee🎉😂😂🎉Noraaa ng bigiy gutor inzira rek turindir iyonzira😅

  • @MunezeroLalissa-kn1ft
    @MunezeroLalissa-kn1ft 7 หลายเดือนก่อน

    mpore mpore Mariya wanj courage ndaba❤cane❤❤❤❤

  • @MaiakoviskyAkimana
    @MaiakoviskyAkimana 7 หลายเดือนก่อน +9

    Nahishikiye abashik nyuma munsigire nanje

  • @VyukusengeOline
    @VyukusengeOline 7 หลายเดือนก่อน +16

    Basha abattu traçage nabi,abo kubera icônes tueuse kuryama série iris kubera Bose bilatérale ngira mbaye uwambere,abandi ngo gira like,nkuko umenga ntaco série nta contre yatwigishije

    • @uwurukundobella-uv4xx
      @uwurukundobella-uv4xx 7 หลายเดือนก่อน

      Urakunda igifranca 😂😂

    • @NdayizeteVictorone
      @NdayizeteVictorone 7 หลายเดือนก่อน

      Ahubw ni fone yamucanze​@@uwurukundobella-uv4xx

    • @MomoMUGISHA
      @MomoMUGISHA 7 หลายเดือนก่อน

      😂😂😂​@@uwurukundobella-uv4xx

  • @IrakozeAisha-t3n
    @IrakozeAisha-t3n 7 หลายเดือนก่อน +1

    Ndabakunda cane gose❤❤🎉🎉🎉❤❤🎉❤🎉❤🎉🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤🎉❤❤

  • @stitore2388
    @stitore2388 7 หลายเดือนก่อน

    Yayayayayaya ni fayaaaaaaaaa 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

  • @Cycy129
    @Cycy129 7 หลายเดือนก่อน

    🎉😂Ibintu bikomeza kwaka Norasque nimpeta ati reka ndayivanemwo😮

  • @robertineahishakiye1649
    @robertineahishakiye1649 7 หลายเดือนก่อน

    Courage maria Kandi wihangane😂😂😂😂

  • @MoniqueUwiteka-pp2ui
    @MoniqueUwiteka-pp2ui 7 หลายเดือนก่อน +7

    Mumunota 1 nkaba ndashitse arikiy series izonanyic

  • @ChanellaIgirimbabazi
    @ChanellaIgirimbabazi 2 หลายเดือนก่อน

    sha lavine ndagukunda urazi gukina peee

  • @ClaudeNiyonkuru-j1r
    @ClaudeNiyonkuru-j1r 7 หลายเดือนก่อน +1

    Fanny urashoboye courage abanyagitega turakunda ibikorwa vyawe

  • @BenissaTWAGIRAYEZU-ez5nf
    @BenissaTWAGIRAYEZU-ez5nf 7 หลายเดือนก่อน +2

    Ndagarutse rer kuvuga icamamare Mariya mukarere baramuzi😂😂😂😂❤❤Nooora nawe rero araguyek kbx uwo muhuj ibi problems nibind murahuz pee🎉🎉uwabonye kimpeta nono yabanj kunyegez kugira gicemw neza agonge hano🎉😂😂❤❤❤Courage beza❤❤😢🎉

  • @Ndayikeza-arlene.
    @Ndayikeza-arlene. 7 หลายเดือนก่อน +4

    Kumunota wa cumi nkaba ndahageze 🥰

  • @IrakozeCynthia-l7k
    @IrakozeCynthia-l7k 7 หลายเดือนก่อน

    Ndabakunda cne gus muze muratunyarukiriza

  • @charitemanirakiza1200
    @charitemanirakiza1200 7 หลายเดือนก่อน

    Asha Nono arikuyemwo ubwenge agiye gutongoza uwundi mukobwa rek nguman Ama Mb ndab iyo bizoherera❤❤🎉

  • @user-oe4sc9pj6l
    @user-oe4sc9pj6l 7 หลายเดือนก่อน +1

    Njye nje kureba nziko ari urugo rwanjye twari twarabuze😂😂

  • @dorinemuhimpundu2807
    @dorinemuhimpundu2807 7 หลายเดือนก่อน +1

    Yeeeeeee ,Maria n'a claudine baravukana😂😂😂😂😂😂😂😂😂

  • @AnithaNininahazwe-n8d
    @AnithaNininahazwe-n8d 7 หลายเดือนก่อน

    Courage knd kararyoshe

  • @MmMm-hq8vn
    @MmMm-hq8vn 7 หลายเดือนก่อน

    Inyigish ikwiy🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @اوديلاوديل-ض2ز
    @اوديلاوديل-ض2ز 7 หลายเดือนก่อน

    Hahiye kamwarabukarikafashe ndahingereye❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @IzereChany
    @IzereChany 7 หลายเดือนก่อน

    Jw muranyigisha nkamenya ❤❤

  • @GraceNiyamahoro
    @GraceNiyamahoro 7 หลายเดือนก่อน

    Waaaoouh mbga série❤

  • @Esdras98-
    @Esdras98- 7 หลายเดือนก่อน

    Amagorwa nasiga ayandi kl mariya nishagoshi barayivye❤❤❤❤

  • @BenissaTWAGIRAYEZU-ez5nf
    @BenissaTWAGIRAYEZU-ez5nf 7 หลายเดือนก่อน +5

    Uwantanze aduze urutoke😂😂🎉.ibindi ndabivuga hinge mbaze ntoragatebe kwanza❤❤😂

  • @IsidonieNiyibaruta-ss2nk
    @IsidonieNiyibaruta-ss2nk 7 หลายเดือนก่อน +5

    Muri abigisha beza pe none nka coco vyamuhendeye gute kwihakana nyina be na mukuruwe bamara kubonana akanka kumujana iwe??Sha ivyisi nihatari but ndabakunda cane

  • @AliceCuki
    @AliceCuki 7 หลายเดือนก่อน

    Nanj nkaba ndahigerey Urugu hejuru cyan murakunzwe🎉🎉🎉 maria wnje mpore disiii Imana izagushumbush❤❤❤❤

  • @EduardNGENDAKUMANA-tr1di
    @EduardNGENDAKUMANA-tr1di 7 หลายเดือนก่อน

    Nono ugizik impeta urakuy kl uranyic gus NDA♥️

  • @keysejhzhd3849
    @keysejhzhd3849 7 หลายเดือนก่อน +2

    Harabant mutaryama 😮uyumus nanj njemubambere mump izo like abaza inyuma ❤❤

  • @bilimanicomedy
    @bilimanicomedy 7 หลายเดือนก่อน

    Komera kw'ibanga❤😂😂😂

  • @dedeiteritekacovenant6751
    @dedeiteritekacovenant6751 7 หลายเดือนก่อน

    Urugo serie hejuru can 🎉🎉muba mwateguy Koko ❤❤❤❤❤❤❤

  • @fabiolaniciteretse
    @fabiolaniciteretse 7 หลายเดือนก่อน

    Wotumucerwa hakusiba,rekambanze ntoragatebe ndabe urugi séries .❤

  • @BenigneKaneza
    @BenigneKaneza 7 หลายเดือนก่อน +1

    Courag

  • @edinenikuze3939
    @edinenikuze3939 7 หลายเดือนก่อน

    Ndabaramukij amahor yiman aban namwe ngira mvyiteho ahovyakabery

  • @SiffaIradukunda
    @SiffaIradukunda 7 หลายเดือนก่อน

    Mbaye uwanyuma abacerewe nkanje muce hano tumenyane Fafa n'a team Akira amashurwe yanyu 🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉

  • @OdetteNITUNGA-qy3vk
    @OdetteNITUNGA-qy3vk 7 หลายเดือนก่อน

    Waoooo mubikora neza❤❤❤❤

  • @violetteniyongabire3859
    @violetteniyongabire3859 7 หลายเดือนก่อน

    Ndacerewe ariko ndabakunda❤❤❤

  • @alinendihokubwayo5471
    @alinendihokubwayo5471 7 หลายเดือนก่อน

    Kwel Nora😂😂😂Marie wanj baramuhemukiye.🎉🎉🎉🎉🎉🎉Tora utwo rero nitwo twanyuuu