ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Haleleuuuuuuuyaaa ndafashijwe nukuri kw'Imana
Hallelujah Ntituzohora mubihe vyikigandaro kbx twarabikiwe nibihe vyogutwenga❤ Courage Papa ndafashijwe
Waoohhh ntituzoguma muvyo kurira gusa twarabikiwe n'ibihe vyo gutwenga.
Basile komerezaho muntu w,Imana uradushimisha cane
Mukomere cane
Urakoze kuturemesha
Ibihe vyo gutwenga twarabibikiwe
Ndafashijewe
Oooo ndafashijwe
Big up saana our legend Bazile,Docomo iri mukazi kose😂😂
Komera Mutama Muhezagirwe cane
Amen 🙏🙏🙏
Turi Hafi gutabarwa
Murakoze cane
Nice song from jaja gospel
Hezagirwa kandi
Abagize commentaires mwese mwakoze cane. Mwandyoheye. Vyose nabisomye ndanabashimiye. Bintera intege
Bazire uranezereza cane
Amen
Urakynzwe.
Indirimbo zamavutazawe zirampezagira
Haleleuuuuuuuyaaa ndafashijwe nukuri kw'Imana
Hallelujah
Ntituzohora mubihe vyikigandaro kbx twarabikiwe nibihe vyogutwenga❤
Courage Papa ndafashijwe