INTAHE YA MWARIMU NOWA EP1//INGENE NAKIJIJWE NINGENE YESU YAMPAYE INGABIRE YO GUKIZA INDWARA
ฝัง
- เผยแพร่เมื่อ 12 ก.ย. 2021
- Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV
Amen amen murakoze can mukozi w'lmana 🙌🏼 lman ibahezagire can 🙏🏼🙏🏻🙏🏼🙏🏻🙏🏼🙏🏻
Imana ihabwe icubahiro
Amen Amen yesu abahe umugisha
Shalom yesu abahe umugisha mwambabarira mukampa inomero yumukozi wimana ndacyeneye koyadusengera murakoze
Amen 🙏 ndishimye can umwami Yesu aratwitayeho
Yesu kirtso nashimwe can
Icubahiro nicimana
Imana iguhezagire
Muhezagirw cn mukozi w'Imana
Amen.ndafashijwe🙏🙏
Mukozi w Imana habwa Umugisha n Uhoraho ICO mbipfuriza buri igihe ni Iherezo ryiza kugirango muze mwambikwe ikamba ry ivyo mwakoze !!! Amen
Imana ibahezagire caaane
Ndabakunda, Ubuntu bw'Imana,n'umugisha,no gufashwa numwuka wera,bibe kuri mwe mweseeeee!!❤️❤️❤️
Imana ihabwicunahiro.ikorukoyishakiy
Imana ishimwe !!!
Yesu christo niwe agukoresha aragahezagirwa nanje nasengewe namwe muvyatagurira imbere y'Imana ati uwutarakizwa turatongeseye naho azojahe azokizwe nanje yansanze iyondi anyibutsa iryosengesho,Yesu ashishikare kukwongera nibindi vyinshi Umuco wera Tv Imana izobahe ijuru abayikorako Bose
Imana lshimwe caane kd lhabwe icubahiro ndanezere ko lmana lriko lriyerekana kwikomeye umuco wera turabakunda caane uyo mukozi w'lmana muzohore mumutuzanira keshi kabaho .
Amen nibyo pe Yesu niwe avura ibyaha nanje Yesu yaramvuye kabisa Ameen ndafashijweee !!!
Amen amen
Halleluyah shimwa Mana ugikoresha abantu bawe
IMANA ishimwe
Nibyo ninawe akiza ingwaraaaaa yoooo Yesu ngwino unkinze nanje uraziko ndemvye !!!
Nanje ndashaka numéro yuwo mukozi w'Imana. Kandi Imana Imuhezagire cane. Abokumuco wera namwe muhezagirwe muduha intahe zifasha.
Ndaryohewe pee kumbe wamutwe mwarawukize ? Yooo Imana ishimweeee nukurii !!!
Yesu aguhezagire partie2
Mbega izinyigisho cnke izintahe zica kumuco wera tv hoba hariho groupe ya what's up zicako?nimb ihari mwo nime noshobor gucako kugur nzendazironk mwoba mukoz
Kwel nanj nahora nibaza nti kuberik Imana itatuha umunt afise ingabire nkiya moses kolula maz kubona mugikorane ngah kuri TV umuco wer nararyohew can kubona natwe tufise umukoz w Imana asend ndayimoni ham nashaka sabe amasegesho umukoz w Imana aseger imp kwicisha buguf
Imana ihabwicubahiro kand ishishikare nokugukoresha ark jewe nkeneye numéro yawetuyage
None KO twebwe ataduhamagara ,bisaba iki ngo natwe tuzokumve aduhamagaye
Yesu aguhezagire caaanee
IMANA ishimwe cane goseeeee