Imbonerakure zatemaguye umusirikare wa Congo kubera igitoro/Abo mu magara y'abantu bahagaritse akazi

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 6 ต.ค. 2024
  • 1.Impapuro zitagira umukono ziguma zitorwa hirya no hino mu gihugu ,koba ari agashavu k'abanyagihugu katanguye kuduga kubera amanyanga y'intwaro ihari muraya makuru muraza kumva umwihwezo wa Joe Philbert Karangwa yashinze Radio Peace Fm ijwi ry'urwaruka.
    2.Nayo ishirahamwe ryishinze kurwanya igiturire n'isesagurwa ry'ubutunzi bwa reta OLUCOME basaba reta gukorera mu mumuco naryo rubafashe urugamba muvyubutunzi navyo muca muvyumva mukanya .
    3.Ubu nta gitoro cemerewe kuva muri Kivu y'ubumanuko gija mu Burundi nagake kahora kaboneka kahagaritswe inyifato igayitse y'imbonerakure niyo ivyinyegeje inyuma navyo twabibateguriye.
    Amakuru twabateguriye akaba ataraya gusa ,tubafitiye nayandi avugwa mu bindi bisata gumana najewe Viator Torry Haragiramungu ngire ndayabashikirize nkaba ndiko ndafashwa na Yves Irakoze m'ubuhinga bw'ivyuma kaze mwese.
    #m23 #msd #parcem #rwasa #cndd_fdd #cnl #nkurunziza

ความคิดเห็น • 3

  • @GiseleUwera-m6g
    @GiseleUwera-m6g 3 หลายเดือนก่อน +2

    Imana ntibeshwa bro ukinda ugaramye, ukinda uhahaze kwisha maneno!!!!

  • @Didace-ee8mm
    @Didace-ee8mm 2 หลายเดือนก่อน

    Kirazirako umukuru wigihu ibitandukanye namabanga bamujejwe y'lgihugu!

  • @victorntakirutimana3535
    @victorntakirutimana3535 2 หลายเดือนก่อน +1

    Ivya kenya sico kimwe n'uburundi,mwibuke 2015,mwibaza ko ivyabaye ahandi
    bishoboka no muburundi,abo barundi boja mw'ibarabara sibenshi na gato.Rindira amatora
    nayo imigumuko wapi