UBUGINGO BUSAGUTSE MEGA CRUSADE DAY 1 - Imana yazanywe no kugira turonke ubugingo kandi busagutse

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 19 ต.ค. 2024

ความคิดเห็น • 12

  • @yvanienisubire3559
    @yvanienisubire3559 2 ปีที่แล้ว +2

    Amen pasteur ,urabivuze vyoooose.imana iguhezagire .ndafashijwe.

  • @dinebukuru76
    @dinebukuru76 2 ปีที่แล้ว +1

    Amen amen merc Pasteur KÉVIN ukomeze guhezagir abatuye isi mukuduh ubuzim busagutse urampezagiy muriki gitondo ciza nakiriy imigisha itagabanij.Amen Amen

  • @dinebukuru76
    @dinebukuru76 2 ปีที่แล้ว +1

    Umv yesu mukiza uko senga ntusige yesu ,urumwami wacu yesu ndagushimiy kuruy musi uduhamagariy kwakir agakiz nn jésus nciy bugufi mparira ivyah vyanj vyos wandik izina ryanj mugitab cubugingo ndacits umwan waw ,mbay mushasha ndumwan wisumba vyose ushoboze kuramiriza inzir nziza amen amen amen

  • @PrinciaInarukundo-hc9sx
    @PrinciaInarukundo-hc9sx ปีที่แล้ว +1

    Amen uhezagirwe cane

  • @ImmaculeeInakayumpu
    @ImmaculeeInakayumpu 8 หลายเดือนก่อน +1

    Imana ikwagure

  • @nadiabimenyimana3475
    @nadiabimenyimana3475 2 ปีที่แล้ว +1

    Amena imana ishimwe amen 🙏 🙌 👏❤ 👏