Daniei Mugisha,uvuze ukuri.None ko NyenIcubahiro Umukuru w'Igihugu yama yabagirishije inama mu ci kuri *Journée de la Diaspora* ni kuki mutabimubaza canke mukamwandikira kuri ya no yiwe ya Wsapp ? Nibaza ko ata mwanya aronka wo gusoma ico kinyamakuru canyu *Urugendo*.
President neva igihugu kiri muminwe yiwe ivyo bibazo biba ari hehe? Abarundi mwaratubonye ko turi ibirofa kweli igihugu mukirye akanovera kose mugakuremwo hama uje aha widoge uri President wigihugu havuye imana iwambere niwewe none gufata ingingo habura iki?
None ko numvise umushikiranganji wambere yavuze ko atakugura ama ticket y’indege muma dollars kandi gushika ubu ama compagnie yose ari mu Burundi adandaza ama ticket muma devises.nagiye Bancobu gusaba yuko bompa ama devise kugira ngure I ticket bambwiye ngo ntayo bafise nari obligé yokuja kuyarondera muri marché noir : la question qui se pose est comment puis-je aller chercher des devises au marché noir pour prendre l’avion et qu’à mon retour avec mes devises je puisse aller les changer au marché officiel ?
Poste natwebwe aha mu gihugu turayidogera.Abahemberwayo bobo barabuze iyo baja niyo bava.N'ukuri ako n'akamaramaza kwumva ko ibintu birungikwa hama bikazimirira aho vyari bikwiye gutorerwa.
Niyompanvu ntabonye amakuru yawe ntayandi nunviriza mugisha ndagukunda✌✌
Respect kabisa
Ivyo uvuze nivyo banque ahubwo iba ikwiye kuvunja neza gusumba marché noir twese twoca tuyazana muri banque kandi niyo marché noir yofudika kuko ntawosubira kuyitumbera
Sha komerezaho
Leta ikwiye gutezimbere igisata ca ba mukerarugendo, ikarwanya ubusuma bukorwa n'abasuma bigira abarwizatunga bafashijwe na BRB na OBR babesha ngo bagiye kurangurira hanze kandi bashaka kuyadandaza kuri marché noir. Hanyuma harwizwe amahinguriro ahingura ibintu bishoka hanze.
Murakoze mbega uburyaryabwabo bwotuma igihugu giterimbere ko arinryarya
Oya uyumusi uravuniyeko kbsa , salute once again 👍
Daniel ndagukunda
Thanks!
Thanka for your Support 🙌
Urakoze musaza
Uvuze ukuri 100%
Utabimbaza Nijew ndabizi.phone narintwariye family Baranyarutseko abagabo 3 ngo sinigire umuhinga ngo Phone zitegerezwa kuriha Tax.Bantera ubwoba ngo barahamagara abakuru baze.Amanyanga abets kuri Airport y’Uburundi ararenze kabisa.
Gira Mugisha wampayinka ✌️❤️
Ndashaka numero ya mugisha Daniel
ngo naho borishira kuri 5ooo ,, abo bo kuruhande nabo boca bashira ku bihumbi 7000.niko president avuga!
Shaa iyonininkenuzo amahra aduze ahandi nadugekumwe hm azokoroke aruko yatubanye meshi
👍👍👍
Ukuri kwuzuye uvuze.
Président ubwiye yivugira ko kumwaka biba miriyale 4 za madoral
Ahubwo kata ako kavideo ugahe ndayishimiye akunve usanga atavyazi uvuzukuri kbx
Bazovunjira abavuye mogadishohhh
Yes niko tubikora.none tubahe amafranga yokwiba no kwica.ayo mwasanze mukigenga ntimwayariye aheze murya indenge farcon 50.bado
Ivyuvuze nukuri Daniel
Nihtr Daniel uvuz ukuri bashak yuk dusanzira gupagasa
Oya umuti s'uwo. Umuti s'uko BRB yoduza igiciro ku buryo inganya na marché noir. Si marché noir irégula igiciro,ahubwo ni marché ya devise ubwaryo(disponibilité) yaryo. Leta ibigize gutyo, bwoca ryageze kuri 10.000Fbu/1$ kubera abasuma bafise uburenganzira bwo kurironkera muri BRB baca barizana kuridandaza kuri Marché noir.
Marche noir USD1=4700Burundi Franc
Aho reka guta umwanya wawe abo ubwira nibobenidiri
Basha nje nzoguma ndayacisha Dubai kbs basha muburundi tuyatora atangorane
Canke BRB iyatange basi nabonyene ugiye kuyasaba muri Bank Canke BRB
MUGISHA ndagushigikiye 100% sindi burenze aho kubera ntariburenze ugwo rugero.
Abategetsi baririza ngo abadiaspora ntibakunda igihugu ngo bacisha amahera ahatariho.
Nibashire iyo cours de change ya BRB hafi yiya marché noir nkukwo vyahoze bareke guspecula kuko turaziko aribo bayadandaza kuri marché noir, urabeko ejo ahobukera amabanke atazoba yuzuye ama devise
Hari ikindi nama mvuga mugisha. Nimba Neva ashaka kuburundi amahera agira agaciro akaba akunda iterambere ryigihugu umuntu akeneye kurungika dollars hanze nategeke Bank bamuharurire dollars akeneye kurungika atange amarundi kwibeyi ryareta hama uwugiye kuyatora ahabwe amarundi kwibeyi yareta acashiraho conexition ya bureau na BRB urabe kwamahera atagira agaciro. Ariko ivyo aravyirengagiza kandi arivyo vyotuma ifranga rigira agaciro
urakoze cane.Uranyandikira kuri whatsapp +358465831314
Nikobimeze hatabaye condition ya BRb ntagaciro ifranga ryuburundi ntirizokigera rigiragaciro
Asha urasheko kwl imana iguhezagire
Aho ndibanza yuko uhihendeye je nibaza ko boshira amadollar muma bank uwushase akayagura
Ewe beshi cane rero bagiye muribank ..bayarondera bababwirako atayarari. None abajejwe kurashirayo nibobosobanura ukuntu atariyo... Impamvu rero abobagabo batayashirayo nibayivuge. Ariko wigira murimukato ukayaronka ayushaka yose naho abaazimve
Bayashizeyo boba bacemuye ikibazo kuko ntawoja kuyagura murimukato yayarose muribank ..bibaye kwiyo beyi yaBAnk hoho ukayaronka kwiyo beyi vyoba arakarusho nanini..mukato ntasunira kubona isoko 🏃🙆
Kobijanye ni modoka zishaje nsindagushigikiye, iwacu nsiho twozaguta umwanda, ariko ibindi urafita point
Wubahwe mwana wa mama.Uravuze ukuri kumwe gufise abansi benshi.Inyishu wayibahaye n'uko ibananira no gushira mungiro.
Daniei Mugisha,uvuze ukuri.None ko NyenIcubahiro Umukuru w'Igihugu yama yabagirishije inama mu ci kuri *Journée de la Diaspora* ni kuki mutabimubaza canke mukamwandikira kuri ya no yiwe ya Wsapp ? Nibaza ko ata mwanya aronka wo gusoma ico kinyamakuru canyu *Urugendo*.
Aho niho bipfira kweri nyakubahwa nagikemure nayahandi nta devise tuzopfa turonse
Umuceri ibati
Naho uvuze ukuri
Bashaka icogiciro nibahere kwibati gushika kumihwi bigire igiciro kingana
Nayo $
Nivyo
Kandi bareke umuntu abikije Doral abikuzedoral nayahandiho ntibikunda
Akeza karigura BRB ni itange ayo marundi, ama$ ace yisuka rero ?
Ubuho turiko twigurira carte sim zo muri congo.uwuyafise azomenya icakora.
Iki kiganiro Nico.
Mumenyesha makuru, ivyubutunzi bigengwa namategeko twokwita kama. Mukinyamazuru loi naturelle ifatiye kukuri bita ibikenye vyama bizinvye.
Lero leta ishaka guha agaciro ridafise, ifaranga ryuburundi ikoresheje inguvu zamategeko, ivyo ntavyo bikaba bidashobora kunesha ryategeko mpejeje kuvuga rya ibikenye vyama bizinvye.
Nimba leta ishaka kubona amafranga yagaciro menshi, niyemere Ayo mafaranga adandazwe kwisoko, canke iyimbure ari menshi kuruta amarundi gutyo ntazosubira gukena.
Bitagenze gutyo icokibazo ntikizopfa gitorewe umuti.
Kandi mwibuke Yuko intwaro zose zamye zihura Nico kibazo.
Wubahwe kbis jewe ndakwumva nkaramba
None abakuru ba BRB nta notion monétaire bafise? Il fo dévaluer le fr BU.
Kabx uvuxukuri bivany nuko amafranga avunjwa birumvikan Can ivyuvuze
Wafashe ahababaye?
Nibabanze bakemure ibizazobirimuburundi non.prezid bigezaho ariwe aririra abenegihugu.mwebwe ntakantumwunva ngaho.nonekotwiririyewe prezida.tuzocaturirande?
We ndamekwera uvuga ukuri.
Mze muzareke twironkeremo. Amahera menchi mumarundi
Nagahuzu ukarungutse nimpaka ukagure
Uvyuvuze n'ukuri !
President neva igihugu kiri muminwe yiwe ivyo bibazo biba ari hehe? Abarundi mwaratubonye ko turi ibirofa kweli igihugu mukirye akanovera kose mugakuremwo hama uje aha widoge uri President wigihugu havuye imana iwambere niwewe none gufata ingingo habura iki?
Niyo BRB usanga ataja mu Kigega ca Reta🤔
Ingorane y Ubutunzi n Iterambere ry'uBdi iri mu batwara iGihugu !
*Imiduga ishaje nivyo ntikwiye kuza kugunda Amabarabara mato dufise
Ahubwo abandi Imiduga ntibatoza Ikori imiduga nka Bus canke ama Mashini!
bitozwa Ikori iyo bitanguye gukora!
Uvuzukuri.naje nomuterera.naje ntaryo nojana ibujumbura
İsoda ibuganda igugwamake
Umuntu azotuma
Daniel ego uratanze iciyimviro. Ariko jewe igihe l'ETA yofata taux ya marché noir, n' ibundi ifaranga ry' irirundi Rica tibandanya Rita agaciro. l'ETA isaba Abo kw' isoko ritazwi KO rihagarara. Ahubwo nihirwe politike yo kwinjiza devise. Irabe imvo yatumye riduga bukwi na bukwi. Iyo mvo irazwi.
Twisunga ingene tuyasumisha
Batubwire batiisoko yareta ngiyi ibiciro ngibi
Jewe sinshimye kwivuga uzima Ariko narinjije moto ivuye uanze banciye ayarenga ilaki 8 Aho ntaco nzosubira kurungika urunva bakikubona ucumenga bafashe igisuma
Unomusi uranryohey reka nfyonde sabukraibu😅
URAKOZE
Urumva birenge..............
Ubu ni 100$=550 .000
Ivyo uriko uravuga ntibishoboka. mukudevaluant dollars nico bashaka gushikako. Ariko ya mafia yamaze kwinstalla mugihugu baciye ubwonyene baduza dollar kuri marche noir. umuti rero sivyo uriko uravuga. umuti nuvyiza ama dollars hamwe turonka nayo duterana. Umukuru wi gihugu ubu ariko agiha intumbero nyayo. Nukuyarondera muguproduisant des biens exportables.
Ewe nibakemure icokibazo nayahandi hoho ntawokwemura kwibwa abona
Nibakemure ikibazo cisima isukari
muntu we, izo modoka ntizomara kabiri, amabarabara yose yarasambutse, ubu n'ibinogo gusa. imodoka nkizo uzirungitse nta n'ukwezi zomara. aho wibagiye kuhavuga, ibibzo vyamabarabara meza.
Ndaniyerituragumiyenukuri
None ko numvise umushikiranganji wambere yavuze ko atakugura ama ticket y’indege muma dollars kandi gushika ubu ama compagnie yose ari mu Burundi adandaza ama ticket muma devises.nagiye Bancobu gusaba yuko bompa ama devise kugira ngure I ticket bambwiye ngo ntayo bafise nari obligé yokuja kuyarondera muri marché noir : la question qui se pose est comment puis-je aller chercher des devises au marché noir pour prendre l’avion et qu’à mon retour avec mes devises je puisse aller les changer au marché officiel ?
uranyandikira kuri whatsa tubishire ahabona +358465831314
Hezagirwa ncuti wavuga ntuvura
Biva ko yashinze igiciro cama dollars kandi atarayiwe. Namafaranga yuburundi ahabwa agaciro numwimbu wuburundi. None baratevye batugire impumyi twarize
Ingorane nitubizera ugiye gukura amafrnga yawe ngo nurenza oten
Uko nikobimeze tusarare nimukemure ikibazo cabobasuma banyu
Tubesha pe ikibazo kiriwabo
Akokantu ..kabayajanahe ..bayakurahe??? Kazirya zose nanje biransiga iyobayashora manawe.. ariko nibikorere akazi ..barahatugoboka .. ahubwo barakaramba bubahwe
Uburund bufis abandiyaspora benshi arik kubury badashak kuvunikir reta yigihug tuyacish ahotubon akarush nibabikosor ducish kur brb nibavunj ibeyimw barab kobadaca babon amadorar
Naje ntayo nozana bampa rumwe ishwii da
Bakubite abo kuri marche noir baje kugiciro careta .
Uwo siwo muti wo kubakubita kuko boca bayacisha mubindi bihugu urumva yuko nubundi reta ntaco yohongukira , umuti nuko reta iduza amahera ikavunja cokimwe no kuri marche noire
Uvuze ukuri cane
U burundi burahomba cane kubera kutamenya gutanga service neza.
Suko biri mutam naho borishira (leta) kur 5000 harakarwi koca karishira kur 7000 bakayabika iwabo mumihana.
Poste natwebwe aha mu gihugu turayidogera.Abahemberwayo bobo barabuze iyo baja niyo bava.N'ukuri ako n'akamaramaza kwumva ko ibintu birungikwa hama bikazimirira aho vyari bikwiye gutorerwa.
Nanyenyeko tuyaronka turushe tudakwiye kuyonona.iyababasi batuvunjira kurimake.natwebakayaduha.ari ivyobiciro barabivugagusa kumunwa.nubuyarondrekwivyobiciro vyabo muburundinyene.ntibageza kuyaguha. Ivyorerobikirukwo .biracabagoy? Ahaturitwebewe sikure nimuri zambia ariko amadolale yosewoshaka barayaguhu atmgiswabe.nakinjure abisabandi?
Ahubwo nibakireho marche noir
😂😂😂😂😂😂