GUMA MU MASEZERANO Y'IMANA NTUHURUDUKE - Ivyo Yagusezeraniye bigiye gushika/Pasteur Bénoit

แชร์
ฝัง
  • เผยแพร่เมื่อ 30 ก.ย. 2024
  • Kurikirana izindi videos zigizwe n'indirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe n'ibindi uciye ngaha 👇
    / @meirratv
    Dufise intumbero yo kubashikiriza ku musi ku musi ubutumwa buremesha bugahembura imitima tubicishije mu ndirimbo, Ubutumwa Bwiza, intahe, inyigisho n'ibindi.
    Mukaba mufise kimwe mur'ivyo duhejeje kuvuga aho hejuru, canke mwipfuza kutwunganira no kuduterera mu buryo ubu canke buriya kugira ngo dushike neza ku ntumbero yacu, murashobora kuturondera kur'izi numéros zikurikira:
    +257 79 24 16 79 (WhatsApp)
    +257 79 08 91 49 (WhatsApp)
    YESU KRISTO ABAHEZAGIRE!

ความคิดเห็น • 15

  • @bigirimanapapy5253
    @bigirimanapapy5253 ปีที่แล้ว +2

    Amen Amen Amen !!! Ndakiriye ijambo ry IMANA mw'izina rya YESU KRISTO YAPFUYE AKAZUKA. Murakoze cane Mon Pasteur

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @mukaribanjeodette7795
    @mukaribanjeodette7795 ปีที่แล้ว +1

    amen amen murakoze can. mukozi wlmana 👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻👏🏻 tugume. kumasezerano. ylmana 🗣🗣🗣🗣🗣🗣🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @JérômeNshimirimana-s7k
    @JérômeNshimirimana-s7k ปีที่แล้ว +1

    Mukomeze urugendo tuzahurira mwijuru shengero

    • @meirratv
      @meirratv  ปีที่แล้ว

      Amen 🙏💖

  • @RichardNgendakuriyo-qk3oq
    @RichardNgendakuriyo-qk3oq 5 หลายเดือนก่อน +1

    Amen

    • @meirratv
      @meirratv  5 หลายเดือนก่อน

      Amen 🙏💖

  • @Innocent-b1c
    @Innocent-b1c 4 หลายเดือนก่อน +1

    Umukoz w'Imana nkund kwer

    • @meirratv
      @meirratv  4 หลายเดือนก่อน

      🙏💖

  • @vella-j6y
    @vella-j6y ปีที่แล้ว +1

    Ndafashijwe cn

  • @erastebizimana2630
    @erastebizimana2630 ปีที่แล้ว +1

    Amajambo meza yubatse umutima Wanje, vyukuri muhezagirweee caaaaaneee