ขนาดวิดีโอ: 1280 X 720853 X 480640 X 360
แสดงแผงควบคุมโปรแกรมเล่น
เล่นอัตโนมัติ
เล่นใหม่
Abarundi n'abanyarwanda turi impanga. Duhuje ubuhanuzi.No mu Rwanda ni uko byahanuwe.
Imana ibahezagire can kubw'ayamajambo ibahe vyose mwipfuza kuko murazi gutohoza
Murakoze
Karibu
🙏
Imana Iturwize kwimbabazi
Uhezagirwe Mukobwa w'IMANA urabitwibukije,,dutungane gose
Bamba arabi bamasayi tubona bambara ibikwembe vya vya karokaro bidandarisha ubudede nudusandare
Eka ntiyasomye nabi ahubwo n'uyo n'umunyamakamba.Bavuga gutyo.
Ubwobuhanuzi''narinabwiyumviye'''ukubisomye'''vyaciye''mumuvugishwa'''niyumvira'''imana'''idufashe'''ducebugufi'''turabanyavyaha
Mutuzanire ibindi.
Erega Esther nagira uyu niwew abivuga?
@@jeanmariendihokubwayo6410nuwobasa ngirango
Wabusomye nabi."...azotwara umwanya *urume* rumara..." Ni vyiza kubanza gutegura neza ivyo uza gusoma. Anyway, murakoze. Yesu abandanye kutuzigama tuzokwinjire mumasezerano
Amen 🙏
Imana idutabare
Ndipfza inzompapro nsome
Ntakirunduzi kabisa,ubisomye nabi cane nkuwutize ikirundi
Ico nico wumvise gusa abantu mwabaye gute koko nyene yakoze uko ashoboye
Abarundi n'abanyarwanda turi impanga. Duhuje ubuhanuzi.
No mu Rwanda ni uko byahanuwe.