Ahubwo keza arasekeje kweli aremanga neza ko yaryamanye n'uwundi mugabo kandi yubatse? Ivyo arimo ntavyo azi pe cangwa se ni rwarukurikirane rwa film yemwe ISI yikoreye vyinshi kweli
Ivya Yaka na Keza ni agahomerabunwa. Kuko ni gute umugore yubatse aja kurondera abandi bagabo kandi akanavyemanga. En plus de cela akarenga imbibe z'igihugu ciwe akaja gusambanira mu kindi gihugu. Ha ndumiwe🤭
Ni njye ubaye uwambere
Manayaje keza
Imbere cane inda nindundi
Keza reka kwigira Victim niwe wateye ibazo vyose assume ta responsabilité.
None nimba atar umwana wa Murundi warugiy gukoriki murugo rwe? Shaa keza uzicuza iconzi abarundi ntiduheba abana
Aho uvuze ukuri pe!
Birashobok ko umwan ariwamurundi ahubwo kez yitez imitugo kwayak vyamucaz
Murundi wubahwe
Murundi
Wisenyera
Umugore
Wayaka.
Ariko murundi yabuze abandi bagore kuki yizilika kuli keza asyiki gawe
Je nanj biracanga vrment inzi harabandi bakobw benshi namuvinyuma🙄
Nyeka yaramuryoheye.
Murundi mon frère bavemwo abo bantu ntibazogutere ingorane
Birashoboka ko umwana ari wa murundi simzi igituma Keza yizikira kuri Yaka.
Iyi inda izaba iyande bahuu
Izoba uwiwacu i Burundi(umwuzukuru wokugasaka kwa Inarunyonga.
Niatari mbona bitazokoroha kabisa
Reka se 🤩😂🤣
Nuko murundi ukaba uhemukiwe
Murundi.nichimara
Keza nindaya pee
Kuki mwinjira mubuzima bwe
Nonese woe ubyiwe Niki kwariyawe
None we Bono murundi ntakintu ivyuwomwana wobivamwo ? Akaba avugakwaruwayaka none ntiwobiheba keza azomenya iyajana umwana nawe uzaronka uwundi mugore
Nihatari 🤭
aliko aka kagore ka keza nako ni akajuju nigute ugenda I Burundi 🇧🇮 icumweru cyose ulikumwe nundi mugabo .nibyo yakaw afite amanyanga ariko rekeraho kuja mumakuru social media .
Ahubwo ntazi ivyarimwo keza abarundi ntutuzi burya. Murundi wacu itekanire azokwirondeza atakikubona
murundi woe uricyibwa kbx . reka gusenya urugo rwabandi. Uzashakire iwanyu muburundi.
Ahubwo keza arasekeje kweli aremanga neza ko yaryamanye n'uwundi mugabo kandi yubatse? Ivyo arimo ntavyo azi pe cangwa se ni rwarukurikirane rwa film yemwe ISI yikoreye vyinshi kweli
Keza yizikira kuri Yaka kuko aziko azoronka amafaranga ariko aribesha.
Keza bawemera kufisamakosa kowaruziko ubana numugabo waja muhira kwa murundi uronderiki?
Murundi reka gusenya urugo rwabandi
Yewe keza ntubaho ucanze abagabo2 cyakoze mba numiwe!
Ivya Yaka na Keza ni agahomerabunwa. Kuko ni gute umugore yubatse aja kurondera abandi bagabo kandi akanavyemanga. En plus de cela akarenga imbibe z'igihugu ciwe akaja gusambanira mu kindi gihugu. Ha ndumiwe🤭
Abakobwa baribaza ko kuba batwara ibibondo munda bakagira igise bisigura ko abagabo bitabaraba,ngo nij nzi se w'umwana murihenda caane n'abagabo umusaraba baba bawikoreye mubimenye nabo igise barakizi iyaba mwobay abagabo mwobimenya natwe turabimenya ko abana ari abacu uyu musore aravyiyumvamwo amaraso arakwegana
Murundi wubahwe 🙌
ahubwo urikijuju wagihunguw ciwacu uracari umusore ukihanga abagore babandi hama ngo ntaco bikubwiye witera umwaku wogutwara abagor babandi hama ngo ntiwosangira umugore na yaka mwaramaz gusangira kandi warubiziko arumuggore we ese ninde ngaha aataziko yaka na keza arumugor numugabo karihaga rarako nubushasti busukuntu
Ukaba uratukanye urishimishije. Mwagiye muvuga neza
Uwo murundi ujegusenya urugo rwabikundaniye yashatse umugorewe
Ndumiwe
Keza nimbo tu🇧🇮